Team Clementine KAVY

Team Clementine KAVY Clementine kavy fans page

Mubivuzeko iki ibi Clementine Kavy yavuze ??
22/06/2023

Mubivuzeko iki ibi Clementine Kavy yavuze ??

Mubivuzeko iki ibi Clementine Kavy yavuze ?
22/06/2023

Mubivuzeko iki ibi Clementine Kavy yavuze ?

Aka gakino gasaba Gutuza Mumpe akanya ivyiza ndabafitiy muzovyishimiraTeam ClementineKavy Forever iy Ir kur yout b Twagi...
08/10/2021

Aka gakino gasaba Gutuza Mumpe akanya ivyiza ndabafitiy muzovyishimira
Team ClementineKavy Forever iy Ir kur yout b Twagiye
https://youtu.be/BSfHbIMTGOA

Aya namwe mumafoto yasohowe numuririvyi Clementine Kavy Bivugwa kashobora kuba ari amwe mumafoto Azoranga Video Yiwe Sha...
05/07/2021

Aya namwe mumafoto yasohowe numuririvyi Clementine Kavy Bivugwa kashobora kuba ari amwe mumafoto Azoranga Video Yiwe Shasha Agiye gushira kumugaragaro

Hari Vyishi ducamwo kugira dushike aha heza rek dukore kuko Ibikogwa Nivyo twaremewe Bakunzi banje Ndabemerey Gishasha N...
03/07/2021

Hari Vyishi ducamwo kugira dushike aha heza rek dukore kuko Ibikogwa Nivyo twaremewe Bakunzi banje Ndabemerey Gishasha Na
Management Shasha Nubwiza Bushasha Kumuziki Usukuye

Burya Umunezero uva mumutima Ndetse Ikiri kumutima giseseka mumaso yumuntu numubiri wose Bonne Weekend Barundi Bene wacu
02/07/2021

Burya Umunezero uva mumutima Ndetse Ikiri kumutima giseseka mumaso yumuntu numubiri wose
Bonne Weekend Barundi Bene wacu

Burundi bwiza Igihugu Ciza Team Clementine KavyTubifurije umusi mukuru mwiza Wamata nubuki
01/07/2021

Burundi bwiza Igihugu Ciza Team Clementine Kavy
Tubifurije umusi mukuru mwiza Wamata nubuki

*Hello, abasaza biyemera bari ngaha bafana cane umuririmvyikazi wanyu "Clémentine kavy"  babandi mushobora kumufasha muk...
21/01/2021

*Hello, abasaza biyemera bari ngaha bafana cane umuririmvyikazi wanyu "Clémentine kavy" babandi mushobora kumufasha mukintu kanaka.juste abafana b'umutima bâ kavy atari bamwe bibeshera mutwandikire kurizi nimero*👉+25762412805
👉+25769434202

Canke ufyonde ngaha👇👇👇👇👇👇❤️🇧🇮
Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp:

WhatsApp Group Invite

❤ follow Clementine Kavy
05/01/2021

❤ follow Clementine Kavy

https://youtu.be/krADsrGQHKM 👉🏽👉🏽👉🏽 *Clémentine kavy namarira menshi nudusoni twinshi arabimubwiye landryPromoter ivyo y...
30/12/2020

https://youtu.be/krADsrGQHKM 👉🏽👉🏽👉🏽 *Clémentine kavy namarira menshi nudusoni twinshi arabimubwiye landryPromoter ivyo yahoze imyaka myinshi||Ivyiwe numugabo wiwe na Sat b arabivuze atakuryumunwa....Rabaumugumuko ateye.....*

Hosted: *LandryPromoter Bdi*

Ntitwigeratunanigwa Ingabirano yanje Nugukuza Gwawe Fyonda subscribe kugira uzoze uraba uwambere mukubona ibiganiro vyacu Ntitwigeratunanigwa kir...

30/12/2020

Follow 👇👇
Clementine Kavy

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Team Clementine KAVY posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share