Gérard Gadi bdi

Gérard Gadi bdi AMAKURU Y'INKINO CANE CANE MU UMUPIRA W'AMAGURU SPOT

🌀👇🔥ukunikwo inkino zirangiye mwirijoro muri UEFA Champions League 👇👇👇👇
10/03/2026

🌀👇🔥ukunikwo inkino zirangiye mwirijoro muri UEFA Champions League 👇👇👇👇

🔥🌀👇ibibiharuro murukino rwaraye rubaye nivyiza naho Barselona ataho ibijanye.🍿🔥nuwanka urukwavu aremera kogwiruka Barsel...
04/03/2026

🔥🌀👇ibibiharuro murukino rwaraye rubaye nivyiza naho Barselona ataho ibijanye.

🍿🔥nuwanka urukwavu aremera kogwiruka Barselona yaraye ihakije gutangaza abantu nisi nzima.

🔥👍ndagusabe fyonda follow canke swivre🙏

03/03/2026

🤣🤣👇uyumugabo yariko ararira kubera yafashwe numuntu aheraniye 10 mil fbu.

ndashaka mubwire aturuka muntara yahe?

🙏Hama ucufyonda follow canke swivre Paje Gérard gadi bdi 🙏

🌀🔥👇urukino rurarangiye kutsinzi ya Barselona yibitsindi 3_0 bwa Atletic Madrid.⚡🌊icitonderwa Atletic Madrid naho idatsin...
03/03/2026

🌀🔥👇urukino rurarangiye kutsinzi ya Barselona yibitsindi 3_0 bwa Atletic Madrid.

⚡🌊icitonderwa Atletic Madrid naho idatsinze niyo izokina final kubera urukino rwambere yari yatsinze 4_0Barselona.

🫳fyonda follow Gérard gadi bdi🙏

01/03/2026

🌀🔥👇nimubwire abagabo nkaba tubasangahe?

🙏ndagusabe fyonda follow Gérard gadi bdi

🔥🌀👇ukunikwo indwi ya 23 muri primus ligue Burundi irangiye.🔥👇imigwi imwe ironka amanota iyindi iyabura iyindi yitwa amaz...
01/03/2026

🔥🌀👇ukunikwo indwi ya 23 muri primus ligue Burundi irangiye.

🔥👇imigwi imwe ironka amanota iyindi iyabura iyindi yitwa amazina.

wewe umugwi ufana witwaye gut?

fyonda follow swivre Gérard gadi bdi

🔥🌀👇ukunikwo inkino zitegekanijwe  le 10 /03/2026 nikino zambere zogutangura mugice 8 gishira icanyuma muri UEFA Champion...
27/02/2026

🔥🌀👇ukunikwo inkino zitegekanijwe le 10 /03/2026

nikino zambere zogutangura mugice 8 gishira icanyuma muri UEFA Champions League.

🙏👍fyonda follow Gérard gadi bdi🙏

🌀🔥j aimie, commenter ,partage 🙏

🌀🔥👇ukunikwo bizogenda bikurikirana mpaka finalnibande mubona bazogera final?🌀🔥👍jew kubwanje Arsenal vs Real Madrid final...
27/02/2026

🌀🔥👇ukunikwo bizogenda bikurikirana mpaka final

nibande mubona bazogera final?

🌀🔥👍jew kubwanje Arsenal vs Real Madrid final🙏

mubwire namwe kubwanyu nibande bazogera final?

🔥fyonda follow Gérard gadi bdi🙏

🔥fyonda, j aimie, commenter, partage🙏 🙏

🌀🔥👇tumbora yabaye ntarukino rwumusi yadusigiye kwer.🔥👇abafana ba Real Madrid mwakiriye gute gutombora Manchester cty?🌀👍🏾...
27/02/2026

🌀🔥👇tumbora yabaye ntarukino rwumusi yadusigiye kwer.

🔥👇abafana ba Real Madrid mwakiriye gute gutombora Manchester cty?

🌀👍🏾nirworukino mbona ruzoba rukomeye muzindi

🌀👍fyonda follow Gérard gadi bdi🙏

🌀👍 fyonda, j aimie ,commenter, partager 🙏

26/02/2026

With FFB – I'm on a streak! I've been a top fan for 3 months in a row. 🎉

🔥🌀👇ibibintu bizohera gute?shoke yoba bikaryoha Liverpool vs Atletic Madridiyindi yokomera Arsenalvs Bayern levacuzen
26/02/2026

🔥🌀👇ibibintu bizohera gute?

shoke yoba bikaryoha Liverpool vs Atletic Madrid

iyindi yokomera Arsenalvs Bayern levacuzen

🌀🔥👇mbekumusi wejo bizogenda gute?vini yarahiye araregwe ejo kazokira urukina atari bwaikene.abakunzi ba Real Madrid mubw...
24/02/2026

🌀🔥👇mbekumusi wejo bizogenda gute?

vini yarahiye araregwe ejo kazokira urukina atari bwaikene.

abakunzi ba Real Madrid mubwire mubona bizogenda gut?

🔥👍fyonda follow Gérard gadi bdi🙏

👍🏾👇fyonda j aimie, commenter, partager

Address

69820936
Kiremba

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gérard Gadi bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share