UDNT Tegura EJO

UDNT Tegura EJO UDNT Tegūra Ejo c'est une sociéte cooperative

Avec IBloTec – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉
10/06/2024

Avec IBloTec – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉

Avec DrNgabire Brian – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉
03/06/2024

Avec DrNgabire Brian – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉

30/05/2024

1)abantu batangura kukwanka Iyo batakikoresha canke ngo baronka ivyo bashak iwawe

2) suko inzu iba nini hubwo nuko uyisangamwo amahoro

3)nivyiza yuko uguma urewenyene K*k umugenzi wabosi ntamugenzi agira

4)ntiwizere cane, ntukunde cane, kuko ushobora kubabara

5)abantu beshi ntibashaka uhinduke ataco ubafasha bashaka ugum uko udahindutse ariko bagum bagukoresha

6)ntiwibazeko induru ikomeye ariko guhora iri ivyintegenke

7)ibigumbagumba nivya kanya gato ariko ingingo nizibihe vyose.

IBloTec

30/05/2024

NDABIFURIJE KURORANIGWA NO KUGIRIGWA NEZA MUBIKOGWA VYOSE URIKO URAKORA.

01/01/2022

Kw'izina rya COOPERATIVE UDNT TEGURA EJO, no kw'izina ryanje, nagomba mfate kano kanya ngo nifpurize mwebwe mwese bavukanyi bo ku mutumba mwiza, umwaka mwiza w'2022, kuri mwebwe n'abanyu bose, uwu mwaka uze ubabere umwaka w'amagara meza, umwaka w'imigisha, imihezagiro, umwaka w'umusaruro ushimishije mu migambi inyuranye muzorangura hamwe n'umwaka wogutera iyindi ntambwe mw'iterambere ry'umutumba wacu. Muze kuwuhimbaza mu mahoro, muwusangire n'abanyu hamwe n'abagenzi.Maze imana ibahunde imihezagiro yo gukundana nogushikiranako muri vyose na hose. Booooooonne Annéeeeeeeeeeeeeeeee! Umwaka mushasha wa 2022.

05/04/2021

UDNT TEGURA EJO IBIFURIJE PASIKA NZIZA, MUGIRE INTSINZI MURI VYOSE MUBUZIMA BWANYU.

24/12/2020

UDNT TEGURA EJO ibipfurije Noël nziza ivuka rya Kristu umucunguzi wisi, ivuka ry'Umwami wacu Yezu Christu, ribabere ikiraro co kujabuka koko mumwaka wa 2021.Uze ubabere umwaka w'imigisha, imihezagiro mumirimo yanyu yose, umwimbu wiyongere, . mwibuke gusabikanya n'abatishoboye mugusangira akanyamuneza k'ivuka ry'Umukiza wacu, muhezagirwe

27/10/2020

Salut à tout le monde, que Dieu soit avec vous n'importe où vous êtes.

01/01/2020

UDNT Tegura EJO INIPFURIJE UMWAKA MUSHASHA MWIZA WOKURORANIGWA MURI VYOSE NA HOSE "IMANA IBAHEZAGIRE YONGERE IBAZIGAME".

Address

KAMENGE
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UDNT Tegura EJO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to UDNT Tegura EJO:

Share