22/07/2023
๐ซ ๐ง๐ฎ *UBURYO UMUNTU YINJIZAMWO AMAFRANGA MURI GOLDCASH TECHNOLOGIES* ๐ง๐ฎ๐ซ
Hari uburyo bushika 14 umunwanyi azinjizamwo amafranga. Ariko muri kano kanya reka tubabwire uburyo 3 bwihuta caaane kndi bwinjiza menshi caaane:
*1.Bonus de parrainage:*
Ni arya mafranga uronka mugihe winjije mugenzawe nawe ngwaze arye kumugisha wa GOLDCASH TECHNOLOGIES.Murumvamwo akajambo *Parrain*
Ayo mafranga atunganijwe uku:
A: *SPONSOR*
- Niveau 1: *7.000 BIF*=B
- Niveau 2: *4.500 BIF*=C
- Niveau 3: *2.500 BIF*=D
- Niveau 4: *1.750 BIF*=E
Uko niko amafranga *A* azoronka angana kurabo bantu uko ari 4 bose. Ariko mutahure *A* aba yinjije *B* gusa. B nawe akinjiza C, C nawe akinjiza D, uwo nawe akinjiza E.
*MN: aya mafranga uzoba uyaretira buri musi bivanye nuko uyakeneye*
*2.Bonus mensuel*
N'amafranga umunywanyi azoronka mugihe aguze canke akazana aba clients bagura ibidandazwa vya Sociรฉtรฉ. Ari wewe uguze uzogabanirizwa kugeza kuri 60% hama izo 40% nizo zitunganwamwo umushahara canke Bonus yawe ya buri kwezi.
*3. Status whatsapp*
Kubera ari urudandazwa rwo kumuhora, utegerezwa kumenya ko guhera ubu whatsapp ari urubuga rwo kumamarizako ibidandazwa.
Uko uzoshirako Ifoto canke Video zibidandazwa vya Sociรฉtรฉ uko bivanye n'amafranga abantu babiravye hariho amafranga azoca yinjira kuri compte yawe. Tahura neza ko kuba ufise Smartphone ufise bureau yikwije.
Aya mafranga ukazoyabikuza buri musi.
@ Nashaka mpamagarire abantu mwese muriko muraronka amakuru ya GOLDCASH TECHNOLOGIES ko mwosaba insiguro zihagije kugira namwe ntimutangwe.
@ Kwiyandikisha azoba ari kubuntu ariko.kugira compte yawe itangure kwinjiza amafranga unamenyekane kuri umunywanyi bisaba
*18.000 BIF/= Burundi*
*_Hamwe na GOLDCASH TECHNOLOGIES,injiza amafranga ukoresheje Smartphone yawe!!_*