El-cro Elias Ntiburanywa

El-cro Elias Ntiburanywa Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from El-cro Elias Ntiburanywa, Business Center, Bujumbura, Rutana.

15/04/2026

☠️"Deep in the heart of the jungle, the kings of Europe are at it again! ⚪️✨
While Vinícius Jr, Mbappé, Bellingham, Valverde, and Rüdiger unearth the ultimate prize—the UEFA Champions League trophy—shadows are watching from the foliage. Harry Kane and the Bayern squad are lurking, waiting for the perfect moment to strike. 🔴👀

15/04/2026
22/03/2026

karabaye noneho fede valVelde ariy ikarata itukura Ku munota wa 77

Inkuru imwe isozera weekendUmusi umwe hari kera cane umukecuru umwe yagendew nurupfu ruramubwira ruti:"Ubu tuvugana niwe...
21/03/2026

Inkuru imwe isozera weekend
Umusi umwe hari kera cane umukecuru umwe yagendew nurupfu ruramubwira ruti:"Ubu tuvugana niwew ushikiw mubo ndiko ndatwara" umukecuru nawe ararwishura ATI:" Nyakwubahwa ndagusavye ubanze undindire imisi mikeyi mbanze nitegure uzoce ugaruka entant"
urupfu:"None ww sinari naraguteguje??
umukecuru:"Oya ntabwo mwari bwanteguze mushinganta..."
Urupfu:"Ntaco Ubu ndakubwiye ngira sinzosubira gusubira inyuma"
Umukecuru(aca arakoma amashi) ATI:"Urakoze"
Hashize igihe kitari gito rwa rupfu ruragaruka rusanga wa mukecuru nubundi ngo ntaritegura.
wa mukecuru yongera kurusaba isango hindi twoba ruramurindiriye akitegura.
Urupfu ruremer ruragenda ariko rwagiy rubaye k*k uwo mukecuru yagumye aruhenda.
Haciy igihe wa mukecuru ariyumvira ukuntu yohunga urupfu ngo nirwaza ntiruze rumusangeho.
Aca yigira inama yo guhungira kurwo hakurya yahho yahora aba akijabuka uruzi ruban ruramutwaye aca aba arapfuye.
Sije nohahera hohera uwo mukecuru yashatse kwigira je connais tout.

Address

Bujumbura
Rutana

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when El-cro Elias Ntiburanywa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share