Irampaye Boniface

Irampaye Boniface Business coach/Entrepreneur
CEO à CEMAC Burundi

14/05/2025
Uyumunsi twari turamutse dutanguza umugambi wogutezimbera abakenyezi ba mikoro make baba muri Commune Rumonge kugira bas...
13/05/2025

Uyumunsi twari turamutse dutanguza umugambi wogutezimbera abakenyezi ba mikoro make baba muri Commune Rumonge kugira bashike kwiterambere rirama biciye mukwitunganiza imigabi.ivyo bikogwa kizoshigwa mungiro n'ishiramwe CEMAC rifadikanije n'ishirahamwe APEDP kumfashayo n'ishiramwe Fracophonie.

" ngo Raba, inkumi izotwara inda, ivyare umwana w'umuhungu,Bazomwita Imanuweli;risobanurwa ngw Imana iri kumwe natwe"Bis...
26/12/2024

" ngo Raba, inkumi izotwara inda, ivyare umwana w'umuhungu,
Bazomwita Imanuweli;
risobanurwa ngw Imana iri kumwe natwe"
Bisabwa kuvyizera gusa kugira umenye Imana ibandanya irikumwe natwe muvyo dukora no muvyo twumvira.
Ndapfurije Noël nziza mwese.

Indongozi ivuze iba ivuze ikibagisigaye nuko twikebuke kugira tuze dushike kumbona kazoza y'igihugu cifashe muri 2040, n...
28/11/2024

Indongozi ivuze iba ivuze ikibagisigaye nuko twikebuke kugira tuze dushike kumbona kazoza y'igihugu cifashe muri 2040, n'igihugu gitey imbere muri 2060.

Hari kwigenerekerezo Rya 14/11/2024 Aho ishirahamwe Spark barikumwe nabafatanya bikogwa aribo@CEMAC na    jeunes  bari b...
16/11/2024

Hari kwigenerekerezo Rya 14/11/2024 Aho ishirahamwe Spark barikumwe nabafatanya bikogwa aribo@CEMAC na jeunes bari baramutse berekana ibikogwa bash*tseko muri. Province Gitega J.P.G mumugambi AKAZI KEZA ufashwe mumugongo n'ingoma yubuhorande kuva muwaka wa 2021-2024.
Amashira hamwe agera kuri 33 niyo yafashwe mumugongo n'uwo mugambi,mukubaha inyigisho zo kwitunganiriza imigambi bakongera bakabaherekaza no gushira mungiro iyo mugambi,mukubaha ibikoresho vyintango,bakabahuza nama banke atanga ingurane zihuye nimigambi bafise, hama bakabafasha no kurondera amasoko yivyo bahinguye.

Navutse aho mbaye abavyeyi bambwira ngo urya mugabo twakuze tubona adandaza ariko ngo ntater imbere !burya nahavuye nege...
13/11/2024

Navutse aho mbaye abavyeyi bambwira ngo urya mugabo twakuze tubona adandaza ariko ngo ntater imbere !burya nahavuye negera umwe mubo bavuga ko bandandaje kera ariko ntibaterimbere kandi ivyo bakora vyitwa ko vyunguka !nca nsanga burya ikintu gituma urundandaza gwabantu benshi rudetera imbere nuko ruba Rutunganije nabi !!
AK:
1.gusukiranya amahera yadandaje nayo usanga akuye mubandi
2.kurya amahera ataravye ko ayo yariye yayungutse.

N'ibindi vyinshi tutarize kudondagura vyerekana ko urudandazwa gumuntu rudatunganije neza.
Sinzi ko namwe aho iwanyu abantu nkabo ko boba bahari canke nawe ko bimaze kugushikira?

Kaze Rero isango ntirigucike !!!

Umwana akivuka,umevyi hari ibintu akunda kumubwira akiri muto  ngo  "kura kibondo uzozane abakwe n'abakazana"umwana naho...
12/11/2024

Umwana akivuka,umevyi hari ibintu akunda kumubwira akiri muto ngo "kura kibondo uzozane abakwe n'abakazana"umwana naho atavyumva urabonako yihata cane kugira ashike kure,aratangura kwicara,abantu baje kumurera bakaguma bamubwira ngo kumbure yokwavura niho yoba akuze,munyuma umwana akinanata akavura,naho nyene bakamubwira ko yogenda niho yoba akuze wamwana akagenda bakaguma bamubwira ko yotera intambwe hoho vyorushiriza,yagera kwishure igihe cose umwarimu amukubise yakosheje ahejeje kumukubita yamubwira ngo genda uzogwa imbere !

Nibajije igituma batubwira ivyo vyose !natahuye ko burya abavyeyi bari bagomba kutwereka ko mubuzima dutegerezwa kugira "IYEREKWA" murundi rurimi ngo VISION".

Nivyiza ko umuntu agira iyerekwa yubuzima bwiwe aho agomba gushika mumyaka 20 canke 30 irimbere, Hama akagwana arondera kuhashika.
Bimwe mubintu biranga umuntu afise iyerekwa
1.ntapfa ivyavuze
2.ntapfa nabo agendanye
3.yamiza mukanwa ivyo ashaka gushikako kurusha kuvuga ibitagir ikimazi.
4.n'umuntu wumunya mwete .
Abarundi nibo bayamaze ngo "uwutazi iyaja ntazimira" no mwijambo ry'Imana havugwa ngo Iyo hatabayeho uguhishurigwa abantu bigira uko bashaka.
Ndatumirira umuntu wese kugira iyerekwa,hama agwane kumunsi kumunsi no kurishikira.



📌Buramatari w'intara ya Gitega ,Venant Manirambona arikumwe n'abarongoye amashirahamwe   na Creop-Jeune bashigikira urwa...
08/11/2024

📌Buramatari w'intara ya Gitega ,Venant Manirambona arikumwe n'abarongoye amashirahamwe na Creop-Jeune bashigikira urwaruka mubijanye no kwiyungunganya, bagendeye kuri uyu wambere igenekerezo rya 5/11/2024, bamwe mu rwaruka bafashijwe n'umugambi "Akazi Keza" mu ntara ya .Ni mugihe uwo mugambi ugiye gusozera ikiringo cawo.

♨️Uwo mugambi urangurwa n'amashirahamwe na Creop-Jeune bafadikanije n'ishirahamwe mpuzamakungu mukuronsa urwaruka inyigisho zijanye no kwitunganiriza imigambi ndetse bakanabafasha kurondera aho bimenyerereza akazi.

📖Mu ntara ya Gitega barafashije urwaruka mukubigisha imyuga itandukanye nko kubaza, kwitunganiriza imigambi, gufasha gushinga amakoperative n'ibindi

🎙️Nk’uko bishikirizwa na bamwe muri urwo rwaruka rwafashijwe n'uwo mugambi ngo haribonekeje impinduka idasanzwe kuva aho baronkejwe inyigisho.

🔰🎙️Akarorero ni Melyse Manirakiza arongoye koperative iri muri karatiye ihingura ifu y'ubuyi hamwe n’ifu y’akanovera n'ingaburo ikozwe mw’ifu y'ibiyoba (Beurre d'archides), igikarango,n'ibindi.Avuga ko uruganda rwiwe rwemejwe n'ikigo kijejwe kugenzura ubuziranenge kuko ishirahamwe ryamufashije mu ntambuko zose kugira ashike aho ageze.

🩴Uwundi ni Niyomwungere W***y ahingura ibirato vyo mu bwoko bw'isandari nawenyene akabakorera muri karatiye ya .Avuga ko ihangiro afise ari uko umurundi wese gushika 2040 yoba yambara ikirato.

👨‍👩‍👦‍👦🗣️Abo bose bavuga y’uko nubwo bariko barakora bagikeneye gushigikirwa kuko yaba uburyo canke ibikoresho bikibagora.

💸Mu gihe rero boronka uburyo bukwiye ngo bafise ihangiro ryo gushika kure banashore ivyo bahingura mu mahanga maze amahera mvamakungu abone kwinjira mu Burundi.

🙏🎤Buramatari w'intara ya Gitega yashimiye urwo rwaruka n'abariko barashigikira uwo mugambi.Yasavye urwo rwaruka kubandanya rukorana umwete kugira rutere imbere n'ubwo uwo mugambi ugiye guhagarara.

🎙️Yongeye kandi asaba abo barongoye uwo mugambi ko haruha

Address

Bujumbura
612

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Irampaye Boniface posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share