Yesu n'inyishu Tv

Yesu n'inyishu Tv Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Yesu n'inyishu Tv, Business service, Bujumbura.

10/02/2022
Imana niyo musumba vyose niwe nkinzo yumukritso
02/02/2022

Imana niyo musumba vyose niwe nkinzo yumukritso

29/01/2022

Ukwo yesu yari ejo nuyusi nikwari

28/01/2022

Weho mwana wanje, ugirire ubushobozi mu buntu buri muri Kristo Yesu, kand' ivyo wanyumvanye mu maso y'ivyabona vyinshi, ubishikirize abantu bo kwizigirwa, bazoshobora kuvyigisha n'abandi. Ufatanye nanje kwihanganira imibabaro, nk'uko bikwiye umusoda mwiza wa Kristo Yesu.
2 Timoteyo 2:1-3

16/09/2021

Iman ishobora vyose musi yizuba utihangana niwoshora kuhaba kuko imana iyo itahabaye vyose vyokwonenekara

ICAZANYE YES KWARI AKIZE ABARI MWISI ABAKIZE IVYAHA VYABO
14/09/2021

ICAZANYE YES KWARI AKIZE ABARI MWISI ABAKIZE IVYAHA VYABO

09/09/2021

Iman nyenamah

09/09/2021

YES ARACARI KUNGOMA WEWE UMWITEZE URAHIRIWE CANE KOMEZA USENGA AKOMEZA YEGERA KUZA

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Yesu n'inyishu Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share