Ijambo Microfinance

Ijambo Microfinance La Microfinance IJAMBO a pour objet global de la transformation des conditions socio-économiques de la population à travers l'augmentation de leurs revenus.

10/05/2026
06/03/2026
Ongera Utwenge Claude Mude  Pacifique Nininahazwe    Jeanne Ndayishimiye
26/12/2024

Ongera Utwenge Claude Mude Pacifique Nininahazwe Jeanne Ndayishimiye

 ITANGAZOBiramenyeshejwe ko hategekanijwe inama ya   kubari mu gisagara ca Bujumbura Burundi no mu micungararo yaho, ika...
06/10/2024



ITANGAZO

Biramenyeshejwe ko hategekanijwe inama ya kubari mu gisagara ca Bujumbura Burundi no mu micungararo yaho, ikazoba kuri uwu w'Imana itariki 13/10/2024, ikazobera mu gisagara ca Bujumbura Burundi neza na neza kuri Gare du Nord aho microfinance isanzwe ikorera, guhera igihe c'isaha indwi z'umutaga (13h00).



1. Abanywanyi ba Ijambo Microfinance baba canke bazoba bari mu gisagara ca Bujumbura no mu micungararo yaho;

2. Abipfuza kumenya neza ibijanye na Microfinance IJAMBO imbere yo kuba abanywanyi canke abanyamitahe b'IJUNJA n'IJAMBO.

Ufise ico ubaza canke uterera, akura canke wandike kuri:

- Tél Wh: 71231666 / 71302527

- Email: [email protected]

KAZE MWIYUMVIRIRIZE IJAMBO.

Jeanne Ndayishimiye Claude Mude Ongera Utwenge

Woba u*i akamaro ko kugura umutahe ugahamvya abandi muri  ?Ng'ibi ivyo ukwiye kumenya kuri Ijambo Microfinance:1️⃣ Kugur...
03/10/2024

Woba u*i akamaro ko kugura umutahe ugahamvya abandi muri ?

Ng'ibi ivyo ukwiye kumenya kuri Ijambo Microfinance:

1️⃣ Kugura imitahe birabandanya: Umutahe umwe ni 200 000 Fbu uwuguze imbere y'itariki 15/10/2024.

2️⃣ Inyuma y'itariki 15/10/2024 agaciro k'umutahe umwe kazova kuri 200 000 Fbu kaje kuri 250 000 Fbu kubanyamitahe bashasha.

3️⃣ Ku banyamitahe ba kera agaciro k'umutahe kazoba kangana na 215 000 Fbu guhera itariki 16/10/2024

4️⃣ Umuntu umwe arekuriwe kugura imitahe itarenga 200 mu gihe ishirahamwe rirekuriwe kugura imitahe itarenga 400.

5️⃣ Abashaka kuba abanywanyi basanzwe, kwinjira aracari 10 000FBu

Wipfuza kugura imitahe? Wipfuza kwibera umunywanyi? Iture aho ikorera mu gisagara ca Bujumbura (Gare du Nord) canke uhamagare kuri numéro 71231666 canke 71302527.

Ijambo Microfinance iriho kubwanyu. Kalibu dufatanye amaboko mubikorwa, kuko iterambere ari urugamba.
21/09/2024

Ijambo Microfinance iriho kubwanyu. Kalibu dufatanye amaboko mubikorwa, kuko iterambere ari urugamba.

21/09/2024

Bienvenue dans le groupe WhatsApp de la Microfinance IJAMBO, votre partenaire dédié à l'autonomisation financière des membres. Rejoignez-nous pour des conseils financiers, des opportunités et des solutions de prêt adaptées à vos besoins. Ensemble, bâtissons un avenir financier durable. 🌱💼
👇🏼👇🏼 👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼👇🏼

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 10:00 - 15:00
Sunday 10:00 - 15:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijambo Microfinance posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share