Rondera ubwami bw'Imana n'ubutungane

Rondera ubwami bw'Imana n'ubutungane Rondera uhoraho bigishoboka

21/01/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Honnête Femmes, Prime Habonimana

Sénégal niyo itahukanye igikombe ca CAN 2025 muri Maroc ! Wari umupira utoroshe na gato. Wamengo ni intambara. Wabayemwo...
18/01/2026

Sénégal niyo itahukanye igikombe ca CAN 2025 muri Maroc !

Wari umupira utoroshe na gato. Wamengo ni intambara. Wabayemwo n'impari kugeza aho Sénégal yahatswe kubivamwo.

Ku munota wa 94 niho umukinyi wa Sénégal, Pape Gueye yinjiza igitsindo kimwe rudende cabaye muri uyu mukino.

Zari intambwe zibiri zihuye : Lions de Terenga za Sénégal na Lions d'Atlas za Maroc. Umurwi wose muri iyo ibiri wagwanira intsinzi igira kabiri y'igikombe c'Afrika. Maroc iheruka gutahukana ico gikombe mu 1976. Sénégal yari yatahukanye ica 2021 (ariko inkino zabaye muri 2022 kubera ikiza ca koronavirisi). None Sénégal niyo itahukanye igikombe ca kabiri.

Bravo Sénégal !

--------------

Ihiganwa rikurikira (CAN 2027) rizobera mu karere ka EAC. Kenya, Tanzania na Ouganda nivyo bizoyitunganya. Myandagaro 2027.

RÉSULTATS FOOT DU JOUR ⚽ !• CAN 2025 🌍 FINALE 🏆 MAROC 🇲🇦 0-1 🇸🇳 SÉNÉGAL 🏆⚽ Pape Gueye 94'_____• PREMIER LEAGUE 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 W...
18/01/2026

RÉSULTATS FOOT DU JOUR ⚽ !
• CAN 2025 🌍 FINALE 🏆

MAROC 🇲🇦 0-1 🇸🇳 SÉNÉGAL 🏆

⚽ Pape Gueye 94'

_____

• PREMIER LEAGUE 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

WOLVERHAMPTON 🟠 0-0 ⚫ NEWCASTLE

ASTON VILLA 🟣 0-1 🔵 EVERTON

⚽ Barry 59'

______

• LALIGA 🇪🇸

GETAFE 🔵 0-1 ⚪ VALENCE

⚽ Gaya 84'

ATLETICO MADRID 🔴 1-0 🔵 ALAVES

⚽ Sorloth 48'

CELTA VIGO 🩵 3-0 ⚪ RAYO VALLECANO

⚽ Sergio Carreira 40'

⚽ Bryan Zaragoza 54' (P)

⚽ J. Rueda 79'

SOCIEDAD 🔵 2-1 🟠 FC BARCELONE

⚽ Oyarzabal 37'

⚽ Rashford 71'

⚽ Guedes 72'

_______

• SERIE A 🇮🇹

PARME ⚪ 0-0 🔴 GENOA

BOLOGNE 🔴 1-2 🟣 FIORENTINA

⚽ R. Mandragora 19'

⚽ R. Piccoli 45'

⚽ Fabbian 88'

TORINO 🐂 0-2 🔴 AS ROMA

⚽ Malen 26'

⚽ Dybala 73'

MILAN AC 🔴 1-0 🔵 LECCE

⚽ Fullkrug 76'

________

• BUNDESLIGA 🇩🇪

STUTTGART ⚪ 1-1 🔴 UNION BERLIN

⚽ Fuhrich 59'

⚽ Jeong 83'

AUGSBOURG ⚪ 2-2 ⚫ FREIBURG

⚽ Alexis Claude-Maurice 47'

⚽ Elvis Rexhbecaj 49'

⚽ Yuito Suzuki 59'

⚽ Igor Matanovic 62'

_______

• LIGUE 1 🇫🇷

STRASBOURG 🔵 2-1 🔴 METZ

⚽ Moreira 12'

⚽ Hein 24'(P)

⚽ Godo 43'

NANTES 🔰 1-2 🔵 PARIS FC

⚽ Ilan Kebbal 6'

⚽ Abline 51'

⚽ Luca Koleosho 78'

RENNES 🔴 1-1 🔵 LE HAVRE

⚽ Mambimbi 70'

⚽ Embolo 86'

LYON 🦁 2-1 🔴 BREST

⚽ Pavel Sulc 41'

⚽ Abner 45+2'

⚽ Dina 87'

_______

• EREDIVISIE 🇳🇱

HEERENVEEN 0-2 GRONINGEN

VOLENDAM 2-1 UTRECHT

HERACLES 0-2 TWENTE

FEYENOORD 3-4 SPARTA ROTTERDAM

_______

• SAUDI PRO LEAGUE 🇸🇦

AL HAZEM 1-5 AL QADISIYA

AL RIYADH 1-3 AL TAWOON

NEOM FC 1-2 AL HILAL

________

• JUPILER PRO LEAGUE 🇧🇪

GENT 4-2 ANDERLECHT

DENDER 1-0 ANTWERP

CHARLEROI 2-0 STANDARD DE LIÈGE

ST TRUIDESEN 1-0 OH LEUVEN

______

• LIGA PORTUGAL 🇵🇹

SANTA CLARA 0-1 FAMALICAO

TONDELA 0-1 BRAGA

VITORIA GUIMARAES 0-0 PORTO en cours

______

• SUPER LIG 🇹🇷

KASIMPASA 0-0 ANTALYSPOR

GENÇLERBIRIGLI 1-1 SAMSUSPOR

KOCAELISPOR 1-2 TRABZONSPOR

ALANYASPOR 2-3 FENERBAHÇE

  Modeste yamaze kubona uwutsinda kuri   irijoro, abivuze mbere y'amasaha 5 kugira urukino rube🤷🏾‍♂️ :Abatari bake baha ...
18/01/2026

Modeste yamaze kubona uwutsinda kuri irijoro, abivuze mbere y'amasaha 5 kugira urukino rube🤷🏾‍♂️ :

Abatari bake baha amahirwe kubera ko yakiriye iki gikombe ikanashika kurukino rwanyuma , uyu Modeste ngo yamaze kwerekwa mw'isi y'umwuka kwari igitwara 🏆

Urukino ruba igihe c'isaha zitatu z'ijoro amasaha y'i Burundi🇧🇮

🇸🇳Sénégal vs Maroc🇲🇦 (Final)

✅Birahererahe ?? Abasheta mushete porofete yahejeje kwerekwa uwo aha aga Final😁

🚨🚨 Ya modoka ya Kirikou yahabwa nkagashimwe na  , yaraye igize isanganganya 🤷🏾‍♂️Bivurwa ko imodoka itari ifise umuririm...
18/01/2026

🚨🚨 Ya modoka ya Kirikou yahabwa nkagashimwe na , yaraye igize isanganganya 🤷🏾‍♂️

Bivurwa ko imodoka itari ifise umuririmvyi Kirikou ahubwo yari yayitije umugenzi wiwe w'umwigeme maze imodoka igira isanganya ariko ntawakomeretse canke ngo ahasige ubuzima

08/01/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Giramahoro Audrey, Øg Ardin Fleur Bayubahe, Egide Couyitungiye

Updates!!Wamukenyezi yarabonetse.mwarakoze abafashije kurangisha, ubu baramutoye, yarasubiye mu muryango...., n'umugabo ...
05/01/2026

Updates!!

Wamukenyezi yarabonetse.

mwarakoze abafashije kurangisha, ubu baramutoye, yarasubiye mu muryango...., n'umugabo wiwe yasohoye irindi tangazo akenguruka abafashije kandi yongera amenyesha ko yagarutse mu muryango.

Iyi ni Message nandikiwe nabariko barondeza uwabo.

✊🇧🇫 Burkina Faso igiye kwubaka ama data center kugira ngo Abahinga b’ivy'ikoranabuhanga bashobore kuhakorera no kuhabika...
03/01/2026

✊🇧🇫 Burkina Faso igiye kwubaka ama data center kugira ngo Abahinga b’ivy'ikoranabuhanga bashobore kuhakorera no kuhabika porogarame (applications) zabo mu gihugu hagati.

Ni intambwe ikomeye mu gushikira ukwikukira mu bijanye n’ikoranabuhanga.

(Ibi biri mu butumwa bw’igihugu bwashikirijwe na Perezida w’igihugu ca Faso)

🚨AMAKURU AGEZWEHO🚨Umunyamabanga wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika ushinzwe ububanyi n’amahanga, Marco Rubio, yatangaje ko ...
03/01/2026

🚨AMAKURU AGEZWEHO🚨

Umunyamabanga wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika ushinzwe ububanyi n’amahanga, Marco Rubio, yatangaje ko Perezida Maduro wa Venezuela azaburanishirizwa muri Amerika. Ni nyuma y’amasaha make Trump atangaje ko uyu mukuru w’igihugu yafashwe n’ingabo za Amerika.

Visi Perezida wa Venezuela, Delcy Rodríguez yavuze ko kugeza ubu batazi aho Amerika yajyanye Perezida Maduro n’umugore we, Cilia Flores.

Address

Avenue 4
Bujumbura
-

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rondera ubwami bw'Imana n'ubutungane posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Rondera ubwami bw'Imana n'ubutungane:

Share