Coda multiservice

Coda multiservice Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Coda multiservice, Business Center, Mukaza/mutanga, Bujumbura.

16/02/2026

Mwaramutse canke Mwiriwe bivanye maho muherereye ,societe coda multiservices

Turabahuza nabakozi batundukanye bakora ubuzi butobuto
wifuza akazi ,ur umukoresha y'ifuza umukozi duhamagare kuriyi numero 67193160 ni whatsapp n'appel simple

15/09/2025


Ibicishije muri
Turahuza Abakozi n'abakoresha bavyifuza
woba wifuza akazi canke woba wifuza umukozi twandikira canke uduhamagare kuri Contact twabahaye hasi.

Turabaha na services fourniture ivyo mwifuza vyose
contactez- nous

15/09/2025

15/07/2025

IMPANO YAWE BAYIMENYE #

💥Aba jeunes benshi mu gihugu cacu🇧🇮 hl bafise impano zitandukanye kandi nshinyi Ariko ibice vyinshi kw'ijana ariko Ntizimenyekana ,bera ko babura Aho bazerekanira kuzira bazimenyekane

☀️Nico gituma multiservices yabateguriye igikorwa kizohora kiba uko amezi 3 aheze "IMPANO EVENT" muntumbero yogufasha urwaruka rufise impano zitandukanye kandi nifuza kuzigaragaza Aba bishoboye bakazishigikira

🗣️Erekana impano yawe kuko ushobora gufasha mumbona kazoza y'Igihugu

03/11/2024

Address

Mukaza/mutanga
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Coda multiservice posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share