Iverson top ten

Iverson top ten Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Iverson top ten, Business Center, Bujumbura.

Uyu mugabo mubona hano yitwa  , ahejeje kugirwa premier Ministre w'urwanda. Ariko igitangaje uravye uko bariko   bamufat...
24/07/2025

Uyu mugabo mubona hano yitwa , ahejeje kugirwa premier Ministre w'urwanda. Ariko igitangaje uravye uko bariko bamufata nabi kuma Social Media ngo nuko ari biratangaje.
Iyi page yuwitwa hoho birarenze bavuga ngo nkah umenga n'umwavu, ahandi ngo , ahandi ngo bashizeho ministre w'ibizuru binini....
Iki rero ni ca bavuga ko ata moko ahari, ariko na premier minister wabo bakamufata nk'ikintu nkaho umenga s'umuntu kubera ari , birababaje




Bandanya mudukurikirana vyinshi biri inyuma

🔴🇨🇩 Ubukwe bwumukozi w'Imana yaheruka gupfakara mumwaka wahera ni Pasteur Marcello tunasi  araye akoze ubukwe numwigeme ...
23/07/2025

🔴🇨🇩 Ubukwe bwumukozi w'Imana yaheruka gupfakara mumwaka wahera ni Pasteur Marcello tunasi araye akoze ubukwe numwigeme womuba Kristo biwe y'itwa "Esther Aicha" aho ubukwe bwabo bwabereye mugihugu cububirigi 🇧🇪.

✍️ Congratulations "Pasteur Marcello Tunasi and Esther Aisha 🎉🎊🌹



En kirundi🇧🇮:*  🇫🇷 Mu gihugu c’Ubufaransa, haravugwa ikibazo gikomeye c’umutekano w’imiryango, aho umugabo n’umugore wiw...
21/07/2025

En kirundi🇧🇮:*

🇫🇷 Mu gihugu c’Ubufaransa, haravugwa ikibazo gikomeye c’umutekano w’imiryango, aho umugabo n’umugore wiwe hamwe n’umukobwa wabo basanzwe bishwe barashwe mu ntara ya . Abajejwe umutekano bavuga ko vyoshobora kuba ari ikibazo co mu muryango ("drame familial"). Ibi bikerekana ukuntu ibibazo vy’umutima n’ivy’ubuzima bwo mu muryango bishobora gushikana ku vyago.

Basomyi mubivuze ko iki? Ivyo vyabereye i Buraya !


(🇧🇮 🤝 🇫🇷 abonnez-vous à mon compte pour ne rien rater).
_______________________________
En français 🇫🇷:*

🇫🇷 En France, un couple et leur fille ont été retrouvés tués par balles en Haute-Savoie. La piste du drame familial est privilégiée, suggérant un acte tragique commis au sein même de la famille. Ce fait relance la question de la santé mentale et des tensions silencieuses qui peuvent exister dans certaines familles.
Qu'en dites, ce scandale vient de se passer en Europe! 🇪🇺



🚘 AKADUGA  ::  😂Umuririmvyi   🇺🇸 bagize gutya , babona aragurutse 😍✊Umuririmvyi Rick Ross 🇺🇸 umwe mubaririmvyi bakomeye ...
20/07/2025

🚘 AKADUGA :: 😂Umuririmvyi 🇺🇸 bagize gutya , babona aragurutse 😍✊

Umuririmvyi Rick Ross 🇺🇸 umwe mubaririmvyi bakomeye muri ndetse nokwisi yose , kumusi wejo ubwo yari yagiye kuryosha ubuzima kuri bagize gutya babona aragurutse bwaguruke 😍✊

Abaraho benshi baratangaye , bibaza ibibaye n'ubushobozi uyumugabo afise , kuko vyari imbonekarimwe , batangajwe nuko yagurutse atagira amababa 😍✊

🎯☠️ Wibuke Guforowinga Ino Page Kugira Ubandanye Umenya amakuru yabastare 🚧 I


🛑   umukuru w'inamashingamateka ya DRCongo 🇨🇩 Ari mu mazi abira.Nkuko bimaze igihe bivurwavurwa umugambi mubisha wogutem...
20/07/2025

🛑 umukuru w'inamashingamateka ya DRCongo 🇨🇩 Ari mu mazi abira.

Nkuko bimaze igihe bivurwavurwa umugambi mubisha wogutembagaza ubutegetsi nuguhitana umukuru w'igihugu ca DRCongo 🇨🇩, Gen ya vuzeko umukuru w'inamashingamateka ariwe azi neza umugambi wose n'umusi nyezina wariwategekanijwe wo Kwica umukuru w'igihugu ca DRCongo 🇨🇩.

Gen yahoze arumugaba mukuru w'igisirikare ca DRCongo 🇨🇩 yatawe muriyompi kw'igenekerezo rya 13/07/2025 yagirizwa gutegura guhirika ubutegetsi yafatanwe ibimenyetso vyemeza ko yarari muruwo mugambi ,Chiwewe Ubwoyabazwa kuboba bafatanije muruyo mugambi yavuze ko yiteguye kuvuga ukuri kwose ataco asize inyuma murutonde rwamazina yatanzwe na chiwewe benshi munzego za leta niz'umutekano w'icogihugu haje kuvurwamwo umukuru w'inamashingamateka ya DRCongo .

✍️Ubusanzwe yaramaze igihe kirekire yikekwa n'abanyekongo kubera inyifato n'amajambo yiwe muriyi ntambara :
_Kamerhe mumyaka 4 iheze icogihugu gitewe n'uRwanda nkumukuru w'inamashingamateka ntanarimwe yaribwigere akoranya inamashingamateka ngo yige kukibazo c'intambara igihugu ciwe kirimwo.
_Kamerhe y'umvikanye atangaza amakuru y'ibice vyashashwe mugihe M23 itarashika murivyo bice vyatangajwe na Kamerhe hama M23 ikaza kuhafata munyuma.
_Abanyekongo agasavu karaniga ubwo munama ya , Kamerhe yahoberanye n'uwaserukiye uRwanda muriyonama.
_Kamerhe y'umvikanye keshi avuga ko bakwiye kuvanga M23 n'igisirikare ca DRCongo 🇨🇩.
_etc
✍️Igihe ururutonde rwamazina yabari mumugambi mubisha rwasohoka yarakiri mubufaransa(France🇨🇵) munama y'ibihugu bivuga urufaransa ,bikaba binurwanurwa ko Atari butahe mugihugu ciwe ca DRCongo 🇨🇩 .

uwurongoye abajejwe umutekano mubiro vy'umukuru w'igihugu ca DRCongo 🇨🇩 nawe arapfunzwe yagirizwa kugira uruhare muruyu mugambi mubisha.

Iyinkuru ivurwamwo abasirikare beshi bakurubakuru hame nabaguverine

Mu kirundi bavuga bati:"Umwana ntasya aravoma." Birangiye AFC/M23 basinye amasezerano yo gusubiza uburere bwose bwitwa k...
20/07/2025

Mu kirundi bavuga bati:"Umwana ntasya aravoma."
Birangiye AFC/M23 basinye amasezerano yo gusubiza uburere bwose bwitwa ko bwafashwe na AFC/M23 bakongera bakava ku butaka bwa RDCongo atagisabwa.

Ese kurima ukarimarima yemwe!

Ivyo bikaba vyabereye i Doha muri Qatar kuri uyu wa 15/Mukakaro/2025.

Ikiringo ntarengwa catanzwe na Reta zunze ubumwe za America co kuva Ku Butaka bwa Congo ni gushika kw'igenekerezo rya 20/Myandagaro/2025 ko bazoba bamaze gusubira aho baje bava mu Rwanda.

Naya Uvira ntibavuye banayimotera canke ngo banayegere kuko aho FDNB bash*tse vyose biratungana.

20/07/2025
🚨Vyatanguye nkaho umengo kino giteramo nta bantu bazakuza kucitabira, ariko siko biriko biragenda muri kano kanya. Abant...
20/07/2025

🚨Vyatanguye nkaho umengo kino giteramo nta bantu bazakuza kucitabira, ariko siko biriko biragenda muri kano kanya. Abantu ba hano mugisagara ca Bujumbura batanguye kuza ku kibanza ca "ETS Kamenge", ahagira habere igiteramo kiza kuba kidasanzwe categuwe n'umuririmvyi Jose Chameleone kuva mu gihugu ca Ouganda🇺🇬.

🚨Iki giteramo ninaco giteramo kizakuba kirimwo Abaririmvyi batandukanye ba hano iwacu, aho twovuga nk'umugwi w'abaririmvyi Bilimani Boy usanzwe ugizwe na Double-jay OnceAgain na mugenziwe Kirikou A Kili, umuririmvyi B-face On The'flo hamwe na Sat-B, n'abandi bagiye batandukanye.

🚨Iri joro ryo kuri rino genekerezo rya 20/07/2025 ni ijoro ruzakuba ijoro rudasanzwe kubanyagisagara baza kuba bitabiriye ico giteramo c'uno muririmvyi wo mu gihugu ca Ouganda 🇺🇬. Musomyi niyahe ndirimbo wewe ya Jose Chameleon ukunda cane?

✈️🚘 Yite 𝗠𝗘𝗥𝗖𝗘𝗗𝗘𝗦-𝗠𝗔𝗬𝗕𝗔𝗖𝗛 𝗚𝗟𝗦 𝟲𝟬𝟬 yasesekaye ku butaka bw’Uburundi igurwa 3.000.000.000 FBu! Ego, wasomye neza ni miliya...
20/07/2025

✈️🚘 Yite 𝗠𝗘𝗥𝗖𝗘𝗗𝗘𝗦-𝗠𝗔𝗬𝗕𝗔𝗖𝗛 𝗚𝗟𝗦 𝟲𝟬𝟬 yasesekaye ku butaka bw’Uburundi igurwa 3.000.000.000 FBu! Ego, wasomye neza ni miliyari zitatu z’amarundi🇧🇮

🥱Imwe mu modoka zizimvye cane kandi zifise igitinyiro ku rwego mpuzamakungu. Abenshi bayita “imodoka y’Abami”, kuko ivyayo vyose vyerekana ubutegetsi, icubahiro.

Irimwo frigo imbere, hamwe n’ibirahuri bifise système ya privacy bihindura amabara kugira ngo ntihagire uyihungurako ijisho.

Intebe zifise massage, ubushuhe n’ubukonje, kandi ziryama nk’iz’ibitaro vy'ikirenga

Ikoresha ikoranabuhanga ryo mu rwego rwo hejuru ya camera 360°

Inyaruka kuri 0–100 km/h muri 5 sekonde gusa.

🫢Umurwizatunga umwe rukumbi mu Burundi niwe ayitunze iyi marque.

Ni imodoka yakabiri yo mu bwoko bwa Mercedes-Maybach GLS 600 yinjiye mu gihugu.

👉🏽 Zirarenza $400.000, bingana n’ayarenga 2.900.000.000 Fbu

🌍No mu karere ka Afrika y’Ubuseruko izi modoka abazifise sibenshi cane!uravye nabi umengo irasanzwe cane ariko ntuyigereranye nizo zindi za V8 tumenyereye umengo zirarenze.Iyi ni Mercedes-Maybach GLS 600

✅Warigeze uyibona i Bujumbura??

✅Burya Mu Burundi harimwo abatuntu bayitunze?

top ten


🔴 Imiduga 2 Ikoresha Umuyagankuba Niyo Izokoreshwa Na Nyenubweranda Mu Ngendo Z'Ubutumwa Bwiwe❗➡️ Iheruka Gushikirizwa P...
20/07/2025

🔴 Imiduga 2 Ikoresha Umuyagankuba Niyo Izokoreshwa Na Nyenubweranda Mu Ngendo Z'Ubutumwa Bwiwe❗

➡️ Iheruka Gushikirizwa Papa Léon XIV, Asanzwe Ari Umwungere Wa Ekleziya Katolika Nyeranda Yagenewe Bose Kw'Isi Yose.

📌 Ukwo Ari 2, Yakozwe K'Ubufatanye Bwa Kompanyi ITA Airways, Ikigo Club Car, Ihinguriro Exelentia Hamwe N'Iki Gendarme Ca .

Tanzania iri mw'isekeza rikomeye ryo gufata Abarundi mu ntara zose zico Gihugu. Samia aritezwe mu Burundi,kandi ntuziger...
20/07/2025

Tanzania iri mw'isekeza rikomeye ryo gufata Abarundi mu ntara zose zico Gihugu. Samia aritezwe mu Burundi,kandi ntuzigera wumva umutegetsi abibaza!

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iverson top ten posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share