Dany Influencer

Dany Influencer Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dany Influencer, Business Center, Gasenyi, Buganda.

Debat sur la vision Burundi un pays emergent en 2040 et un pays developpé en 2060. Invités expert daniel ngend, ministre...
20/12/2023

Debat sur la vision Burundi un pays emergent en 2040 et un pays developpé en 2060. Invités expert daniel ngend, ministre de la defence , les proffesseurs de l université du burundi , faustin ndikumana expeert en eco du developement et autres cadres. Merci seigneur

Nkuko   bahejeje gutibura   kuba nyeshure binjira   y'uburundi.  n'imvano yisome mu  .Twenga kandi wige ubuzima
21/11/2023

Nkuko bahejeje gutibura kuba nyeshure binjira y'uburundi.
n'imvano yisome mu .

Twenga kandi wige ubuzima

Ayamahirwe ntabacike rwaruka mwipfuza kwiga hanze
08/11/2023

Ayamahirwe ntabacike rwaruka mwipfuza kwiga hanze

🐇"Ubworozi bw'inkavu, buri ku rugero rwa mbere mu bworozi bwunguka kw'isi"------------------------------------📌 Ikigo c'...
06/11/2023

🐇"Ubworozi bw'inkavu, buri ku rugero rwa mbere mu bworozi bwunguka kw'isi"
------------------------------------
📌 Ikigo c'igihugu Paeej-Burundi gifadikanije n'Ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije catunganije kuva kuri uyu wa 06/11/2023 i inyigisho z'imisi 5 ku bijanye n'ubworozi bw'inkwavu ku rwaruka 14 rwarangije amakaminuza mu gisata kijanye n'ubworozi. Muri abo, 5 basanzwe bariko barorora inkwavu bafashijwe n'ico kigo

💬 Désiré Manirakiza umuhuzabikorwa mu kigo Paeej amenyesha ko muri abo bariko barakurikirana izo nyigisho hazocagurwamwo abazokurikirana ikibanza co kugwiza inkwavu gitegekanijwe kuzoja mu ntara ya . Asaba abari muri izo nyigisho kuzikurikirana neza kuko bategerezwa kwerekana umusaruro mu kibano narirya aribo bazoca baja kwigisha abandi

📍Uwo mugambi ngo si uwaje utateguwe nk'uko bamwe bavyibaza kuko ngo hari abahinga bazofasha mu gutanga inyigisho hamwe no gukurikirana ibikorwa ku rubuga

📌 Ku bwa Agossou Senan Aziz, ava muri akaba n'umuhinga mu kworora inkwavu ku rwego rwa , avuga ko ubworozi bw'inkwavu buri ku rugero rwa mbere mu bworozi bwunguka kw'isi bukagira n'akamaro kanini ku burimyi mu bijanye no gufumbira hamwe no kuvura indwara z'ibiterwa

👀 Waruzi nawe ko inkwavu ziri kuri uryo rugero kw' isi?

🔴Kur'uyu wa gatandatu Igenekerezo rya 4 munyonyo 2023, niho hatanguzwa icese ku ncuro ya 17 urugendo rw'urumuri rw'amaho...
05/11/2023

🔴Kur'uyu wa gatandatu Igenekerezo rya 4 munyonyo 2023, niho hatanguzwa icese ku ncuro ya 17 urugendo rw'urumuri rw'amahoro. Ivyo birori vyatew'iteka na nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'Uburundi🇧🇮 Varisito , arikumwe n'umutambukanyi wiwe, abitangurije ku murwa mukuru w'intara ya , afadikanije n'abategetsi batandukanye nk'Umukuru wa sentare ntahinyuzwa, umushikiranganji wa mbere wa reta y'u Burundi, Umukuru w'inama , icegera ca mbere c'umukuru w'inama nshingamateka, Icegera c'umunyamabanga mukuru w'umugambwe , abahurikiye mw'ishirahamwe ry'intwara rumuri, hamwe n'abanyagihugu.

📌Mwomenya ko urwo rumuri rw'amahoro mur'uyu mwaka wa 2023, rwatangujwe kucivugo:"Mu runani rw'abarundi tugende turaba Uburundi bwifashe mumwaka w'2040."

Amanota Ya Exetat Bahejeje Kuyavuga   Buhejeje Gushira Hanze Amanota Ya Examen D' Etat Ndabibutse nkuko Babivuze kuva Ke...
28/10/2023

Amanota Ya Exetat Bahejeje Kuyavuga Buhejeje Gushira Hanze Amanota Ya Examen D' Etat

Ndabibutse nkuko Babivuze kuva Kera Uyu Mwaka Ibigo Vya Kaminuza Zuburundi Bizokwakira Abanyeshure Bahejeje Imyaka ibiri Iheze nkuko Amanota Asohotse imice ibiri 🙌

Ayo Yambere Nayabari Bamaze Umwaka Barindiririye Muhira Ayo Agira Kabiri Nayabahejeje Uno Mwaka 🙌🙌

Urashobora kuvyisomera Ngaha uko bagiye bayafatirako igisata kugisata ✊ Mbega Wewe Woba Warose Amahirwe yo Kwiga Université du Burundi nimba uri mubakoze iyi Myaka ibiri Iheze ??

Mbega Ubona bafatiye kuri Menshi Canke Make ?? Turakeje Abamenye ikibazo ca Reta 🙌🙌🙌🙌🙌🙌

MIJO Talent Tv @à la une 🇧🇮

🔴 IMBONEKARIMWE: Umurundi wa mbere yavumbuye ibiharuro bishobora gukoreshwa mu gucapa amashusho atandukanye!!===========...
26/10/2023

🔴 IMBONEKARIMWE: Umurundi wa mbere yavumbuye ibiharuro bishobora gukoreshwa mu gucapa amashusho atandukanye!!
==================================
Yitwa Salomon MBONINYIBUKA, akaba avuka mu ntara ya Makamba , Komine Nyanza Lac. Muvyo yize hakaba harimwo ibiharuro “Section Scientifique mu mashure yisumbuye” hamwe n’igisata citwa “Facultés de Sciences de l’ingénieur”, muri Kaminuza Y’Uburundi, i kiriri.

🔹Aremeza ko amaze kuvumbura ibitari bike kandi vy’akamaro kanini mu gisata c’ibiharuro. N’aho ashimira cane abariko baramufasha kwandika no kwamamaza bimwe mu bikorwa vyiwe, arasaba abomufata mu mugongo mu gushira mu ngiro ivyo yavumbuye mu ntumbero yo kubivyaza umusaruro. Na kare ngo ihangiro ryiwe si ukwandika no kwamamaza gusa ibikorwa vyiwe ahubwo ari no gutorera umuti urama ibibazo bibangamiye iterambere ry’abenegihugu bo mu Burundi muri Afrika n’isi yose muri rusangi.

📍💬 Agira ati : « Jewe ndi umuntu yiyumvira cane. Narakurikiranye ibiharuro vyitwa Trigonométrie de Pythagore, ndabona neza ko hari ahantu atash*tse. Nca mfata umwanya wo kuvyigako neza, ndabandanya inzira , kugeza yaho nshika ku nyishu isa ni iyegeye imbere gato. Nkoresheje ibiharuro rero bita équations cartésiennes vya René DESCARTES hoho , nasanze nshobora gucapa amashusho atandukanye y’ibintu tubona mu kibano nk’amababi y’ibiterwa, amashurwe, n’ayandi mashusho meza bashora gukoresha nko mu gufuma amashuka, gushona impuzu za broderie n’ibindi. Vyantwaye igihe kitari gito kugira ndabishikeko. No muhira abo tubana bakunda kumbona nsohoka ninjira, nkamara umwanya munini ndi ku mashine, bagatangazwa nivyo ndimwo. Hari n’abibaza ko mfise akagorane mu mutwe. Ariko bamaze kubona ivyavuyemwo barahava bagira icizere gito. »

📍💬 Yongeye ati : « Ibiharuro nkoresha kugira nshike kurayo mashusho sinoshoka ndabibereka ubunyene ngaha, kuko hariho abandi bantu bazi ibiharuro bohava babikora , bakaca bantwara umugambi. Gusa ico babona kurano mashusho barabona graphique, ico twita Axes des abscisses na des o

KAZE  ABROAD iriho kubwanyu
25/10/2023

KAZE ABROAD iriho kubwanyu

🔴Maze kubona ko iyo itomati zabaye nyinshi ko zica zononekara ,naciye negera ikigo   gica kimpa umutahe ntangura guhingu...
24/10/2023

🔴Maze kubona ko iyo itomati zabaye nyinshi ko zica zononekara ,naciye negera ikigo gica kimpa umutahe ntangura guhingura ndazigira ifu.

Umwigeme Ahmed MWAJUMA ,yashinze Mu mu gisagara ca ihinguriro ryo guhingura akazigira ico yise hama agaheza akayitekera mu bigopo.Iryo hinguriro rikaba rihingura vy'itomati 100 ku munsi.

Uwo mwigeme wumu agira ati "jewe nararavye uko umwimbu w'tomati ukuntu upfa ubusa ikindi mu turya ziva hanze kandi nemeza ko hoba harimwo ibindi bi bishora kuzotera ingarukambi ubuzima bw'abantu bazihereza. Naciye negera irampa umutahe ndashinga iryo hinguriro rihingura Ifu y'itomati kandi zibikika zikamara iminsi.

Ahmed MWAJUMA agatera akamo umuntu wese afise uburyo kuza kwifadikanya nawe kugira iryo hinguriro ritere imbere .

'

woba ukeneye kwiga mumahanga??? kaze abroad irabibafashamwo kuronka ishure mugihugu cose mwipfuza nyaragasa tubafashe.
24/10/2023

woba ukeneye kwiga mumahanga??? kaze abroad irabibafashamwo kuronka ishure mugihugu cose mwipfuza nyaragasa tubafashe.

Address

Gasenyi
Buganda

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dany Influencer posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share