Ushoboye iki?

Ushoboye iki? Talents257official

🛑 Impusha zatanzwe kubiyungura bakoresheje amakinga, ama moto zirahagaritswe!Buramatari w'intara ya Bujumbura aramenyesh...
24/08/2026

🛑 Impusha zatanzwe kubiyungura bakoresheje amakinga, ama moto zirahagaritswe!

Buramatari w'intara ya Bujumbura aramenyesheje Abenegihugu bose baronkejwe impapuro zibaha uburenganzira mfatakibanza bwo kwinjira mu gisagara kubagendasha ama moto n'amakinga ko zihagaritswe zose, zitagifise agaciro ku mvo z'uko hibonekeje ko abeshi biganye izo mpusha mu buryo butemewe n'amategeko.

Abifuza gusaba kandi impusha bokwitura ibiro vya Buramatari kugira higwe ukuntu bozironswa.
Kubw'iyo mvo, nta moto canke ikinga yemerewe kwinjira mu gisagara itararonswa uruhusha rushasha.

Haribukjwe kandi ko Imbimbe zashinzwe ku bagendesha ama moto n'ama kinga zibandanya kubahirizwa mu gihe udafise uruhusha. Uwuzobirengako azobihanirwa hisunzwe amategeko.
Bisabwe abajejwe Intwaro n'aba "Commissaires" b'ama komine mugi Polisi arimwo ivyapa ntarengwa vyashinzwe kubagendesha ama moto n'ama kinga, gukurikirana ko iyi ngingo yubahirizwa.

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

Umugwi wa Aigle Noir CS ugiye gupambanira ku matara yo kuri Stade Intwari n’abasore b’i Gitega Young Star.Fyonda   kuri ...
23/08/2026

Umugwi wa Aigle Noir CS ugiye gupambanira ku matara yo kuri Stade Intwari n’abasore b’i Gitega Young Star.

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

 : SlovĂŠnie na Japon nibo baza guhurira muri Final kuruhande rw'abigeme.Mugice ca kabiri gishira icanyuma muri Volleybal...
23/08/2026

: SlovĂŠnie na Japon nibo baza guhurira muri Final kuruhande rw'abigeme.

Mugice ca kabiri gishira icanyuma muri Volleyball beach mu bigeme SlovĂŠnie ya Kotnik na Lovisin yanyagiye ubuyapanai bwa Riko na Yajima amaseti abiri ku busa maze ishika muri finale. (21-14, 21-17)

Kurundi ruhande Ubuyapani bwa Miharu na Yabuni bwirahiye ubuyapani nyene bwa Okuno na Sekiguchu ama Set abiri kuri imwe maze nabo bashika muri final.(21,12 22-20 19-17)

Birumvika neza rero ko SlovĂŠnie ya Kotnik na Lovisin iza guhuz'ubwayi na japon ya Miharu na Yabuni kurukino rwanyuma (finale).

Mwomenya ko iyi migwi ibiri y'ubuyapani yatsinzwe muri Demi_Final ica ikina ihiganirwa ikibanza ca gatatu.

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

Amwe mu masanamu yaranze umusi kane w'ihiganwa mpuzamakungu rya Volleyball Beach   _Tour_Futures2026
23/08/2026

Amwe mu masanamu yaranze umusi kane w'ihiganwa mpuzamakungu rya Volleyball Beach _Tour_Futures2026

Carlos Espi w’imyaka 21 gusa mu rukino rwiwe rwambere akinira umugwi wa Real Madrid mw’ihiganwa rya La Liga vyamusavye i...
23/08/2026

Carlos Espi w’imyaka 21 gusa mu rukino rwiwe rwambere akinira umugwi wa Real Madrid mw’ihiganwa rya La Liga vyamusavye iminota cumi gusa kugira araze neza abakunzi ba Real Madrid.
Yinjiye k’umunota wa 80 atsinda igitsindo k’umunota wa 90 kikaba n’igitsindo gihejeje guhesha amanota 3 yambere umugwi wa Real Madrid mw’ihiganwa rya La Liga ryuno ryuno mwaka w’inkino wa 2026/2027.

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

🚨 Umugwi OGC Nice usanzwe ukinamwo Kizigenza w’Intamba mu Rugamba officiel Ndayishimiye Youssuf Gallery wanganije na    ...
23/08/2026

🚨 Umugwi OGC Nice usanzwe ukinamwo Kizigenza w’Intamba mu Rugamba officiel Ndayishimiye Youssuf Gallery wanganije na 0-0 mu rukino rw’indwi yambere rw’ihiganwa ryo mucicaro cambere mu Bufaransa .

Youssouf Ndayishimiye yakinye iminota yose y’urukino kuruhande rwa OGC Nice , mbere kumunota wa 80 Kizigenza wa OGC Nice ariwe Clauss yasohotse mu kibuga , aca aha igitambara Umwana w’Ibujumbura Youssouf Ndayishimiye .

OGC Nice biranoneka y’uko ifise ikibazo c’Ubusatirizi kuko n’inkino zimwe zimwe zo kwitegurira ihiganwa rya Ligue 1 ryo mu Bufaransa uwo mugwi wagiye urazinganya bivanye n’uko ata basatirizi ufise .

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

🚨🏐 Ibihugu 4 arivyo  ,  ,    na   nivyo bigiye gutana mu mitwe mu nkino z'igice ca kabiri gishira icanyuma, mw'ihiganwa ...
22/08/2026

🚨🏐 Ibihugu 4 arivyo , , na nivyo bigiye gutana mu mitwe mu nkino z'igice ca kabiri gishira icanyuma, mw'ihiganwa rya World Beach Pro Tour, Bujumbura 2026.

Ku musi w'Imana, igenekerezo rya 23 Myandagaro 2026, niwo musi bitegekanijwe ko inkino za kimwe ca kabiri gishira icanyuma hamwe n'inkino za nyuma zizoba, aho zimaze imisi zibera ku musenyi wa Eden Garden Resort.

Twoba tugiye kubona Uburundi butwara kibanza cambere ku ncuro ya mbere? Umusi w'ejo utubikiye vyinshi.

 :Umugwi   uriko uraserukira Uburundi mu nkino za  'S_CHAMPIONS_QUALIFIER zihuza imigwi yatahukanye ibikombe mu mahigann...
22/08/2026

:Umugwi uriko uraserukira Uburundi mu nkino za 'S_CHAMPIONS_QUALIFIER zihuza imigwi yatahukanye ibikombe mu mahigannwa yo mubihugu iwabo mu mupira w'amaguru, watsinzwe urukino rwawo rwambere muri izonkino mu gihugu c'Urwanda ,aho uwo mugwi watsinzwe na wo mu gihugu ca Tanzaniya ibitsindo 2-0.

FT: Simba Queens 2-0 Top Girls Academy

Hari mu rukino rwambere rwabaye kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 22 mu gisagara ca Kigali mu gihugu c'Urwanda.

Umugwi Top Girls Academy ukaba uri mw'itsinda C aho urikumwe na yo muri Tanzaniya hamwe na FC wo mu gihugu ca Kenya.

 : Uburundi bush*tse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma ku ncuro ya mbere.Ku musi ugira kane muri rya higanwa mpuzamaku...
22/08/2026

: Uburundi bush*tse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma ku ncuro ya mbere.

Ku musi ugira kane muri rya higanwa mpuzamakungu mu rukino rwa Volleyball rukinirwa ku musenyi ririko ribera mu gisagara ca Bujumbura,mu nkino zabaye kuri uyu wa gatandatu ku ruhande rw'abagabo umurwi userukira u ugizwe na na ukaba watsinze uwundi murwi w'u ugizwe na na ku ma seti 2 ku 0 ivyatumye umurwi watahukanye itsinzi uce uronka uburenganzira bwo kuzokina inkino z'igice ca kabiri gishira ica nyuma ku ncuro ya mbere kuva iryo higanwa ritangura kubera mu Burundi.

Izindi nkino zabaye ku ruhande rw'abagabo umurwi userukira Reta zunzubumwe za Amerika watsinzwe na Danemark ku ma seti 2 kuri 1 babanje kwifashisha umwanya w'agasunuzo (SÊoul), umurwi userukira Norvège wa 1 watsinze uwa Norvège wa 2 ku ma seti 2 ku 0 ,umurwi userukira igihugu ca RÊpublique Tchèque ukaba watsinze Ubuyapani ku ma seti 2 kuri 1 nabo nyene babanje kwifashisha umwanya w'agasunuzo.

Izindi nkino zabaye ku ruhande rw'abigeme umurwi userukira igihugu c'Ubudagi watsinze Tanzaniya ku ma seti 2 ku 0, umurwi w'Ubuyapani wa mbere ukaba watsinze uwundi murwi userukira igihugu c'Ubuyapani wa kabiri ku ma seti 2 ku 0.

Imirwi yatsinze kuri uyu wa gatandatu ikaba yaciye ironka uburenganzira bwo gukina inkino z'igice ca kabiri gishira ica nyuma zizokinwa kuri uyu w'Imana kuri .

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

🚨 OFFICIEL ✅ !Malcom 🇧🇷 yasinye unomunsi mumugwi wa Al Jazira 🇦🇪 wo muri Leta Zunze Ubumwe bw'Abarabu. Fyonda   kuri ino...
22/08/2026

🚨 OFFICIEL ✅ !Malcom 🇧🇷 yasinye unomunsi mumugwi wa Al Jazira 🇦🇪 wo muri Leta Zunze Ubumwe bw'Abarabu.

Fyonda kuri ino page kugira ubandanye uronka bishasha

Address

Bujumbura

Telephone

+25779865971

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ushoboye iki? posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share