Mbco burundi

Mbco burundi Toutes ma vie est l'entrepreneuriat

Habibi come to Dubaรฏ A2A is available for nigerians pple
04/02/2026

Habibi come to Dubaรฏ A2A is available for nigerians pple

Mwite Carmel umwana yitiranwa n'umusozi w'instinzi CARMEL MOUNTAIN ya vutse Le 16/07 bihura neza nihimbazwa ry'uwomusozi...
17/07/2025

Mwite Carmel umwana yitiranwa n'umusozi w'instinzi CARMEL MOUNTAIN ya vutse Le 16/07 bihura neza nihimbazwa ry'uwomusozi w' icarmel.akunda cane nyina wa Yezu kuko arinawe muvunyi wiwe!

08/07/2025
๐Ÿ’ฃ๐Ÿ™†๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ BIRAGOYE KWAKIRA ๐Ÿ˜ฐ๐Ÿ’”๐Ÿšง๐Ÿšฆ ๐Ÿ’” Mu gihugu ca Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Abantu 36 barapfuye abandi 30 barakomereka inyuma y'impanuka iko...
29/06/2025

๐Ÿ’ฃ๐Ÿ™†๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ BIRAGOYE KWAKIRA ๐Ÿ˜ฐ๐Ÿ’”

๐Ÿšง๐Ÿšฆ ๐Ÿ’” Mu gihugu ca Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Abantu 36 barapfuye abandi 30 barakomereka inyuma y'impanuka ikomeye yabaye uno munsi ku mugoroba mu gace ka Same, mu karere ka Kilimanjaro.

๐Ÿคต๐Ÿฝโ€โ™€๏ธ Umuyobozi wโ€™agace Kasilda Mgeni, niwe yemeje ko iyo mpanuka yahitanye Abo bantu.

๐Ÿคต๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ Umuyobozi wโ€™akarere ka Kilimanjaro, Nurdin Babu nawe yash*tse aho hantu kandi yitezwe gutanga itangazo ku mugaragaro ryerekeye ivyononekariye muri iryo Sanganya.

๐ŸšŒ Iri Sanganya rikaba ryaturutse Kuri Bus zagonganye aho imwe yariko iva i Moshi ija i Tanga ica igongana nโ€™iyindi bus ntoyi ya Coaster yariko iva mu gace ka Same.

22/06/2025

04/02/2025

The kind of nowadays pleople.
Search to understand how to improve your life because those you call supporters are not care about your success,know who you'are.

01/02/2025

Happy birthday day to you my niece

Address

Centre Ville
Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mbco burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share