Ubworozi bw'inkoko.

Ubworozi bw'inkoko. Tworore kijambere turwanye ubukene

14/08/2022
08/06/2022

Twijukire ubworozi bw'inkoko.

22/05/2022

Barundi bene wacu,Igihe Imana yarema umuntu yari ifise umugambi mwiza w'uko yoganza si n'ibiyiriko vyose,kukw'ivyo tubwirizwa kuganza si n'ibiyirimwo,muri ukwo kuganza harimwo gukora kugira iyo si tuyikuremwo ibitugirira akamaro dukoresheje ubwenge Imana yaduhaye.Umwe wese rero nakoreshe ingabirano Imana yamuhaye,abarima barime,aborora borore,abahingura ibiva mu burimyi babihingure,abahingura ibiva mu bworozi babihingure,gutyo twiteze imbere ,turwanye ubukene turonke ibidufasha n'ibifasha mu gikorwa c'Imana.

25/04/2022

Tworore kijambere kugira ngo turwa nye ubukene.

Address

Muyebe
Mwaro

Telephone

+25769379369

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubworozi bw'inkoko. posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ubworozi bw'inkoko.:

Share