Ingo sport news

Ingo sport news INGO SPORT NEWS

10/12/2021

⚽⚽nubund Barça barakorokey mur mutoy wa UEFA Champions League ariy Europa League arik nahonyen bitond kuber hariy imigw myish ikaz 👻👻kand ihamenyey 🔥🔥nubw Xavi umutoz avugak integ ari igikomb🏆🏆

🇧🇮🇧🇮 bumamuru kuva mu c,ibitoke ihejeje kwirahir aigle noir ibitsindo 2-1 top junoir ntagukosh batsindiy New oil iwab 1-...
13/11/2021

🇧🇮🇧🇮 bumamuru kuva mu c,ibitoke ihejeje kwirahir aigle noir ibitsindo 2-1 top junoir ntagukosh batsindiy New oil iwab 1-0 musongati ivyoyigiz vyayankiy kuvan amanot 3 ivyizigiro mukungany n'a les crocos 0-0

Lionnel Messi ntiyabonets murukin gwindwi yab ya Kabir mur france arik yaranezerejw ni goal rya tsinzw na mbappe
16/08/2021

Lionnel Messi ntiyabonets murukin gwindwi yab ya Kabir mur france arik yaranezerejw ni goal rya tsinzw na mbappe

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ingo sport news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share