Egera Imana

Call Directions

Egera Imana Murahawe ikaze mwese mumutamana w'Umuvyeyi Bikira Maria ⛪⛪⛪

05/12/2022
26/09/2022
21/04/2022

Ndabaramukij mwesé bakunz ba Egera IMANA !! twifashishije aka kantu kuy mwana 🙄🙄🙄murabona nez ko uyu mwan kumbure afise ikintu ashak kutumenyesha twebw abantu ba none !!twebw abantu ba none ntitumenya ko tugez mubihe vyanyuma !😪tubona umengo niko vyamye arik twomenya ko vyukuri igihe ça duheranye😭😭 vyiza rero twokwigarura tukigaya;tugasaba ikigongwe kuvyo twakoze nabi nacanecane gusubiza hamw nabo twagiraniye nabi👯👯🤼harih bavukany ukuntu twebw abantu usanga umuntu agwara akagera kure
Akabura namahera akwiy yo kwivuza ariko yamara gupfa tukabona kumuterera ishuka hamw nisandugu kandi bizimvye!,🛌🛌mugab atarapfa ataco twamufashije 😭😭none rer twige gufashany tugishimirw turek gufash tutagishimirw; Murakoz !⛪⛪⛪Bikira Mariya mweranda nyina W'Imana dusabire twebw abanonyi Ubu numusi tuzopfa Amen ⛪⛪

21/04/2022

Ndabasab bakuzi ba page Egera IMANA musome iyi nyigisho kuko ivuga vyinshi muvyo twita vyiza arik ar bibi 👩‍💻👩‍💻👩‍💻Bavukany bakundwa b'Imana ;twifashishije aka kavideo Kari ngaho musi👩‍🏫 turabona neza ko IMISA ari ikintu gihambaye cane mubuzima bwumukristu !dutegerezwa rero kureka gusamara iy turi Mwiyo nkuka nyeranda ;Y'IMISA! turabona kandi ko iyo patiri arik ahereza inkuka nyeranda y'imisa yuko vyukuri mugihe arik ahereza umukate n'umuvinyu kuri altari nyeranda birahinduka umubiri n'amaraso vya kristu !! bavukany twebwe ugwaruka rwa none biratugora ugasanga turiko turasamara cane😪😪ahandi naho tukaj gusenga kugira ngo tumare umwanyaz canke ngo twibonanire nabagenzi bacu 👯🤼👫!ivyo rer ntivyar bikwiy mubuzima bwumukristu !!twategerezw kuja mumisa tuz ko tugiy mungoro🚶🚶🚶 y'Imana kand tugiy kuganira n'Imana ndetse tukagira nagacerere iy turi mungoro yayo🧒 Murakoze dusabe mutima mweranda adufashe turek gusamara no gusamaza abandi !!,⛪⛪⛪Mariya mweranda nyina W'Imana dusabire twebw abanonyi Ubu numusi tuzopfa Amen!!

04/03/2022

Address

Bujumbura

Telephone

+25768510538

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Egera Imana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share