27/09/2021
*SOMA WITONZE, AHO UDATAHURA UBAZE*
*INSIGURO Y'ISOKO RYA TECHNOLOGIE YA AI s*
*AI MAseKETING ni technologie nshasha iheruka kuvumbugwa kwisi mubucuruzi bwo Kuri internet (e-commerce) ikaba ije gutuma urudandazwa rwo Kuri internet rutera imbere kurusha uko rwahora.*
*AI MARKETING ni technologie yashizweho na société ya WEXFORD ALLIANCE LIMITED.iyo société ikaba yavutse itariki 2/05/2017.*
*AI MARKETING ni technologie ikoreshwa mukwamamaza ibidandaza vy'ama industri , entreprise, boutiques en lignes,hakoreshejwe market bot (ROBOT).*
*Womenya ko Ubu Aho isi igeze ibikogwa vyose baguma bahiga ukuntu bobihuza na technologie kugira service zinyaruke, kandi abakozi bagabanuke.*
*Ibigo vyose binini bikomakomeye kwisi nka GOOGOLE,AMAZON, ALIBABA, AIRBNB, BOOKING.COM,SKYSCANNER,UBER, vyateye imbere kubera vyahisemwo gukoresha technologie(IA).*
*AI MARKETING yashizeho rero Market bot (ROBOT) ifise ubushobozi budasanzwe bwo gukurura(attirer) abakiriya .*
*Ugomba gukorana na Ai marketing bisaba kwugurura compte Hama AI MARKETING ikaguha market bot (Robot) kubuntu.*
*Igikorwa uba usigaje Nico kuza uragura Ama publicité (budget publicitaire) hama marketbot ikagenda kwamamaza ibidandazwa vy'ama industrie ,entreprise, boutique en ligne, abakiriya baje kugura ukaronka commission kukidandazwa cose kiguzwe ariyo bita CASHBACK.*
*Iyo CASHBACK igenda irahindagurika bivanye na société canke boutique yayitanze.*
*CASHBACK iri hagati ya 1,5% na15%kubidandazwa n'ama produit ,no kuva Kuri 15% gush*tsa 60%mubikorwa vyo gutanga service.*
*Inyungu uronka kukwezi iva Kuri 35%kuduga kumutahe wakoresheje mukugura publicité.*
*Menya KO AI MARKETING imaze kwunga ubumwe(partenariat) n' Ama société yose akomakomeye kwisi nka MICROSOFT, EMIRATES, LENOVO, KASPERSKY,*
*GOOGLE, APPLE, nayandi menshi.*
*Ubu Ama société, industrie hamawe n'ama boutique amaze kwiyunga na Ai marketing yose hamwe ashika ibihumbi 23.000.kugira Aze aramamarizwa ibidandazwa hakoreshejwe technologie nshasha