AgriBio Durable

AgriBio Durable Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from AgriBio Durable, Business Center, niyonkurupacifique00@gmail. com, Bukeye.

18/10/2026
17/10/2026

🔮INZU YO MUMBONAKAZOZA

Ewe Gitega urambaye: Aha ni muri Moriah_Hotel, Hotel ingenzo zivuye irya n’ino zihurumbira.

đŸ‘â˜ïžUgeze muri Moriah Hotel uhasanga vyinshi:
Restaurant VIP,
Inzu z’amanama nziza cane rwose,
Aho bidagadurira( salle de music),
Jardin ziteye igomwe,
Uburaro bwiza bugezweho.

🔮ABARUNDI BITAHUYE BIRUKA N’ITERAMBERE GUSA.

17/10/2026
UKO BATERA AMAVOKA MUBURYO BWIZA1. Guhitamwo ahantu ho guteraHitamwo ahantu hashika akazuba kandi hatari amazi meshi ,ah...
17/10/2026

UKO BATERA AMAVOKA MUBURYO BWIZA

1. Guhitamwo ahantu ho gutera

Hitamwo ahantu hashika akazuba kandi hatari amazi meshi ,ahantu hafise ubutaka bwiza, bworoshe kandi burimwo ifumbire k**a.
Ivoka ikunda neza ahantu hashobora kuba ubushuhe butari bwinshi cane.

2. Gutegura umurima

Ringaniza neza ahantu uzoyitera mukuharima worosha ubutaka,tera ukoresheje umwavu k**a(igisyogorore nk'ifumbire y'inka iboze neza cangwa compost) kugira ubutaka burushirize kuba bwiza.

3. Gutegura ibinogo vyo guteragiramwo amavoka

Imba ibinogo vya 60 cm z'ubwaguke, uburebure n'ubukika
Tandukanya ibiti hagati yimetero 6–8.
Vanga ivu ryo hejuru n'ifumbire k**a imbere yo gufurira

4. Gutera ingemwe

Ni vyiza gukoresha ingemwe zatewe mu buryo bwa greffage(zabanguriwe) kuko zitanga umwimbu mwiza kandi vuba.
‌❗tera ingemwe wateguye witonze udakomeretsa imizi.

5. Kwitaho ibiti vyatewe

Kuvomera mu gihe c'impeshi c'ici.
Kurandura ivyatsi bikikije igiti.
Gushiramwo igisyogorore kenshi.
Gukata amashami adakenewe kugira igiti gikure neza.

6. Igihe co gutangura gusarura

Ingemwe za banguriwe (greffage) zitanga umwimbu ningoga guhera kumyaka 3–5uba utanguye gusarura.
Igiti gikuze gishobora gutanga umusaruro mwinshi buri mwaka iyo kibungabunzwe neza.

7. Inama ku murimyi
Iyo uteye amavoka mumurima zikirizito urashobora guteramwo ibindi biterwa mu myaka ya mbere birashobora gufasha gukoresha neza umurima.

17/10/2026

🔮ÉNERGIE : UN ACCORD HISTORIQUE POUR ÉLECTRIFIER LE BURUNDI

Le Burundi et Weza Power ont signĂ© un partenariat public-privĂ© de 1,4 milliard de dollars, prĂ©vu sur 25 ans, pour accĂ©lĂ©rer l’électrification nationale. PrĂšs de huit millions de personnes pourraient bĂ©nĂ©ficier d’un premier raccordement ou d’un accĂšs amĂ©liorĂ© Ă  une Ă©lectricitĂ© fiable.

Cet accord historique ouvre la voie Ă  la modernisation et Ă  l’extension du rĂ©seau, notamment dans les zones rurales et pĂ©riurbaines. Il pourrait soutenir les mĂ©nages, les Ă©coles, les centres de santĂ©, les entreprises et l’industrie.

Les documents disponibles indiquent que Weza Power se concentrera principalement sur la distribution. À court terme, l’entreprise devrait notamment distribuer de l’électricitĂ© fournie par la REGIDESO. À moyen terme, elle pourrait Ă©galement s’approvisionner auprĂšs de producteurs indĂ©pendants, favorisant ainsi la diversification Ă©nergĂ©tique.

Cette complĂ©mentaritĂ© entre la REGIDESO, Weza Power et les futurs producteurs privĂ©s peut renforcer durablement le secteur. Des prĂ©cisions seront naturellement attendues sur les zones desservies, les raccordements, la facturation et l’accompagnement des clients.

Au-delĂ  du montant annoncĂ©, cet accord reprĂ©sente une ambition nouvelle : faire de l’électricitĂ© un vĂ©ritable moteur de dĂ©veloppement, de crĂ©ation d’emplois et de transformation Ă©conomique pour le Burundi.

17/10/2026
16/10/2026

Address

Niyonkurupacifique00@gmail. Com
Bukeye

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AgriBio Durable posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share