Business777_ tictac

Business777_ tictac Business777@ tic-tac iha amahigwe abadafise imitahe, kurangura imirimo yabo vyoroshe.

07/02/2026

07/02/2026

Inyungu ni gwawe wewe wenyene. Dukuramwo déplacement gusa yanje.
Amakuru arambuye... 68 82 02 52

07/02/2026

Uwushaka 100k afise idée ya business tictac
M.N :ikogwa musi y iminota 30
Ni ukurangura ikintu kitarenza 10kg kigashogwa kw isoko

soon video on 5 businesses to grow faster I bujumbura mu mujiziri simple hama 🫶🫶🫶🫶ukeneye formation ya beignets ifis aka...
20/01/2026

soon video on 5 businesses to grow faster I bujumbura mu muji
ziri simple hama 🫶🫶🫶🫶ukeneye formation ya beignets ifis akanovera ka ... .. #.amata.. #.vanilla...
tuzobiyaga hano...
andika muri comment

06/01/2026

Business777.
kaze
bienvenue
welcome
tictac

sell and buy i BUJUMBURA.Ni iki gihe ,twinjira mu mbonakazoza 2040-2060.ico gihe umurundi azohembwa kw,isaha .ifaranga r...
05/01/2026

sell and buy i BUJUMBURA.
Ni iki gihe ,twinjira mu mbonakazoza 2040-2060.
ico gihe umurundi azohembwa kw,isaha .ifaranga ry Uburundi ryariyongereje agaciro.ubifisemwo uruhara guhera ino saha .
dukorane turikumwe twese birashoboka.

04/01/2026

uri bujumbura
ehe i deal
uri agent lumitel
uri taxi-man
aho uri hose
ico uri cose
ejo u*icishe ahatu u*i hakoregwa i deal
kurangura naho gucuruza
utohoze ibicuruzwa bisohoka cane i bujumbura
aho birangugwa naho bicuruzwa
ejo uze uduhe comment ngaha
dukine i deal ivyunguka

hashtag-buinesstictac777

04/01/2026

Gukoresha amahera y abandi muri business(umutahe).BAKAKWeREKA ico gukora amasaha 3 ku musi.ubishoboye ukazoguma uronka uturusho mu mugambi ku musi ku musi.
share this
"111&burundiPARADISE../
-nicolas-maduro

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Business777_ tictac posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share