ISOKO Ngendanwa Burundi

ISOKO Ngendanwa Burundi Marketing / Achat /Vente
Gura gurisha uterimbere

🤣🤣🤣 umukinyi w'amareresi   ahejeje gushikiriza ati :" Aho vyakabereye nikera.wamuntu nkunda cane birenze aremeye ibigani...
08/08/2023

🤣🤣🤣 umukinyi w'amareresi ahejeje gushikiriza ati :

" Aho vyakabereye nikera.wamuntu nkunda cane birenze aremeye ibiganiro.tubivanye mumajambo tubishize mubikogwa.ubu nuwanje.nizereko mutazosubira kuntuka ndamupostinze.Kuko nzoba postinze gwanje "

Mubibona gute ?

🇧🇮 😅😂🤣
08/08/2023

🇧🇮 😅😂🤣

 ‼️ : Umumenyeshamakuru wa Radio Shima FM yo mu Rumonge yarahagaritswe, ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere, ku mutahe w’um...
08/08/2023

‼️

: Umumenyeshamakuru wa Radio Shima FM yo mu Rumonge yarahagaritswe, ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere, ku mutahe w’umushikirizamanza wa republika muri iyo ntara. Imvo yatumye Phénias Ndayishimiye ahagarikwa ntiramenyekana neza, kuko gushika ubu abamwegereye bavuga ko batarerekwa uwo mutahe umuhagarika.

Ariko amakuru ava mu bakurikiranira hafi iyo dosiye avuga ko yoba ariko arazira ivyo 'yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook" vyoba bifise intumbero yo gusambura Radio Izere fm, yahoze akoramwo imbere y’uko aja gukorera mw’iradiyo nshasha Shima FM.

Ivyo ariko Phénias Ndayishimiye arabihakana. Asigura ko ari irementanya yakorewe n’umuntu yamwiyitiriye akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook (piratage) nk’uko biboneka kuri urwo rubuga. Abo bakorana muri Radio Shima FM basaba ko ubutungane bwokora ataho buhengamiye.

Mu gihe ivyo yagirizwa hoba harimwo no gutyoza uwuserukira imbere y’amategeko Radio Izere FM, Isanganiro ntiyamuronse ngo agire ico abivuzeko. Ku musase wo kuri uyu wa kabiri terefone yiwe ntiyarengana.

🇱🇷       Vs        👊✊Mu mpera z'uku kwezi kw'umunani    babiri b'abagwizatunga bo muri   bagiye gutana mu mitwe mu rukin...
08/08/2023

🇱🇷 Vs 👊✊

Mu mpera z'uku kwezi kw'umunani babiri b'abagwizatunga bo muri bagiye gutana mu mitwe mu rukino rwo guterana ibipfunsi.
Umwe ni ,nyene urubuga Twitter , uwundi ni nyene imbuga ngurukanabumenyi WhatsApp, Facebook na Instagram.

Urwo rukino rukazobera mu gisagara ca muri Leta ya ,muri .

Kimwe muvyoba bitumye bano bagwizatunga bahisemwo guhangana ngo ni uko Mark Zuckerberg aherutse gutanguza urubuga yise rukora neza na neza nk'urubuga Twitter rwa Elon Musk ndetse rukaba rumaze gukwiza abanywanyi imiriyoni ijana.

Ikindi Elon Musk yagiriza Zuckerberg ko yamutwaye abakozi bahora bakorera Twitter abatwara gukorera muri na Threads. Ikiboneka nuko bano bagabo bariko bapfa ishari rifatiye ku butunzi no kuguterimbere kw'amashirahamwe yabo.

  5D mark 2📸neuf+Lens 50mm+mémoire 16GB+chargeurPrix: 2.650.000 FBU : 62 29 65 02
07/08/2023

5D mark 2📸neuf+Lens 50mm+mémoire 16GB+chargeur
Prix: 2.650.000 FBU

: 62 29 65 02

  : Tubafitiye   zikoteshwa,i Bujumbura hamwe no kuduga ruguru, mwipfuza n'umu   turamubaronsa.  : 62 29 65 02
07/08/2023

: Tubafitiye zikoteshwa,i Bujumbura hamwe no kuduga ruguru, mwipfuza n'umu turamubaronsa.

: 62 29 65 02

  y'ibirato ku giciro ciza. Murahawe ikaze aho muri hose 🇧🇮 turabibashikanira aho muri.  : 62 29 65 02
07/08/2023

y'ibirato ku giciro ciza. Murahawe ikaze aho muri hose 🇧🇮 turabibashikanira aho muri.

: 62 29 65 02

Address

Rohero
Rohero
40104

Telephone

+25779554015

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISOKO Ngendanwa Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ISOKO Ngendanwa Burundi:

Share