Société pacive

Société pacive Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Société pacive, Business service, Bujumbura.

 (conflits)Barayamaze bati:"AHARI ABANTU HAMA URUNTURUNTU"Nivyo mukibano ABANTU benshi barakunda kugiranira ivyo badahur...
14/01/2026

(conflits)

Barayamaze bati:"AHARI ABANTU HAMA URUNTURUNTU"

Nivyo mukibano ABANTU benshi barakunda kugiranira ivyo badahurizako kandi ivyo ni ibisanzwe. Ariko icerekana ABANTU b'ubuntu ni ingene baza kwitwara mugutorera inyishu y'ayo matati.

Umuhinga muvyo gutatura amatati bidaciye mu ngimba aratubwira inzira zitatu zikuru zikuru twokwisunga :

1. : avugako kuganira hagati y'abatase ushobora kuba umuti urama kuko haba uwuhebera uwundi.

2. umuhuza: Iyo bish*tse ibiganiro bikanka bararondera umuhuza kugirango abumvikanishe maze abatase bagusubira kunywana.
3. (confrontation): iyo bish*tse ibiganiro bikanka n'umuhuza akananirwa haba hasigaye guhanga hagati y'abatase kugeza inyishu ibonetse.

Nubwo biruko hari inzira zituma haba ukwihora(vengeance) mugihe habayemwo uwubihomberamwo cane cane iyo bamuciye amande.

✓Wewe iyo mutase na mugenzawe mwiyuzuza gute ?

✓Ni iyihe nzira ubonako Ari nziza ?
✓Ni iyihe nzira wohanura abatase?
✓ Mbega iyo sentare itatuye abantu muhora mubona bataha baryohewe canker bakomeza kubana neza?

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Société pacive posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share