18/10/2025
Kumuntu wese ariko avuga ko yageragej
Oya twananiwe twemere ko twarushijwe kk ivyo vyibikombe ntibisigura ko tutobatsinda kk bakinye Bose kumpande zose bangana rero ivyo vyakw' analysa ngo batwaye ibikombe 4 ntibiza bituzanira gutsinda mbe nkubu ko badutsindiye iwacu wumva amahirwe yo kubatsinda twoyaronkera iwabo oya tuze turavugishukuri ko tukiri inyuma muri football kare twitwaza ngo nuko tutakirira muhira Ubu ko biriko biratunanira turi muhira ahubwo Jew ico nohanura nibige ukungene football yacu yoterimbere nabandi Mugi forma abakinyi duhereye bakiri bato bagakura ariwo mwuga wabo nayahi tuzoguma turinyuma muri football
👏Sawa murakoze kuwasomye ivyiyumviro vyanje
Mbere vyoba vyiz nawe musomyi wokebura merci beaucoup