N.jeyorg

N.jeyorg Jérôme

21/07/2022
29/04/2022

🤭 Muri Yaga "Twu muet" : ng'ibi ivyo mwomenya ku mvugo imaze imisi iharawe

📱 Turamaze imisi tubibona ku mbugakoraniro aho ijambo usanga uwurikoresha yarihinduye mu nyandiko akaryandika uko aryumva rimwe na rimwe bikagorana gutora ico yashatse kuvuga 😂

🔁 Akarorero gasa n'akagaruka cane ni "ndu muet" aho baba bashatse kuvuga ngo "ndumiwe" 🤣

🤷🏾‍♀️ Muti none iyo mvugo yazananye he ?

🦜 Bayita imvugo y'inyoni, mu kinofunofu "Language des oiseaux". Iyo mvugo yatanguye mu myaka y'1900. Biravugwa mbere ko yakoreshwa n'abanditsi. Umwanditsi w'Umufaransa yava muri Egiputa akaba yari n'umwisilamu, René Guénon, akaba ariwe avugwa ko ari we yayitanguje mu mwaka w'1926.

✍🏾 Mu bisanzwe iyo mvugo itandukaniye mu kwandika no kuvuga. Ivyo bikorwa mu gufata amajambo wumvise ukayaha iyindi nsiguro mu nyandiko ariko mu gusoma ikaba hafi y'ijambo ry'inkomoko.

🤔 Muti ni iki gituma iyo mvugo ?

Icinyegeje inyuma ni ukunyegeza inkuru ushatse gutanga ngo ntishoke iboneka ndetse bigatuma abantu kwiyumvira imbere yo gutora inkuru yatanzwe 😅

🤗 Mu gusozera rino yinga, reka natwe "D'où houe rire mou lit comment terre tout baie tout là lit njora" 🏃🏾‍♀️


25/04/2022

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00

Telephone

+25761299154

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when N.jeyorg posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share