BIMEDiA Burundi

BIMEDiA Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BIMEDiA Burundi, Business Center, Bujumbura.

    wokugaburira aba poils imyiteguro iraremvye..
24/08/2026



wokugaburira aba poils imyiteguro iraremvye..

    gusigura mukirundi
24/08/2026



gusigura mukirundi

🙆🏿‍♂️ "Biramaramaje umuntu yambaye umwambaro w'igihugu ariko arazezeta mu kabare, igikoresho c'igihugu umengo ni ico bam...
01/08/2026

🙆🏿‍♂️ "Biramaramaje umuntu yambaye umwambaro w'igihugu ariko arazezeta mu kabare, igikoresho c'igihugu umengo ni ico bamwegetseko. Ni muhinduke, mwige ubuhinga,Ni mube nk'intare"
-------------------
👆🏾 Izo ni zimwe mu mpanuro umukuru w’igihugu Ndayishimiye Evariste yahanuye abaporisi igihe yari yakiriye abahejeje ivyigwa kw'ishure kaminuza y'inyamiramabi, mu , muri komine Bubanza, intara ya Bujumbura

📌 Umukuru w'igihugu aragabisha abapolisi bashaka gukamisha akajagari. Abasaba kuraba ko umwe wese atunga agatunganirwa. " Mutegerezwa kuba ababonesha amaso nka munani, muraba ko atawononera uwundi"

🎙️ Yarakebuye kandi abaporisi bakorera i Bujumbura yagize ati: "Ku minsi ya Gatanu, kuwa Gatandatu no kuwa Mungu, harya ku haba hageze ko mugenya, murya amahera mukareka imborerwa zikarengana. Nzokwigira imborerwa ndabafate ababikora..."

✍🏾 Yaribukije kandi ko bakwiye kuja barakurikirana ingene amasóko atunganijwe, ahagenewe inzira hagume hubahirizwa kugira bizokworohe gutabara igihe hadutse imiriro

    vacanceNamwe aho muherereye mubona abanyeshure bari mukiruhuko bariko  ?
29/07/2026



vacance
Namwe aho muherereye mubona abanyeshure bari mukiruhuko bariko ?

   RIFISE UBURARO  WARIZE MW'ISHURE RIFISE UBURARO NIKI UHIBUKIRA?
28/07/2026


RIFISE UBURARO

WARIZE MW'ISHURE RIFISE UBURARO NIKI UHIBUKIRA?

   W'IMANA MWIZA 🙏✍️Twibukanye ko kuva kera narindi Ubumwe (Urukundo) bwatuma ubuzima bworoha ibintu bikaboneka...  muho...
26/07/2026


W'IMANA MWIZA 🙏
✍️Twibukanye ko kuva kera narindi Ubumwe (Urukundo) bwatuma ubuzima bworoha ibintu bikaboneka...
muhora mubigenzuku?

   Tubiyageko.Nawe musomyi nikubibona?
18/07/2026




Tubiyageko.
Nawe musomyi nikubibona?

   Lionel Messi yanditse amateka adasanzwe mu rukino rwa 1/2 c'Igikombe c'Isi rwahuje Argentine n'Ubwongereza :🎯 Yatanze...
15/07/2026



Lionel Messi yanditse amateka adasanzwe mu rukino rwa 1/2 c'Igikombe c'Isi rwahuje Argentine n'Ubwongereza :

🎯 Yatanze imipira 2 yavuyemwo ibitsindo (2 assists)

🎯 Yateye ishoti 1

👣 Yakoze ku mupira incuro 94

✨ Yacenze incuro 9

🎯 Yatanze imipira 4 ikomeye yavuyemwo uburyo bwo gutsinda

⚽ Yaremye uburyo 2 bukomeye bwo gutsinda

📤 Yatanze imipira 3 yo ku mpande (crosses)

🎯 Yatanze imipira 2 miremire (long balls)

💪 Yatsinze imirwano 12 mu kibuga

🇦🇷 Ku myaka 39, Messi yongeye kwerekana ko akiri umwe mu bakinyi badasanzwe mu mateka y'umupira w'amaguru, afasha Argentine gushika ku rukino rwa nyuma w'Igikombe c'Isi.

👀👉GIRA AKAJAMBO KAMWE UVUZE KURI LIONEL MESSI😱🫡



    w'inkino iyi photo ikubwiyi?
15/07/2026



w'inkino iyi photo ikubwiyi?

  'isi yose   kuvaho bigishirije kureka ivyaha atanumwe arabireka?  gute k'abigisha kureka ivyaha nabo baguma babikora?
14/07/2026


'isi yose


kuvaho bigishirije kureka ivyaha atanumwe arabireka?
gute k'abigisha kureka ivyaha nabo baguma babikora?

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BIMEDiA Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share