07/02/2023
Inkuru✝️🎼 y'urukundo❤️🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Part 19......
Irabandanije.....
1: Aho twasize grace agira ahure n'a Steven muri bureau mugihe Bari bamaze igihe kinini batabonana ....
2: mugihe twasize kandi stone asezeranya Grace ko baribuje kwa mamawe bamubwire ivyogukora mariage💒 anamubwirako hari nakandi kantu yamuguriye ...........
Nuko Grace agiheza kubaza david izina ryumuntu agira ahure nawe David aca aramubwira sindamukubwira ndabiz arazwi uratungurwa nuwariwe ...
Grace: oyh boss mbarira ninde kubr ninaza kwinjir nze ndamenya ingene ndamuvugisha
David: okay ndavyunva yitwa Steven numugenzi wanje akora mumuji niwe maneger wa bank nkuru yongah mugihugu .....agiheza kuvuga iryozina grace aca agira ubwoba bwinshi cane ....
David: hubwo Sha twatevye ja kumubaza ivyo afata ....
Grace agira avugeko adashobora kujayo boss aranka aramubwira grace humura numuntu nkawe nubwo ari maneger wa bank nkuru yigihugu ntibivuzeko arenze cane oyh numwana mwiza .......gusa sico Grace yariko atinya...
Nuko grace nubwoba bwinshi cane aregera umuryango boss aca arigendera amusiga ngaho Grace abura imbaraga zokukurura akomeza kwibaza mumutima ( mbe ninasanga ari Steven umwe nakunze ndavyitwaramo gute 😳 gusa ndabizi si Steven kubera ntiyagaruka ino kubera ntaco yahasize.. gusa Grace yaja kwinjir bikanga Amara akanya kanini ari ngaho aca yiyemeza kwinjir.......akicinjira😳😱😱 aca asanga ntamuntu uri muri bureau arinjira ngo arebeko ntamunt yabona arabura akiri murivyo David boss we araza acaramubwira grace wihangane Steven yaciye agenda bamuhamagaye vyar vyihutirwa ni secrétaire wiwe yaciye aja kumuraba ....... Grace: ohhh ntanakimwe boss hubwo nagira ndagusabe permission harivyo ngiranjemo muhira Noé ndagusavye peee ....... David ntanakimwe Grace gus uzibuke ejo uze kare ...
Grace: urakoze boss nzaz kare...
Tugaruke kwa Steven Aho ari kur stop bus yaje kurindira secrétaire we anthia wibuke yari yabimusavye kubera Bari mur congé ntibariko bakora Steven amwemererako aza mucaro nkuko yari yarabimusavye nuko anthia arashika nivyishimo vyinshi aca amurwa munda Steven nari ndagukumbuy cane (anthia yarumukobwa mwiza peee kandi caneee ntamuntu utamwifuzaga)... nuko Steven aca amushira mumuduga baca baragenda bagenda biganirira
Steven : umeze gt noe akazi karagenda
Anthia : yg boss Biragend.....
Bamara akanya kanini atanumwe urikuvuga anthia aca abwira Steven..
Boss waretse tukaja muka restaurant komucaro nnve ingene Biba bimeze .......