257 gangste

257 gangste Orly HB

uwashaka iyi   andondere
27/02/2026

uwashaka iyi andondere

🔴Umwe Mu Miduga Izwi Hano Mu Gisagara Uriko IVYAPA bisigaye Bivugisha Benshi hano Waraye Ugize ikibazo Gito 🧐Uyu mwanya ...
18/01/2026

🔴Umwe Mu Miduga Izwi Hano Mu Gisagara Uriko IVYAPA bisigaye Bivugisha Benshi hano Waraye Ugize ikibazo Gito 🧐

Uyu mwanya Nenewo Ariko yipakiza Mu Bandi mukurindira ko Ukoreshwa

Umuhinga Mukuru

🔴 Kugura ikibanza co kubakamwo inzu mugisagara ca Bujumbura vyabaye akananirabahinga---------------------👥 Abanyagihugu ...
18/01/2026

🔴 Kugura ikibanza co kubakamwo inzu mugisagara ca Bujumbura vyabaye akananirabahinga
---------------------

👥 Abanyagihugu baba mugisagara ca baratewe ubwoba n'iduga ridasanzwe ry'ibiciro vy'ibibanza vyo kubakamwo amazu (Parcelles). Abayaze itariki 15.1.2026 n'ikimenyeshamakuru Burundi Eco bavuga ko iryo duga ry'ibiciro ridasanzwe muri kino gihe.

🤯 bakubwira ko are imwe ari imiriyoni zirenga 70. ngo are igurwa imiriyoni zirenga 50. Bivana nahariho. , , , etc. hoho birarenze.

😰 yo hirya kumabarabara ya 13 na 12 urashobora kuronka are imwe ku miriyoni 10 zirenga. Bivana nahariho nahone kuko ahegereye kw'ibarabara rya Kaburimbi hoho suko. Baragucira amamiriyoni n'amamiriyoni ukumirwa. Eka no mumakaritiye ya , , , ... kugura ikibanza co kubakamwo ngo si igikorwa c'uwariwe wese kuko harazimvye cane.

😥 Abanyagihugu bati : Tugowe tukiriko kuko ivyo bituma gupanga bizimba cane kuko abubaka ari bake cane ugereranije n'abakeneye zo .

🤔 Baribaza bati, none tugiye kuba hehe ?

🤔 Mbega aho mubaye namwe parcelles zigurwa gute ?

Kanunua Wanaume Zake Wawili Kaweka Ndani, Halafu Utasikia Usinibabaishe Sio Lazima Kuwa Na Mwanaume Mi Mwenyewe Najitosh...
19/04/2025

Kanunua Wanaume Zake Wawili Kaweka Ndani, Halafu Utasikia Usinibabaishe Sio Lazima Kuwa Na Mwanaume Mi Mwenyewe Najitosheleza.
**n

30/03/2025

**n

Drama T baby killer from🇧🇮
27/03/2025

Drama T baby killer from🇧🇮

🔴Imishwamirano Ikaba Iratanguye🤦‍♂️ Umufana Araremereye   Kutirengagiza Imvugo Yo Kumujaniranya Mu Bandi…Inyuma Y’imvugo...
27/03/2025

🔴Imishwamirano Ikaba Iratanguye🤦‍♂️
Umufana Araremereye Kutirengagiza Imvugo Yo Kumujaniranya Mu Bandi…

Inyuma Y’imvugo Itabereye DramaT Yakoranye Na Kaboss SaSat-Btiyashimye Kuguma Mu Gacerere Kubwo Kuremerwa N’umufana…

Yanditse ati: … Karya gahungu kahatirije Heri kuvuga kunguvu ngo avuge “blocka” Ni akamugendenira Basangira Sh**ha Etc… Niryo Kosa Rimwe Gusa Ryabaye, Ibindi naje Nkunda Dawe. None mwe mubona twomuhamura kubandnaya agendana n’abagenzi nka barya ?

27/03/2025

🎙️⛽ "Tuje kunwesha igitoro kwa Dorine...", iyo ntwarikazi idandaza ibitoro ishimagizwa na bose mwarayimenye?------------...
27/03/2025

🎙️⛽ "Tuje kunwesha igitoro kwa Dorine...", iyo ntwarikazi idandaza ibitoro ishimagizwa na bose mwarayimenye?
------------------------
🫰🏾Iyo ntwarikazi y'umukenyezi adandaza ibitoro muri Station Inter-Petrol , ashimagizwa na bose ko atawe arenganya mu gutanga ibitoro, igiturire co ngo barazirana, iwe ngo bose barangana n'aho yoba ari nde atagerezwa gutonda nk'abandi bose…..

📍Kwa Dorine ni ryo zina rimenyerewe cane n'abunguruza ivyuma bakunda gutondera ibitoro kuri "Station Inter-Petrol Kamenge" iri kw'ibarabara ry'igihugu nomero imwe, inyuma y'ibitaro "Roi Khalhed" muri zone ya , komine ni yo muri Meri ya , aho abagendesha ivyuma bose batera amashurwe umukenyezi bise intwarikazi itarenganya kuko abikora neza cane ata muntu n'umwe arenganijwe

👥 Abo twasanze batonze kuri iyo Station ku mugoroba wo kuri uyu wa 25 2025 bati ; "Ese abantu bose bafise ama station bokora nka Dorine! Nta muntu arenganya, iwe abantu bose barangana , nta muto nta mukuru, eka nta n'umutegetsi bose batonda ku murongo nk'abandi bose. Uwihenze agaca imbere abandi canke akisobeka mu murongo yitwaje ico ari, ubwo nyene aba akuwe muri Station"

❌ Nta muporisi n'umwe aba ahari vyose yavyifatiye mu minwe, uwuje wese uwo aba ari we wese ategerezwa kuja ku murongo nk'abandi, umuntu ajejwe gutanga ibitoro (Pompiste ) ntarekuriwe kugiranira ibiganiro vyinshi n'uwuriko anwesha ibitoro, Dorine aca asemerera muri mikoro amubaza ivyo bariko baravugana mu ntumbero yo kurwanya ibiturire na ka mwana wa mama

🙅🏾 Umukozi wiwe amufashe asavye ibiturire ubwo nyene aba yirukanwe mu kazi. Umwe mubahoze bakorera iwe muvyo gutanga ibitoro twashoboye kuronka aho nyene yatwiganiye ko kwa Dorine umukozi yihenze agafatwa asavye ibiturire ngo aba yirukanwe nk'uko nawe vyamushikiye kuko ngo aba ariko aramusuzuguza kandi abahemba ayakwiye kugira ngo bakore akazi neza. Ariko akamushingira intahe ko ari umukenyezi w'akarorero atawe arenganya naho baba basangiye umuryan

🫢  : ideni ry'ibihumbi 2 ryatumye abavukana 2 bagwana, umwe yica uwundi-------------------👉🏾 Vyabereye ku mutumba wa  , ...
26/03/2025

🫢 : ideni ry'ibihumbi 2 ryatumye abavukana 2 bagwana, umwe yica uwundi
-------------------
👉🏾 Vyabereye ku mutumba wa , zone muri komine Bubanza. Mu gitondo co ku wa 23 Ntwarante 2025, umuyangayanga batazira Kidumu yishuje amafaranga 2.000 BIF uwitwa Mpogazi yari amufitiye, uno na we aranka kuyishura, bitera induru

📌 Mukuru wa Kidumu akora ivyo kuyanga inyama abwiye mutoya wiwe kureka gutera induru ku mafaranga make nk'ayo, uno yabifashe nabi, ni ko kugenda kwa mukuru wiwe bukeye, barashana.

🔪 Barashwanye, mukuru afata imbugita aca acumita mutoya wiwe gatatu mu gikiriza, aca aracikana. Uwo mukuru amaze gukora iryo bara yaciye atungwa n'ayo yameze, n'ubu akaba atarafatwa

⛓️ Igiporisi kikaba cafashe Mpogazi, umwe yaraheranye amahera yanka kuyasubiza, kimwagiriza ko Kidumu yishwe abona, nk'uko bimenyeshwa n'uwurongoye zone Mitakataka

🙌🏾 Uwo murongozi akaba ahamagarira abo arongoye kutihanira, ati: "Abafitaniye ivyo bapfa biture intwaro canke ubutungane"

Address

Bujumbura

Telephone

+25768288682

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 257 gangste posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to 257 gangste:

Share