Club Sagwamahoro

Club Sagwamahoro Nimusagwamahoro

🚨🚨 Muri Tanzania 🇹🇿 Diamond Platnumz Baruhutse baturiye inzu Yiwe WCB (WASAFI STUDIO) 🤦🏻‍♂️✨ Naho Abari mumigumuko yokwi...
02/11/2025

🚨🚨 Muri Tanzania 🇹🇿 Diamond Platnumz Baruhutse baturiye inzu Yiwe WCB (WASAFI STUDIO) 🤦🏻‍♂️

✨ Naho Abari mumigumuko yokwiyamiriza Itorwa rya SAMIA SALUHU 🇹🇿 Basavye cane Diamond Ko yofuta ama posts yose yashize kuri IG ( Instagram) ashigikira Prezida Samia ko yoyafuta ningoga, 😭😭

uburero wasafi yose bayakije

❌👉🏻 ARIKO Ivyo vyose yarabikoze arayafuta n'ubundi ivyo ntaco bikoze.
😒 Ikindi naco nuko Samia yatowe
Kumajwi angana na 97% n'ibice .

02/11/2025

Address

Q. Nyabututsi Avenue Lumière N°32
Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Club Sagwamahoro posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Club Sagwamahoro:

Share