05/04/2023
Ikintu cose kiba kumugambi w'IMANA caba ciza canke kibi , ushobora kutabitahura uwo mwanya bibaye ariko harumusi uzohishurirwa impamvu wacishijwe mubikomeye nk'ivyo, kuko inzira z'IMANA zama ari nziza gusumba inzira zacu kandi ivyo IMANA igomba nivyo vyiza gusumba ivyo twe abana b'abantu dushaka.
Ntamuhinga w'ubuzima abaho kiretse IMANA yonyene wovyemera utovyemera.