PACC

Website

PACC Transformer les chiffres en décisions intelligentes, c'est notre mission.

PACC: Cabinet de comptabilité, fiscalité, contrôle & audit, offrant un accompagnement professionnel, fiable et rigoureux aux entreprises pour la performance & la croissance durable. Expert en finance d’entreprise, comptable professionnel depuis 12 ans, j’accompagne les PME du Burundi dans la gestion financière, l’analyse des performances, la conformité et la prise de décisions stratégiques. Fondateur de FindataExpert & PACC, je transforme les données en solutions pratiques pour aider les entrepreneurs à mieux gérer, mieux planifier et mieux réussir.

🔴 Ng’uru urutonde rw’ibihugu vya Afurika vyateye imbere cane mu bijanye n’amahinguriro mu myaka ya 2010 gushika mu 2024,...
22/10/2026

🔴 Ng’uru urutonde rw’ibihugu vya Afurika vyateye imbere cane mu bijanye n’amahinguriro mu myaka ya 2010 gushika mu 2024, hisunzwe amakuru yatanzwe na Banki Nyafurika yitaho iterambere (BAD), yashikirijwe n’ikigo ECOFIN.

📌🇧🇮 Uburundi buri ku kibanza ca 52 mu bihugu 54, n’amanota 0,4061.

22/10/2026
EN MÉMOIRE DU PRINCE LOUIS RWAGASORE, HÉROS DE L’INDÉPENDANCE DU BURUNDI🕊️ Certains hommes disparaissent, mais leurs rêv...
13/10/2026

EN MÉMOIRE DU PRINCE LOUIS RWAGASORE, HÉROS DE L’INDÉPENDANCE DU BURUNDI

🕊️ Certains hommes disparaissent, mais leurs rêves continuent de vivre dans le cœur d’un peuple.

En ce jour de commémoration, nos pensées se tournent vers le Prince Louis Rwagasore, un homme dont le sacrifice a marqué à jamais l’histoire du Burundi.

Son nom ne représente pas seulement notre indépendance ; il symbolise aussi l’espoir, le courage, le patriotisme et le rêve d’une nation libre, unie et digne.

Se souvenir de lui, c’est ressentir la fierté d’être Burundais, mais aussi mesurer le poids de notre responsabilité envers notre pays. Car les sacrifices de nos héros ne doivent jamais devenir de simples souvenirs dans les livres d’histoire. Ils doivent rester une lumière qui guide nos choix, inspire nos actions et nourrit notre engagement envers les générations futures.

Aujourd’hui, une question mérite de toucher chacun de nos cœurs : que faisons-nous, individuellement et collectivement, pour honorer l’héritage que nous avons reçu ?

Chez PACC — Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME, nous croyons que bâtir le Burundi de demain commence par des actions concrètes : accompagner les entrepreneurs, renforcer les entreprises, promouvoir une gestion responsable, créer des opportunités et contribuer à une économie plus forte.

Nous rêvons d’un Burundi où chaque entrepreneur peut réussir par son travail, où chaque jeune peut espérer un avenir meilleur et où chaque entreprise contribue dignement au progrès de notre nation.

À notre héros, nous devons plus que des paroles. Nous devons notre engagement, notre intégrité et notre volonté de faire avancer notre pays.

❤️💚🤍 Prince Louis Rwagasore, ton combat appartient à notre histoire, mais la responsabilité de construire le Burundi de demain nous incombe à tous.

Que ton souvenir continue d’éveiller nos consciences, d’unir nos cœurs et de fortifier notre amour pour la patrie.

Se souvenir avec émotion. Agir avec responsabilité. Construire avec détermination.

🇧🇮 PACC — Ensemble, contribuons à bâtir un Burundi plus fort, plus uni et plus prospère.

Une semaine de défis, d’efforts et de décisions… mais surtout, une semaine de progrès ! 📈            Prenons un moment p...
02/10/2026

Une semaine de défis, d’efforts et de décisions… mais surtout, une semaine de progrès ! 📈

Prenons un moment pour apprécier le chemin parcouru, célébrer nos petites et grandes réussites, et recharger nos énergies.

🌿 Le week-end est là : repos, famille, détente et nouvelles idées.
PACC vous souhaite un excellent week-end !

Accompagner • Conseiller • Former • Faire grandir les PME

, ,

WOBA U*I AMAKORI N’AMATAGISI URUDANDAZA RWAWE RUTEGEREZWA KURIHA?🟢 Ego, ndayazi yose kandi neza🟡 Ndayazi makeya gusa.🔴 O...
01/10/2026

WOBA U*I AMAKORI N’AMATAGISI URUDANDAZA RWAWE RUTEGEREZWA KURIHA?
🟢 Ego, ndayazi yose kandi neza
🟡 Ndayazi makeya gusa.
🔴 Oya, sinzi ayo ari yo.
🔵 Ndeka umucungamari wanje akabiraba.

💡 Kumenya ivyo utegerezwa mu bijanye n’amakori n’amatagisi ni inkingi mu gucungera neza urudandazwa rwawe.

Ukeneye gutahura vyinshi twadikire muri commentaire canke ;

📲 Twandikire kuri WhatsApp: +257 79 904 210
📞 Canke uduhamagare: +257 68 230 507

PACC – Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME

📢 Woba warigeze kuriha amande kubera gutanga déclaration wacerewe?Gutinda gutanga déclaration y’imisoro birashobora gutu...
01/10/2026

📢 Woba warigeze kuriha amande kubera gutanga déclaration wacerewe?
Gutinda gutanga déclaration y’imisoro birashobora gutuma umusoreshwa ahura n’amande n’izindi ngaruka z’ivy’imisoro.
🟢 Ego – Nigeze kuriha amande
🔴 Oya – Sindigeze kuriha amande
⚪ Sindabizi – Sinzi neza uko vyifashe
💬 Woba warigeze kugira ikibazo nk’iki?
Twandikire muri commentaire utubwire uko vyagenze.
📲 WhatsApp: +257 79 904 210
📞 Canke uduhamagare: +257 68 230 507
🔴 PACC – Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME
Comptabilité • Fiscalité • Contrôle & Audit
👉 Kurikirana urupapuro rwa PACC, ukande Like 👍, Commentaire 💬 na Partager 🔄 kugira ngo n’abandi banyamabikorwa bamenye amakuru abafasha gucunga neza imisoro yabo.

📢 Woba warigeze kuriha amande kubera gutanga déclaration wacerewe?Gutinda gutanga déclaration y’imisoro birashobora gutu...
01/10/2026

📢 Woba warigeze kuriha amande kubera gutanga déclaration wacerewe?
Gutinda gutanga déclaration y’imisoro birashobora gutuma umusoreshwa ahura n’amande n’izindi ngaruka z’ivy’imisoro.
🟢 Ego – Nigeze kuriha amande
🔴 Oya – Sindigeze kuriha amande
⚪ Sindabizi – Sinzi neza uko vyifashe
💬 Woba warigeze kugira ikibazo nk’iki?
Twandikire muri commentaire utubwire uko vyagenze.
📲 WhatsApp: +257 79 904 210
📞 Canke uduhamagare: +257 68 230 507
🔴 PACC – Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME
Comptabilité • Fiscalité • Contrôle & Audit
👉 Kurikirana urupapuro rwa PACC, ukande Like 👍, Commentaire 💬 na Partager 🔄 kugira ngo n’abandi banyamabikorwa bamenye amakuru abafasha gucunga neza imisoro yabo.

WOBA U*I AMATARIKI YO KUMENYEKANISHIRIZAKO NO GUTANGIRAKO AMAKORI Y’URUDANDAZWA RWAWE?Nk’umudandaza canke Userukira ishi...
30/09/2026

WOBA U*I AMATARIKI YO KUMENYEKANISHIRIZAKO NO GUTANGIRAKO AMAKORI Y’URUDANDAZWA RWAWE?

Nk’umudandaza canke Userukira ishirahamwe, kumenya igihe co kumenyekanisha no kuriha amakori n'amatagisi kurudandazwa rwawe, ni kimwe mu bikenewe bituma entreprise yawe ihagarara neza!

👇 WEWE URI MU MUGWI UWUHE?

🟢 1. Ego, ndayazi kandi ndayubahiriza.

🟡 2. Ndayazi gatoya, ariko si yose.

🔴 3. Oya, akenshi ndayamenya igihe cayo kigeze.

💡 Kumenya igihe ni kimwe mu vyo gucungera neza urudandazwa rwawe. Bifise ingaruka zitari nziza mugihe utabizi.

PACC – Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME

📊 Dufasha PME kumenya, gutegura no kwubahiriza amategeko abagenga.

, ;

NI NDE AKURIKIRANA IVYEREKEYE AMAKORI Y’URUDANDAZWA RWAWE?🟢 Ni jewe ndavyikorera. 🟡 Mfise umucungamari akorera muri entr...
30/09/2026

NI NDE AKURIKIRANA IVYEREKEYE AMAKORI Y’URUDANDAZWA RWAWE?

🟢 Ni jewe ndavyikorera.
🟡 Mfise umucungamari akorera muri entreprise yanje.
🔵 Mfise cabinet ibimfashamwo.
🔴 Ubu nta n’umwe nfise abikurikirana.

Ukeneye gutahura vyinshi twadikire muri commentaire canke ;

📲 Twandikire kuri WhatsApp: +257 79 904 210
📞 Canke uduhamagare: +257 68 230 507

PACC – Pôle d’Accompagnement, Coaching et Conseil aux PME

Address

Bujumbura
00000

Opening Hours

Monday 00:00 - 00:00
Tuesday 00:00 - 00:00
Wednesday 00:00 - 00:00
Thursday 00:00 - 00:00
Friday 00:00 - 00:00
Saturday 10:00 - 15:00

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when PACC posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share