Mjba Kevin durant

Mjba Kevin durant Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mjba Kevin durant, Burundi, Bujumbura.

⬛⬜YAYAYA andika umukiny woba u*i muri comment ageze aho naho vyognda gt atokwigera yiyumvira kuguha ipase ngo utsindDuhu...
24/08/2026

⬛⬜YAYAYA andika umukiny woba u*i muri comment ageze aho naho vyognda gt atokwigera yiyumvira kuguha ipase ngo utsind

Duhurire muri comment turab amazina yabo bakiny

🛑 Nimurarane aka kantu muzonshimira ejo Bombazo iramutse iturika! 🔥🫰👋 Igenda rya Ferran Torres muri PSG ryamaze gukubura...
13/08/2026

🛑 Nimurarane aka kantu muzonshimira ejo Bombazo iramutse iturika! 🔥🫰

👋 Igenda rya Ferran Torres muri PSG ryamaze gukubura neza inzira Bombazo ya Rodri igiye guturikiramwo 🫰

➡️ Diario Sport camaze kutwibira akabanga:
👋 Inyuma y’igenda rya Lewandowski, Ter Stegen na Araújo, Flick yarabonye ko mu mugwi harimwo ukubura abakinyi bafise ubuyobozi bukomeye (leadership), aca asaba umugwi gushaka abakinyi bameze gutyo.

✅️ Ni co gituma, igihe Rodri yashikirizwa nk’umukinyi ashobora kuza muri Barça, Flick yaciye avyemera ubwo nyene, mbere aranavugana na we kugira amwereke umugambi w’umugwi. Ivyo vyatumye Rodri arushiriza gushima no guhitamwo kwifatanya na FC Barcelona.

👋 Rodri kandi ubu tuvugana yamaze gusaba Manchester City uruhusha rwo kutitaba imyimenyerezo y'ejo, mugihe hakirindiriwe ko haba ubwumvikane na Barcelona. 👈 Aka kantu kari hit ubu nyene tuvugana ⌛✅

↔️🗣️ Matteo Moretto nawe aya niyo makuru adukubise ku bijanye na Rodri na Barça: « Ubutumwa Barcelona iriko irungikira umukinyi ubwiwe buratomoye — iki gikorwa vuba kirarangira. Ubu, nta tandukaniro rinini risigaye hagati ya Barcelona na Manchester City. Turiko turavuga itandukaniro riri hafi ya miliyoni 5€ gusa. »

« Igisigaye ubu ni uko Barcelona itanga offre y'ayo ya nyuma ku mugaragaro. Bitegekanijwe ko itangwa uno musi canke ejo. Iyi kipe iriko irakora akigoro ka nyuma gakomeye kugira irenge miliyoni 75€. Mu buryo nyabwo, ayo mafaranga arimwo n’ama bonus, ariko Barça irazi ko itegerezwa kwegera cane imiliyoni 80€ kugira irangize ibintu vyose. »

« Ubutumwa buva imbere muri iyi kipe ni bwiza 100%. Inyuma y’amarembo, bariko babwira abantu bose bati: ntimuhagarike umutima, iki gikorwa kigiye kurangira. » ✅🔵🔴
.. Sawa ijoro ryiza, ni mube muragumanye ako 😃

Ndabasaba mugire
Follow
@ mjba Durant

⬜⚽ Vinicius Jr vyarase ko yihangana abonye ubunini n'uburemere bw'igikombe ca Herrera Teresa 😂😂Vinicius Jr yararavye uku...
13/08/2026

⬜⚽ Vinicius Jr vyarase ko yihangana abonye ubunini n'uburemere bw'igikombe ca Herrera Teresa 😂😂

Vinicius Jr yararavye ukuntu kino gikombe ari kirekire n'ukuntu kiremerereye asanga ari gutwenga

Abakinyi nka Eduardo Camavinga ; Alvaro Carreras ; Trent Alexander Arnold nabo nuku biriko bihweza iki gikombe

🟦 Mercato Equipe ya RB repezig biboneka ko Ariyo iramura impano z'abakinyi bakomeyeN'imwe m'umigui ikunda kugurisha cane...
29/07/2026

🟦 Mercato

Equipe ya RB repezig biboneka ko Ariyo iramura impano z'abakinyi bakomeye

N'imwe m'umigui ikunda kugurisha cane gose

✍️Kévin Mjba durant

Follow me please 🙏❤️

🟦⬛.   Messi   d'or 🔛Vyamaze ku menyekana hamwe yotwara coupe du MondeBaramuhereza ivyiweNgubu ubushimwe yagiye aronka nk...
17/07/2026

🟦⬛. Messi

d'or

🔛Vyamaze ku menyekana hamwe yotwara coupe du Monde

Baramuhereza ivyiwe

Ngubu ubushimwe yagiye aronka nka

du match

Mjba Durant✍️

Follow me please🤲🙏

🟦Nimw,iyumvire hamwe Perez yozana Michael olise ibibiharuro bafise hamwe bohurira Madrid vyongenda gute ??🔥🔥
12/07/2026

🟦Nimw,iyumvire hamwe Perez yozana Michael olise ibibiharuro bafise hamwe bohurira Madrid vyongenda gute ??🔥🔥

26/05/2026

1=Kugira uronke amahera $
2=Ugira abantu
3=Abantu n'abo bakaguha ibintu
3=Hama ibintu bikavamwo amahera......

Address

Burundi
Bujumbura
257

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mjba Kevin durant posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share