No Stress Ntare7

No Stress Ntare7 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from No Stress Ntare7, Business Center, Bujumbura mairie, Bujumbura.

Amahor caaan muraho mwes narigez kubabwira ko vuba ndabahereza amakuru yayo mez yuyu mutama ari hepfo kuri photo aha wos...
19/02/2024

Amahor caaan muraho mwes narigez kubabwira ko vuba ndabahereza amakuru yayo mez yuyu mutama ari hepfo kuri photo aha wosanga ufis inzu ikenera kujako ibiyo ama (vitre )mukinyamazuru ukaba ufis inzu nziza ishaka kuajamwo carreaux isa na prafond bikitwa ngo ni Dubaï maz ukiberaho usa neza kandi heza ntahandi twiberey neza mugisagara ca Bujumbura neza neza umanuts uvuy kur cotebu nkuja kwa siyoni ni 300 ush*ts ahahora parquet nkuru ya République yacu nziza ya kera uca uraba mukuboko kububafu ubona portail cank urugi runini usa nakatsi kabisa(verte ) Hama huguruy kuva matin gushika soir akabirya RER iyo uguz ikintu kimw muri ivyo uyu mutama aguhereza ABafundi bo kubira vyose mbere agushikanira ivyo waguz mukibanza ubikeneyemwo ufusi ico ubaza muronder kuko naho ari umurwizatunga yitaba Bose akayaga neza nukuri ni umuntu w'Ubuntu ukeney vyinshi nyandikira No stress Ntare7 kur 69528675 tubabwir vyose ....kuba heza

Niryo teramber rirama

Ndabaramutsa amahor mwes ingo tuvugane ni Hands up ushaka umwite Yohani Mariya umuhungu wubutwari yavukiy mugisagara ca ...
17/02/2024

Ndabaramutsa amahor mwes ingo tuvugane ni Hands up ushaka umwite Yohani Mariya umuhungu wubutwari yavukiy mugisagara ca Bujumbura uti ni umuki ubwa mbere ni uwo twokwita umunyamideri kuko ukeney kwambara neza mu manza zitandukany ntahandi atariw ikindi ni umuririmvyi bimw benshi bitwa ABA(star) mubwo bu star bwiw ntanumw yirengagiza ayaga nabose ninaho namubonyemwo gukunda igihu nakaranga Kaco Ubu kandi ni umuvyinyi ushaka guteramisha mu ma manza nka Dot mariage anniversaire nibindi bitandukany Abikora neza sivyo noneho
Ejo kuwa mungungu Aho bukera afis igiteramo kidasanzw kizobera i muramvya kandi azoba arikumw numusobanuzi Hakim kwinjira ntakwivugana ni akanoti gato caaan ni igiteramo kigira 2 muri uyu mwaka azoba akoz inyuma yo kuva mur Sudan tuvug NTI hejuru kur Hands urakeney kumenya vyinshi rondera kur 79580942 umeny vyinshi.No stress Ntare7

Nuko nkunda u Burundi igihugu canj nkakunda abakibamwo twes muri rusangi mbe murazi kugirira inzigo umuntu ko ari ikosa ...
16/02/2024

Nuko nkunda u Burundi igihugu canj nkakunda abakibamwo twes muri rusangi mbe murazi kugirira inzigo umuntu ko ari ikosa reka twige gusengera ABA benewacu bariko batera Imber naw uzobironkeramwo akunguko kuko ngo nuwutanywa amata Y'inka basi Ararya inyama zayo.Ndabakunda caaan Imana ikomez kubahezagira .umusi ugira gatatu w'ikarema ababikurikiza tubandany gusenga kwisonzesha no gusangira nababandi badafis No stress Ntare7 abipfuriza bon début week end

Bonjour muraho mugumy neza la vie ngo nabantu vuba caaan tugiy kuvuga no kubereka ibikorwa vyiza bitangaj bikorwa nuyu m...
16/02/2024

Bonjour muraho mugumy neza la vie ngo nabantu vuba caaan tugiy kuvuga no kubereka ibikorwa vyiza bitangaj bikorwa nuyu mutama wamateka naw ngo urashaka kugenda ukurukirana ibijanya nivyiza tuvuga kubantu bakiri bazima hapana bimw bavuga umuntu yagiy Gira suivre n'a partager kur page ya No stress Ntare7

Address

Bujumbura Mairie
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when No Stress Ntare7 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share