Eliphaz Kafumba

Eliphaz Kafumba Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Eliphaz Kafumba, Business Center, Vugizo.

28/07/2026

Ubu naho ngiye muvyo kwihera abanyagihugu Amabuye n'imisenyi.
Wewe uriko urubakisha nyihere akazi nguhe ibikoresho ku giciro gito cane.

25/07/2026
Alimentation El Bétel iguma ibaha bishasha.Muze namwe murabe muzohasanga twatuntu nyene mwikundira.Nzokwama ndi wawundi ...
16/07/2026

Alimentation El Bétel iguma ibaha bishasha.
Muze namwe murabe muzohasanga twatuntu nyene mwikundira.
Nzokwama ndi wawundi abaha umunezero

26/06/2026

kaze mwese mu gikorane c'ijambo ry'Imana kiriko kibera karonge mw'ishengero rya Pentecôte U.E.PE.BU

24/06/2026

Alimentation El Bétel Vugizo

Abantu kweri !!!!!Baragoye,Ubacorere ngo uri kwonona imitungo ,Wabasaba follow kuri page Eliphaz Kafumba bakaraba gusa h...
23/06/2026

Abantu kweri !!!!!
Baragoye,
Ubacorere ngo uri kwonona imitungo ,
Wabasaba follow kuri page Eliphaz Kafumba bakaraba gusa hama bakarengana.
Abantu kweri ni hatari !!!!
none weho ubisomye waramfollowinze ?

13/06/2026

Umugirwa nakunda kubi.
n
Nkiri mu bigero vyaba bana, wapfuma unyica ariko nkataha mpaze.
Imanza za ruguru zubahwe.

Address

Vugizo

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eliphaz Kafumba posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share