Vijana NA KAZI

Vijana NA KAZI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Vijana NA KAZI, Business service, Gitega, Bujumbura.

🇦🇪i   ibisasu vyasubiye??🥱 Uyu muji wa   na Dubaï muri Leta Zunze Ubumwe z'abarabu benshi bazi nka UAE hatanzwe imburi y...
04/05/2026

🇦🇪i ibisasu vyasubiye??🥱 Uyu muji wa na Dubaï muri Leta Zunze Ubumwe z'abarabu benshi bazi nka UAE hatanzwe imburi yo kwitwararika ( alert ) kubera irindi terabwoba ry’amasasu ya Missile ava muri IRANI🇮🇷🥱🥹

🟢Bariko baburira abantu ko hari akaga gashobora guterwa n’amasasu ava kure ( missiles ) Abantu basabwe kuba maso no gukurikiza amabwirizwa y’umutekano 😳⚠️

Vyatangajwe n'Urubuga rwa Leta ya Dubaï (UAE Labours)

Iyi ntambara kumengo iguma ivyonga akarere? 🤔🇺🇸

26/12/2025

:Imiliyoni zigera kuri 14 z'amadolale y'amabanyamerika niyo amaze kwinjira mu kigega c'igihugu bivuye muri wa mugambi wo gukura ubutare no kubushora Ku mugaragaro. Vyashikirijwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi mu kiganiro n'abenegihugu mu ntaraya Gitega ku kibuga c'i Muramvya. yavuze kandi ko urwaruka rugera Ku 1800 ari rwa rwashoboye kuronkaakazi biciye muri uwo mugambi wo gucukura ubutara . Evariste Ndayishimiye ati": Hamwe vyobandanya gutyo Uburundi bwoshobora kugura vyankenerwa bitari bike mu mafaranga yova muri ubwo butare."

Mukamenya ko igikorwa co gushora ubwo butare Ku mugaragaro catangujwe muri Mukakaro n'umukuru w'igihugu c'Uburundi.

Address

Gitega
Bujumbura

Telephone

+25761350332

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vijana NA KAZI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share