COPY R promoter

COPY R promoter �I HAVE DREAM TO MAKE IT�
😅[email protected]

28/01/2026

following mutama

27/01/2026

This page is new
show me love into follow
and like this page

03/11/2025
🔴  : Kimwe mubintu abagirizwa na Police kugumura abanyagihugu bahuriyeko, nuko nka bose bava muri Tanganyika.Kuberiki bi...
03/11/2025

🔴 : Kimwe mubintu abagirizwa na Police kugumura abanyagihugu bahuriyeko, nuko nka bose bava muri Tanganyika.

Kuberiki bisa nibihambaye?

▪️Tanganyika yaronse intahe yo kwikukira itariki 09 Kigarama 1961.

▪️Mu 1964, Tanganyika yagiye hamwe na Zanzibar bica bigira icitwa nomusi Jamhuri ya Muungano wa Tanzania.

Nomusi, uwitwa kwayoboye abatavuga rumwe na Reta Tundu Lissu avuga kwadatahura impamvu Tanganyika ikiri hamwe na Zanzibar.
Ico cahavuye kiba intimatima y'ibindi bibazo abagwanya Reta bishimikiza.

Kuba rero Tanzaniya iyobowe numu Prezida ava i Zanzibar vyaciye vyongera akariro. Naho biruko, abayoboke b'umugambwe CCM bobo bagumye bumiye kucitwa ubumwe hamwe no kumukandida wabo.

Igiporisi cahavuye ciyamiriza abatanzaniya bakoresha imbuga hwaniro muguhamagarira abandi kuja mumabarabara. Bababwira kubihagarika badatevye hamwe nokwitega gukurikiranwa n'ubutungane.

Bamwe muribo nka “Mange Kimambi” babandanya batyoza inzego zashizweho na Prezida Samia Suluhu muvyagisirikare.

❗Twoba tuzobona igihe kimwe Tanzania itandukanye na Zanzibar ? Kuberiki abo muri Tanganyika bamwe bamwe bavuga ko atakamaro Zanzibar ibafitiye ?

Twibukanye ko Prezida Samia Suluhu agiye kurahira kuruyu wambere, itariki 03 Munyonyo 2025.

Ivyo bikorwa bibera i Dodoma, bigiye kwitabirwa nabamwe mubakuru bibihugu harimwo ico Uburundi, Prezida Evariste Ndayishimiye.
✍️🇧🇮

🦅  : Kimwe mubintu abagirizwa na Police kugumura abanyagihugu bahuriyeko, nuko nka bose bava muri Tanganyika.Kuberiki bi...
03/11/2025

🦅 : Kimwe mubintu abagirizwa na Police kugumura abanyagihugu bahuriyeko, nuko nka bose bava muri Tanganyika.

Kuberiki bisa nibihambaye?

▪️Tanganyika yaronse intahe yo kwikukira itariki 09 Kigarama 1961.

▪️Mu 1964, Tanganyika yagiye hamwe na Zanzibar bica bigira icitwa nomusi Jamhuri ya Muungano wa Tanzania.

Nomusi, uwitwa kwayoboye abatavuga rumwe na Reta Tundu Lissu avuga kwadatahura impamvu Tanganyika ikiri hamwe na Zanzibar.
Ico cahavuye kiba intimatima y'ibindi bibazo abagwanya Reta bishimikiza.

Kuba rero Tanzaniya iyobowe numu Prezida ava i Zanzibar vyaciye vyongera akariro. Naho biruko, abayoboke b'umugambwe CCM bobo bagumye bumiye kucitwa ubumwe hamwe no kumukandida wabo.

Igiporisi cahavuye ciyamiriza abatanzaniya bakoresha imbuga hwaniro muguhamagarira abandi kuja mumabarabara. Bababwira kubihagarika badatevye hamwe nokwitega gukurikiranwa n'ubutungane.

Bamwe muribo nka “Mange Kimambi” babandanya batyoza inzego zashizweho na Prezida Samia Suluhu muvyagisirikare.

❗Twoba tuzobona igihe kimwe Tanzania itandukanye na Zanzibar ? Kuberiki abo muri Tanganyika bamwe bamwe bavuga ko atakamaro Zanzibar ibafitiye ?

Twibukanye ko Prezida Samia Suluhu agiye kurahira kuruyu wambere, itariki 03 Munyonyo 2025.

Ivyo bikorwa bibera i Dodoma, bigiye kwitabirwa nabamwe mubakuru bibihugu harimwo ico Uburundi, Prezida Evariste Ndayishimiye.
✍️COPY R promoter

 #@@
21/10/2025

#@@

❌️⛔️   ❌️⛔️Umuririmvyi   inyuma yogukora indirimbo na mugenziwe Bel Chris bikarangira atayisohoye bigatuma agira nagahin...
07/10/2024

❌️⛔️ ❌️⛔️
Umuririmvyi inyuma yogukora indirimbo na mugenziwe Bel Chris bikarangira atayisohoye bigatuma agira nagahinda kadasanzwe ubu tuvugana yamaze kuva mukigandaro yararimwo agiye gusohora indirimbo vuba cane arasaba support yanyu nkuko mwama mwabikoreye abandi baririmvyi ngaha kubutaka bwuburundi muze tugende kuri you Tube yiwe tumushigikire muri bwabumwe nurukundo abarundi baturaze mugukora s'abonner link muri commentaires canke aha 👇 👇👇🔥🔥🇧🇮🇧🇮
https://youtu.be/pghcYV-tQ98?si=GC-iWbm834lLwDjW

  MUBARIRIVYI
17/09/2024

MUBARIRIVYI

☎🎯hewe hari igihe nicara nkibaza kuri kazoza k' Umuziki wacu nkabona ko umenga ntako nkanabonako umenga ntaho turiko tugana 🥺😰

Ikibazo kimwe gusa nkunda kwibaza niki :

✅ Mbega iyo umuririmvyi yiyumviriye gucinyiza mugenziwe no kumukorera ikibi biramufasha kuduga cane izina ryiwe rigatera imbere kubwikibi yakoreye uwo basangiye akazi ?

✅ Mbega kwihaya umutima mubi wo gucinyiza abandi ni impano canke ni ubupfu ?

✅ Mbega vyokunda ko waka umugisha uwawugenewe ngo nuko wamugiriye ishari ?

Umuziki si intambara niko tubizi twebwe ariko hari abawuzamwo bagashaka kuwuzanamwo ivyo mwibarabara kuko ariyo baje bava 😎

Guhagarara ukikubita mugatuza ukivuga amazina wihaya UBUKOZI BWIKIBI mugihe abandi bahaya ibikorwa tukwita IMBOBO 🥸

☎🎯 Ikibazo ca rino futwa ryamajwi ya Melanin boy sindakibona kuri Joell Houghton ahubwo kiri kuri Alvin smith frimeur ✍️

 ☎🎯hewe hari igihe nicara nkibaza kuri kazoza k' Umuziki wacu nkabona ko umenga ntako nkanabonako umenga ntaho turiko tu...
17/09/2024

☎🎯hewe hari igihe nicara nkibaza kuri kazoza k' Umuziki wacu nkabona ko umenga ntako nkanabonako umenga ntaho turiko tugana 🥺😰

Ikibazo kimwe gusa nkunda kwibaza niki :

✅ Mbega iyo umuririmvyi yiyumviriye gucinyiza mugenziwe no kumukorera ikibi biramufasha kuduga cane izina ryiwe rigatera imbere kubwikibi yakoreye uwo basangiye akazi ?

✅ Mbega kwihaya umutima mubi wo gucinyiza abandi ni impano canke ni ubupfu ?

✅ Mbega vyokunda ko waka umugisha uwawugenewe ngo nuko wamugiriye ishari ?

Umuziki si intambara niko tubizi twebwe ariko hari abawuzamwo bagashaka kuwuzanamwo ivyo mwibarabara kuko ariyo baje bava 😎

Guhagarara ukikubita mugatuza ukivuga amazina wihaya UBUKOZI BWIKIBI mugihe abandi bahaya ibikorwa tukwita IMBOBO 🥸

☎🎯 Ikibazo ca rino futwa ryamajwi ya Melanin boy sindakibona kuri Joell Houghton ahubwo kiri kuri Alvin smith frimeur ✍️

Hareke hashe  follow my page #🙏🙏🙏🙏🙏🙏
19/04/2024

Hareke hashe follow my page #🙏🙏🙏🙏🙏🙏

Address

Jeshikidakidalisamili@gmail. Com
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when COPY R promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share