Gikizi Coopérative/CO.D.GI

Gikizi Coopérative/CO.D.GI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Gikizi Coopérative/CO.D.GI, Business Center, Q. Gikizi, 6è Av, Kamenge.

02/03/2026

CODGI

BIMWE MUVYARANGUWE /RUHUHUMA 2026

FLASH BACK HIGHTLIGTS FEBRUARY 2026

RETRO RÉALISATION FÉVRIER 2026

----------------------------------------------------------------------------------

ITERAMBERE/ UBWOROZI 🐓🐤

KOPERATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI (CODGI) irabandanya gutera intambwe zishimishije mumigambi y'iterambere.

Kuri uyu w'imana igenekerezo rya 15 Ruhuhuma bamwe mumvukira za basanzwe barangurira imirimo yabo mumakungu baragendeye iyo koperative kugira barabe intambwe bagezeko mw'ishirwa mu ngiro ry'imigambi y'iterambere biyemeje.
Uwaserukiye abanya kamenge bakorera hanze (diaspora) yarashimishijwe n'intambwe koperative igeze aho iza yaratanguye gushira mungiro umugambi w'ubworozi bw"inkoko ,umwe mu migambi 3 mikurumikuru isanzwe ifise.

Inyuma yo kugendera ikibanza uwo mugambi uriko urarangurirwamwo, umu diaspora azwi kw'izina ryaJustin aba I mu Gihugu c'Ubwongereza yarashimiye abanyeshiramwe k"ubumwe bubaranga, umwete n'ubwira bafise mu kwiteza imbere no guteza imbere ikibano uhereye mu kamenge.
Justin yashimiye abiyumviriye gutanguza iyo koperative uhereye kumurongozi wayo NDIKUMANA Kevin nabo bakoranye.
Yahamagariye abanya Kamenge iyo bari kumpande zine zisi gushigikira iyo koperative mw"ishirwa mungiro ryimigambi yiyemeje kuneza y'abanyakamenge n'ikibano.

HAMWE NA CODGI IMBERE NI HEZA CANE
>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>

DEVELOPMENT 🐓🐤

KOPERATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI is moving forward.
After few months from it's beginning, CODGI is making great progress.
Sunday 15th February, members of diaspora natives of had visited the koperative to make sure of implementation steps for development projects.

Among them a representative, Mr Justin, Burundian diaspora from U.K made congratulations to members of CODGI, especially to the President Mr NDIKUMANA Kevin and his team who brought to bearth this good idea.
He was pleased to realize that one of 3 main CODGI actions is taking place ( cheken growing project)
He especially called Kamenge diaspora from across the world to join CODGI and help improving community development and well-being.

STAND WITH CODGI THE FUTURE IS SO BRIGHT
>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>>

DEVELOPPEMENT / ELEVAGE 🐓🐤

La Coopérative DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI (CODGI) avance à coup sûr!

Après quelques mois du début effectif, CODGI enregistre des avancées significatives.
Ce dimanche 15 février, un représentant des membres de la diaspora natifs de a effectué une visite de la Coopérative CODGI pour se rendre compte niveau atteint dans la mise en œuvre des projets de développement de la Coopérative.
Mr Justin, diaspora évoluant à en Angleterre a félicité les membres de la Coopérative pour leur unité et dévouement pour le développement de la Coopérative.

Satisfait de l'état d'avancement du projet d'élevage des poules récemment commencé, parmi les 3 principales Actions inscrites à l'actif de CODGI, il a remercié les initiateurs de CODGI, mention faite à Mr NDIKUMANA Kevin, président et promoteur en chef.
Justin appelle la diaspora de kamenge partout dans le monde, à soutenir cette belle initiative pour contribuer au développement et bien-être de la population de en particulier.

AVEC CODGI L'AVENIR S'ANNONCE RADIEUX

CODGIBIMWE MUVYARANGUWE /RUHUHUMA 2026FLASH BACK  HIGHTLIGTS FEBRUARY 2026RETRO RÉALISATION FÉVRIER 2026----------------...

COOPÉRATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI "CODGI"Amwe mu mashusho y'Inama ihereza ukwezi kwa Ruhuhuma.CODGI = UMURYANGO W'...
02/03/2026

COOPÉRATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI "CODGI"

Amwe mu mashusho y'Inama ihereza ukwezi kwa Ruhuhuma.

CODGI = UMURYANGO W'ITERAMBERE

IVYO TWOMENYA KURI KOPERATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZIIshirahamwe Koperative “Dukomeze Ubumwe Muri Gikizi”, CO.D.GI m...
24/09/2025

IVYO TWOMENYA KURI KOPERATIVE DUKOMEZE UBUMWE MURI GIKIZI

Ishirahamwe Koperative “Dukomeze Ubumwe Muri Gikizi”, CO.D.GI mumfyunyafyunyo, ryavutse mu mwaka 2024 aho ryemeregwa gukora n’ikigo kijejwe Gukurikirana amakoperative ANACOOP , inyuma yo kubona ko CO.D.GI ikwije ibisabwa n’amategeko, iraheza ihabwa ibiyiranga bikurikira: NIF 4002711895, RC 04350/2024.
Inyuma y’amezi make y’imyiteguro no kumenyekanisha iryo shirahamwe, koperative, yaratanguye ibikorwa vyayo nyezina mu ntango z’umwaka w’2025, mu kwezi kwa gatatu. Kugeza muri uku kwezi kw’icenda, CO.D.GI rigeze kubanywanyi barenga mirongo itanu, nabandi bakaba babandanya kwinjira.

IBIKORWA VYA KOPERATIVE CO.D.GI

Koperative CO.D.GI yiyemeje gukorera mu bisata bikurikira:
- Uburimyi
- Ubworozi
- Guhingura ibivuye mu mwimbu
- Kudandaza

Mu mezi make ibikorwa nyezina bitanguye, CO.D.GI iriko iratera intambwe zishishije mu kurondera incuti n’abagenzi boyifata mumugongo, eka mbere no kudodora ku bigo bishigikira imigambi y’iterambere kugira haboneke umutahe wisununuye mwirangurwa ry’imigambi ryiyemeje. Hambavu yivyo, abanywanyi babandanya gutanga intererano zabo za buri kwezi, no kuronswa ingurane kubavyipfuza, kunyungu itavuna. Abanywanyi bati imbere ni heza cane!

NI BANDE BEMEREWE KWINJIRA MWISHIRAHAMWE?

Koperative CO.D.GI ryashinzwe ahanini n’imvukira n’ababa muri Q. Gikizi, Zone Kamenge, Commune Ntahangwa. Ariko kuko iterambere ari irya bose, imiryango yugururiwe uwo wese yumva ashaka gufashanya natwe mubikorwa vyo kwiteza imbere, guteza imbere imiryango, ikibano n’Igihugu.

Abipfuza kumenya vyishi, mwohamagara ku numero zikurikira:
Tél:+ 257 71 98 43 43,
+ 257 76 02 25 19,
+ 257 69 69 38 86

19/09/2025

Urubuga rwa koperative "Dukomeze Ubumwe Muri Gikizi"
Muzohasanga amakuru y'ibikorwa vyacu, nibijanye n'iterambere mu Burundi
Kaze!

Address

Q. Gikizi, 6è Av
Kamenge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gikizi Coopérative/CO.D.GI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share