31/05/2023
" SOMA IY'INKURU IBABAJE"
---------------------------------------.
Habaye Abagabo babiri(2)
Bari abagenzi cane
Umwe Muri Abo yari yaramenye Yesu,
Uwundi nawe yari yibereye ngaho ataco bimutwaye kutamenya Yesu.
Hanyuma igihe kimwe umwe yamenye Yesu asezera Mugenzi we arataha nk'uko vyama.
Mw'ijoro agira indoto:Arota Abona wa wundi Mugenzi we Yapfuye,
Abona amwidogera avuga ati:
"N'Ukuri wambereye Incuti yo mumugamba,
wambereye inryarya,
warampemukiye,
wambereye umwana mubi kandi narinziko urumugenzi utaco wompisha!
Maze nanje ndamubaza ATI:
Kuberiki ga mugenzi!harikintu kibi nigeze ndagukorera mugihe cose tumaranye?
Nawe aranyishura nuburakare bwishi ATI:
Igihe cose twamaranye turi abagenzi,
Ibintu vy'agaciro kw'Isi ntaco utampaye,
Ntabanga narimwe tutabwiranye nkabagenzi,ntaco wigeze inyima canke ngo jewe ndakwime,twasangiye ivyiza n'ibibi,twasangiye akabisi nagahiye
⚠️Ariko ntahuye ko mu vyo wari ufise,na yarimwo ariko ntiwigeze umumpako ngo Umbwire Ivy'Iwe mu bugenzi bwacu,
Iyo uza kumpa Kuri Yesu vyari kungirira akamaro inyuma y'ubugingo bwo mw'isi,
None ngiye ahantu habi caane(mu muriro) kandi wari Umugenzi ntiwambwira kubijanye na Yesu".
Maze Wa mugabo arazazamuka ava mwitiro yumva iyo Ndoto imuteye ubwoba,aca arazinduka yihutira kuja kuraba Wa Mugenziwe,
Ahash*tse asanga habaye ikigandaro,
Abajije ibiriko biraba bamubwira bati burya igihe muvanye nawe yanyereye muri dushe akubita umutwe hasi kaba karaciye!
Uwamenye Yesu asigarana intuntu n'Agahinda kuba Umugenzi Mpfampfe Agiye amazimayongo.
Niba u*i Yesu Nturengane utagize kuko Mugenzawe abibonye biramufasha.
Bikore yanke yabibonye Amaraso yiwe ntaze aje ku gatwe kawe.Yohana 20:21
abonner Kuri page muzoba mukoze