Boosta promoter

Boosta promoter We promote๐ŸŽค about business, trending News , Music ๐ŸŽง, Sport โšฝ,โ€ขโ€ขโ€ขโ€ข

INTAMBA MURUGAMBA ๏ฟฝ pl sn gs mwaturyoheye naho mwanganije mwagerageje ๐Ÿ”บ baru๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ barndikazi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ muze dukeze intamba zacu mug...
29/09/2026

INTAMBA MURUGAMBA ๏ฟฝ pl sn gs mwaturyoheye naho mwanganije mwagerageje

๐Ÿ”บ baru๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ barndikazi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ muze dukeze intamba zacu mugushira ama ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎYuburundi muri coment nimiriro myinshi๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ”ด๐Ÿšจ Inyuma y'aho B-face On The'flo  asohoreye coming soon y'indirimbo yo kwishura Big Fizzo  kuri   indirimbo yakoze kuba...
18/09/2026

๐Ÿ”ด๐Ÿšจ Inyuma y'aho B-face On The'flo asohoreye coming soon y'indirimbo yo kwishura Big Fizzo kuri indirimbo yakoze kuba Rappeurs bose bo ngaha mu Burundi, Umuririmvyi Mista Ch*****ne yavuze ko ata ndero agira kuba yarubahutse guturira Isanamu y'umuntu yubashwe cane mu muziki w'uburundi nka ivyavugigishije benshi cane.

Mbega wewe nk'umukunzi w'umuziki w'uburundi ukaba U*i ingene Umudiho wa Rap ukorwa ubona B-face hari ikosa yoba yakoze?

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

18/09/2026

Ivya vyakomeye hagati ya ๐™‡๐™–๐™ข๐™ž๐™ฃ๐™š ๐™”๐™–๐™ข๐™–๐™ก, ๐™†๐™ฎ๐™ก๐™ž๐™–๐™ฃ ๐™ˆ๐™—๐™–๐™ฅ๐™ฅรฉ na ๐™Š๐™ช๐™จ๐™ข๐™–๐™ฃ๐™š ๐˜ฟ๐™š๐™ข๐™—รฉ๐™กรฉ ๐Ÿ”ฅโšฝ๏ธ

๐™ˆ๐™—๐™–๐™ฅ๐™ฅรฉ yibasiye ๐˜ฟ๐™š๐™ข๐™—รฉ๐™กรฉ bapfa ๐˜ฝ๐™–๐™ก๐™ก๐™ค๐™ฃ ๐™™'๐™Š๐™ง, ๐™‡๐™–๐™ข๐™ž๐™ฃ๐™š ๐™”๐™–๐™ข๐™–๐™ก ati mugende gahoro nije nzoyitwara!๐Ÿฅฑ๐Ÿซต

Guterana amajambo mubwenge bwinshi niriko biratuma bavugisha abatari bake ku mbuga hwaniro!

๐ŸŽ™Credit: ๐™๐™ค๐™˜๐™ ๐™ฎ ๐™€๐™ฃ๐™ฉ๐™š๐™ง๐™ฉ๐™–๐™ž๐™ฃ๐™ข๐™š๐™ฃ๐™ฉ ๐™๐™ฌ๐™–๐™ฃ๐™™๐™–

Mbega nawe ubona ari nde azoyitwara!?

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ KARABAYE! Noneho B-face On The'flo  Ahejeje Kuva Mugacerere Ubunyene ๐Ÿ™„๐Ÿค” Yoba YAMUKUBISE Koko Ada Nevine? Canke Av...
19/08/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ KARABAYE! Noneho B-face On The'flo Ahejeje Kuva Mugacerere Ubunyene ๐Ÿ™„๐Ÿค” Yoba YAMUKUBISE Koko Ada Nevine? Canke Avuze Ko Aza Gukubita Abapostinze Ko Yakubise Umugore Wiwe? ๐Ÿ™‡โ€โ™€๏ธ

Yanditse Ati โœ๏ธ: Uwutarakubitirwa Mwisengero Yibanza Ngo Bikiramariya Araza Kumutabara!

Abafana B' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ Iyimvugo Ya B-Face Mwibazako Ishatse Kuvuga Iki? ๐Ÿ™„๐Ÿค”

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ“ฝ๏ธ๐Ÿ’ฃ๐Ÿ”ฅ Twese Turindiriye Monia Fleur  Avuge Sewumwana Kwari LinoG Tumenyeko LEGEND Agiye Kuduha Ikibondo Bitabayivyo Vyoba...
19/08/2026

๐Ÿ“ฝ๏ธ๐Ÿ’ฃ๐Ÿ”ฅ Twese Turindiriye Monia Fleur Avuge Sewumwana Kwari LinoG Tumenyeko LEGEND Agiye Kuduha Ikibondo Bitabayivyo Vyoba Bibabaje ๐Ÿ˜ช

Ibihe Vyiza Baciyemwo Couple ๐Ÿ’ž Yabo Yari Iyakarorero Hano M' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Ntitwovyemera Ko Legend Yarira Imbombo ๐Ÿฌ Mugasashe!

Vyoryoha Aba Bose Dusanze Babaye Abavyeyi Bicokibondo Twiteze!

Mubona Bataberanye?.....โœ๏ธ

Wovyakira Gute Usanze SEWUMWANA Atari LINOG?....๐Ÿ™„๐Ÿค”

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ B-face On The'flo Numuntu Afise Ubwenge Ntiyopfa Akubise UMUGORE Wiwe Ada Nevine Ivyo Muriko Murabona Aka Kanya Ni F...
19/08/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ B-face On The'flo Numuntu Afise Ubwenge Ntiyopfa Akubise UMUGORE Wiwe Ada Nevine Ivyo Muriko Murabona Aka Kanya Ni FAKE NEWS Iyo Photo Yerekana Ko Umugore Wiwe Yakubiswe Yakozwe Na GOOGLE GEMINI Canke AI .

Mubisanzwe Hari Abantu Baba Bashaka Kwica Isura Yumuririmvyi Bakoresheje Ibintu Bitandukanye Mukwiye Kwama Mugavye!.

B-Face Na Ada Nevine Bameze Neza Ntanugwara Yamuriye Mwitondere Amakuru Muriko Murabona Siyo Ni FAKE NEWS โŒ Mpejeje Kubitohoza Ubunyene.

Ico Nosaba Abakunzi B' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Nuko Mwobandanya Mwitegurira Hit Song Ya B-Face Na Chameleone Igiye Kuza Vuba Caneee ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ”บ Woba Uri Mubari Bemeye Irya Foto Ko Ariyukuri? Canke Wabibonye Ukiyibona Ko Atariyukuri? ๐Ÿค“

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

19/08/2026

๐Ÿ“ฝ๏ธ๐Ÿ’ฃ๐Ÿ”ฅ NGUWO! Kirikou A Kili Mwibarabara ๐Ÿš˜ NAGASHATI Yafunguye! ๐Ÿ˜๐Ÿ”ฅZaryamungu Mumubaziki? Ko Yibereye Muri VIBES Afeelinga Hit Song ๐Ÿ”ฅ Yiwe !

Woba Wemerako " Ari Hit Gusumba Zazindi?๐Ÿ˜…๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

09/08/2026

๐Ÿ˜‚๐Ÿ‘ฃImana murivyose๐Ÿ‘๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ

๐Ÿ—ฃ๏ธ

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“ž Boosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ๏ธ

๐Ÿ˜น๐Ÿ™…โ€โ™‚๏ธ Muzosubire muntege kurizo Belle Saveur zanyu naza KANDI , KINJU , Ubu ninywera CNDD -FDD ๐Ÿคฆโ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“žBoosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง...
26/07/2026

๐Ÿ˜น๐Ÿ™…โ€โ™‚๏ธ Muzosubire muntege kurizo Belle Saveur zanyu naza KANDI , KINJU , Ubu ninywera CNDD -FDD ๐Ÿคฆ

โ€ผ๏ธ๐Ÿ‘‰๐Ÿ“žBoosta promoter ๐Ÿ’•๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Address

Rohero
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Boosta promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share