Elyse visionroots

Elyse visionroots God,Motivation, inspiration, business and News of🗞️
let's be our willingness.keep follow me to support me.Ready to know who I'm?DM on Instagram or Facebk

03/06/2026

Umva ayamajambo
��

Scam😭😭,scam😭😭,scam😭😭.Hari urubuga rwivye abantu benshi muburyo bwabo biciye mumigwi ya watsapp aho abantu binjira murayo...
02/06/2026

Scam😭😭,scam😭😭,scam😭😭.
Hari urubuga rwivye abantu benshi muburyo bwabo biciye mumigwi ya watsapp aho abantu binjira murayo magroupe yawatsapp bagasanga bibwe.Kuriyi tariki ya 1/06/2026 benshi bibwe rero ikibazo Aho kiri nukwo iyo umaze kuriha amafaranga bavuga baca bakubroka kandi biba biheze ntuzoba ugisubira kubaronka.😭
"Ati rero ngo urwo rubuga canke iyomigwi yawatsapp ikora gute?? Bafise udupage bakorerako ama ads ivyo twokwita publicité mumajambo atahura Bose .Ayo mapublicité bakora berekana KO Ari business iguha amafaranga mugihe utanze umutahe wawe biciye muburyo bwa bonus de bienvenu 😭💵.Iyo bagize izo publicités abantu barahabuka bagasanga binjiye mumagroupe yabo ya watsapp Hama bakabiba bari mumagroupe yabo.Ikibabaje iyo umuntu amaze kuriha amafaranga baca bamubroka kuburyo utazosubira nokubatora .Muzobameny gute bafise group zitandukanye bibiramwo abantu.zimwe muzimaze kumenyekana Hari iyitwa *GROUP D'ASSISTANC🇧🇮 ,hamwe na GROUP yitwa SYSTEMS BONUS 🌏🇧🇮.
Bigoye nokubatora kuko aba admin bizo group zose bakoresha numero mva mahanga nukuvuga si indundi ariko bakaguha inumero ya lumicash ngo ubashirireko amafaranga uce uronka bonus birababaje cane .Bakoresha numero z'ugwanda hamwe na DRC ariyo Congo zikaba zitangurwa na code +234 na +250 Ayo niyo macode yibihugu izo numero zamukamwo.
Inumero ndundi izwi ni iyi barihirako amafaranga yiwe.Amazina akaba ari Kanyange Hijira.
Abamaze kumenyekana bibwe bavugako barishe ayambere munyuma bakabasaba ayandi kugira ngo barihe impôt canke se umusoro.Ariko mugihe bayarish bagaca bababroka ntibasubire kubatora.
Nimwiyo mpamvu muntumbero yo gukinga no gutuza abo basuma mwene abo vyoba vyiza uwuronka ubu butumwa atobwirengagiza akabusangiza abandi kugira nimba ari uwisanga mwizo group bikunda ave murizo group hakirikare kuko bafise ubwenge bw'ubujura bwishi bwo kwiba abantu.
Kuwogira amakenga canke yoba Ari mwizo group ambeshuze amafoto Ari muri commentaire na message Batanga kugira bibe abantu.
🧏🧏 Bafise amayiri group bashobora kuyihindura izina/amazina kuko bafise nyishi nturabe ngo ntibisa nibi navuze ibintu vyose bakwaka bonus yumurengera NGO ni imvestissement ntugeze.Murakoze hahigwa uwumva agatahura agatanga amakuru mukurokora abandi.
Bivuzeko ukibona iyi message yishwiragize mumagroupe murimwo abantu bisanga boba Bari mwizo group bazivemwo canke ntibigere bonona amahera yabo .
Iciyongeyeko nuko mugihe woba Uri mwizo group ca inbox niburiburi abantu batanu ubahe ubu butumwa kuko group ubwayo irugaye ntawutangamwo amakuru...🦻👂✍️.
Murakoze.

Spiro Rw murabe neza ko batari kubicira urudandazwa.

01/06/2026

Kuwa makini kuwasaidia watu
゚viralシfypシ゚viralシalシ ゚viralシfypシ゚viralシ

31/05/2026

Kumbe labda wengi walifungiwa
゚viralシfypシ゚viralシalシ ゚viralシfypシ゚viralシ

31/05/2026

Mateso ya maisha katika utafutaji ゚viralシfypシ゚viralシalシ ゚viralシfypシ゚viralシ

30/05/2026

Sikia vizuri ゚viralシfypシ゚viralシalシ ゚viralシfypシ゚viralシ

30/05/2026

warundi desturi na Mila nyimbo

30/05/2026

Haya ndo mafanikio ya kweli .

29/05/2026

Elimu hunipa maarifa Bali biashara hunipa maisha 🧏🧏🧏 ゚viralシfypシ゚viralシalシ ゚viralシfypシ゚viralシ

28/05/2026

Tujifunze biashara na hata Tu wanafunzi.

Address

Bujumbura,Kiriri
Bujumbura
000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elyse visionroots posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share