21/09/2026
🎉 *AMASHI MENSHI KURI Irene UWITEKA*🎉
Turagukeje cane ku ngingo nziza wafashe yo gutangura gukorana na Forever Living Products, société ikomeye ifise intumbero yo gufasha abantu kwubaka ubuzima bwiza n’iterambere. 👏🏽💚
Uyu ni intambwe nshasha mu rugendo rwawe. Turakwifurije intumbero, ukwihangana, gukura no gutsinda muri uru rugendo.
🤝 Muri Fight Until Victory, turakwakiriye n’igishika cinshi!
Tuzogendana, dufashanye, twigire hamwe kandi duterane intege kugira dushike ku ntego zacu.
🔥 Welcome to the family!
💚 FIGHT UNTIL VICTORY — DUFATANYE, DUKORE, DUTSINDE! 🏆
https://whatsapp.com/channel/0029VbB1pH6KrWQveBgOkJ1R
Fight Until Victory