Fanny Marketing

Fanny Marketing Un agent pour votre business !!

Le savon 🧼  , concentré et parfumé au 🍋est le meilleur remède contre les tâches. Elle vous assure une vaisselle propre 🪣...
15/03/2023

Le savon 🧼 , concentré et parfumé au 🍋est le meilleur remède contre les tâches. Elle vous assure une vaisselle propre 🪣 et éclatante.

N'ayez plus souci avec les tâches résistantes ! Utilisez de Savonor s.a

F***y Marketing





05/03/2023

de Savonor s.a!!






F***y Marketing

Nimwaba mwipfuza gukora isuku kurusha uko mwahora kandi mukibera ahantu hamota neza kandi hasa neza: koresha isabuni  ya...
27/02/2023

Nimwaba mwipfuza gukora isuku kurusha uko mwahora kandi mukibera ahantu hamota neza kandi hasa neza: koresha isabuni ya Savonor s.a wirabire ubudasa!!!

Ntimutangwe gukora like na comment kugira mugume mubona bishasha biva muri Savonor Burundi!!

F***y Marketing




25/02/2023

Isabuni ya mbere itagatisha ivyombo bigasigara bica ibibatsi. Ni isabuni ya Savonor s.a!!!
Muyikeneye egera ama dépôts n'amabutike wironkere iyo sabuni ngirakamaro cane mu bikorwa vyo mu nzu iwanyu!!






F***y Marketing

  🔥💯 yo muri SaSavonor s.a.Savonor s.arica udukoko n'iyindi ducafu dukunda kuja ku ma carreaux yo mu ma salles de bains💦...
15/02/2023

🔥💯 yo muri SaSavonor s.a.Savonor s.arica udukoko n'iyindi ducafu dukunda kuja ku ma carreaux yo mu ma salles de bains💦, mu gikoni, ku miduga, n'ahandi.

Nyarukira ku ma dépôts ya Savonor uyirangure wongere uyikoreshe. Maze mu nzu yawe hame hasayangana!!

FanF***y Marketingrketing





  ya SAVONOR ni isabuni ifise akamoto keza cane. Ituma ivyombo vyanyu n'ibindi bintu vyo mu nzu bisa neza bigakayangana....
06/02/2023

ya SAVONOR ni isabuni ifise akamoto keza cane. Ituma ivyombo vyanyu n'ibindi bintu vyo mu nzu bisa neza bigakayangana.
SAVONOR BURUNDI ntako itagira ngo iryoshe ubuzima bwanyu.
Egera amaduka ya Savonor no ku mabutike abegereye muyirangure canke muyigurire, maze muryoshe ubuzima.

F***y Marketing
Savonor s.a





Savonor s.a irabifurije Umwaka muhire wa 2023. Umwaka w'ivyimburwa vyinshi, amahoro n'amagara meza!!! F***y Marketing
28/12/2022

Savonor s.a irabifurije Umwaka muhire wa 2023. Umwaka w'ivyimburwa vyinshi, amahoro n'amagara meza!!!

F***y Marketing

♥️Umwigeme n'umukenyezi wese yipfuza kugira akabiri keza, akoresha   yo muri  Savonor s.a.Yigurire wongere uyirangure uy...
23/12/2022

♥️Umwigeme n'umukenyezi wese yipfuza kugira akabiri keza, akoresha yo muri Savonor s.a.

Yigurire wongere uyirangure uyidandarize. Duhamagare kuri canke utwandikire kuri WhatsApp : +25768956662.

F***y Marketing
Savonor s.a



́naturelle

Toute la puissance de l'Aloé Vera expérimenté dans le nouveau produit Savonor  . Votre peau sera soignée de toute imperf...
20/12/2022

Toute la puissance de l'Aloé Vera expérimenté dans le nouveau produit Savonor .

Votre peau sera soignée de toute imperfection et deviendra éclatante! Pour l'acheter, appelez ou écrivez-nous au +25768956662.

F***y Marketing
Savonor s.a

́naturelle


06/12/2022

Gagnez en beauté éclatante et une peau douce avec avec de Savonor s.a .

Alors mes beautés, passez vos commandes au +25768956662.

F***y Marketing





21/10/2022

Address

Bujumbura Mairie
Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00

Telephone

+25779955892

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fanny Marketing posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Fanny Marketing:

Share