SaniGlob

SaniGlob Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from SaniGlob, Business Center, Boulevard MWAMBUTSA, Bujumbura.

https://youtu.be/7C-OFuKQB-A
28/08/2024

https://youtu.be/7C-OFuKQB-A

Turiko turabatembereza mu turere dutandukanye tw'igihugu cacu ubu twahereye ku murwa mukuru w'ubutunzi w'igihugu c'uburundi. Twobamenyeshako kandi dusanzwe d...

16/08/2024

TEMBERA MU GISAGARA CA BUJUMBURA URABE UBWIZA BWAHO UKWO BWIFASHE.

01/08/2024

[🏊] Amanota y’ibihugu vy’afrika mu mahiganwa yo kwoga ku metero 50

🇳🇬 Tobi Sijuade : 23,34
🇧🇮 Belly-Cresus Ganira : 23,80
🇿🇲 Damien Shamambo : 24,09
🇲🇼 Filipe Gomes : 24,11
🇪🇷 Aaron Ghebre Owusu : 24,25
🇩🇯 Houmed Houssein Barkat : 26,00
🇲🇷 Camil Doua : 26,02
🇬🇳 N’gane Elhadj Diallo : 26,45
🇹🇬 Magnim Jordano Daou : 26,55
🇧🇫 Souleymane Napare : 26,66
🇨🇻 Jose Tati : 26,66
🇬🇲 Ousman Jobe : 26,97
🇸🇱 Joshua Wyse : 27,11
🇨🇬 Freddy Mayala : 27,52
🇬🇶 Higinio Ndong Obama : 28,42
🇬🇦 Adam Mpali : 28,47
🇨🇩 Aristote Ndombe Impelenga : 29,04
🇬🇼 Pedro Rogery : 28,34
🇳🇪 Marouane Mamane Hamissou Abba : 30,66
🇨🇫 Terence Tengue : 30,96

🎥 Photo credit : MONDE ‎

 : Umukuru w’igihugu c’Uburundi   ahejeje kwemerera Ishirahamwe   kuzana internet ikorana na Satellite mu Burundi.======...
05/06/2024

: Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahejeje kwemerera Ishirahamwe kuzana internet ikorana na Satellite mu Burundi.
====================
Mu rwandiko yasinye kuwa 30/5/2024, Prezida NDAYISHIMIYE yamesheje ko atanze icese uruhusha kw’ishirahamwe « STARLINK SERVICES BURUNDI », rwo kuza no kurangurira imirimo yarwo ya internet ikoreshwa na Satellite, hano Burundi.

Prezida NDAYISHIMIYE yaciye asaba Umuyobozi arongoye ikigo kijejwe kugenzura imihora y’itumatumanako gufasha mw’ishirwa mu ngiro yiyo ngingo, kuva uwo munsi nyene isinyiweko.

Mwomenya ko iryo shirahamwe risanzwe rifise ubuhinga n’ubumenyi budasanzwe mu bijanye na Internet, aho henshi mu bihugu bakoreramwo batanga umuvuduko wa . Ni Ishirahamwe ryashinzwe n’umurwizatunga w’umunyamerika asanzwe ariwe arongoye urubuga rwa Twitter ( bita ), biciye mw’ishirahamwe ryiwe rikuru rya . Bikaba vyitezwe ko iyo internet izoshika hano mu Burundi guhera mu kwezi kw’indwi.

🔴 Stylozoff yakwije amezi atatu muri carrière yiwe y’Umuziki !!==================Uwo muraperi akiri muto, yinjiye mu mwu...
03/06/2024

🔴 Stylozoff yakwije amezi atatu muri carrière yiwe y’Umuziki !!
==================
Uwo muraperi akiri muto, yinjiye mu mwuga wo kuririmba , neza na neza itariki 1/3/2024, igihe indirimbo yiwe ya mbere yaja ku rubuga rwiwe rushasha rwa Youtube.

Mwese muramwibuka. Ni umwana yazananye igikundiro kidasanzwe mu bantu, aho aka vidéo kiwe ka mbere yakoze na Téléphone kahanahanywe hirya no hino, imbere yuko aronka abamushigikira.

Benshi babifata nka comédie , abandi bakabifata nko gufyina ariko uko iminsi yagenda niko yakura , aho mbere vyamuviriyemwo ikintu kinini, binamwugururira imiryango yo kwizerwa n’amashirahamwe agera kuri abiri ngo amenyekanishe ibikorwa vyayo.

Ku ndirimbo zitatu amaze gushira kuri urwo rubuga rwiwe rwa YouTube amaze kuronka abantu bagera ku bihumbi 33,3 vy’abamukurikira ( hofi ica 1/3 c’abasabwa kugirango aronke agashimwe ka mbere ka YouTube bita Silver Creator Award).

Nubwo ari mu buzima bugoye ( bw’impfuvyi), Stylozoff ni umwana afise ishaka ryo gukora cane kugirango agere kure. Eka no mu ndirimbo aririmba nibwo butumwa atanga : Kudacika intege, Guhanura Abantu ngo bakore, Bagire n’ivyiyumviro binini vyo kugera kure.

Buri muntu, arafise ico amuziko , n’ico yomuvugako bivanye n’ukuntu amubona.

Abipfuza gushikana kure ibikorwa vyiwe , mwobandanya mugira Subscribe ku rubuga rwiwe rwa YouTube muciye hano : 👉 https://youtube.com/?si=MmeOL8r6k6lbKesp

29/05/2024

🔴 Deal Done ✅: Umuraperi Stylozoff ahejeje kwizerwa n’igisata ca 1XBET Burundi gikorera ku mbuga ngurukana bumenyi kugirango bazokorane mu bijanye no kumenyekanisha ibikorwa vyo gutigira bisanzwe bitunganywa n’iryo shirahamwe. Bakaba bagiye kuzokorana mu kiringo c’ukwezi kumwe gushobora kwisubiriza.

Turamukeje !!

Tubifurije kugira impera z'indwi mu mahoro n'umunezero ntangere muhimbarwe hamwe n'abo mukunda.
24/05/2024

Tubifurije kugira impera z'indwi mu mahoro n'umunezero ntangere muhimbarwe hamwe n'abo mukunda.

Muri ino misi ubusuma bukorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi butera bwongerekana. Raba ividewo itugabisha kugira ntidushobo...
19/05/2024

Muri ino misi ubusuma bukorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi butera bwongerekana.

Raba ividewo itugabisha kugira ntidushobore kugwa muri uwo mutego.

Ubusuma bukorerwa kuri Internet bwabaye ndanse, muri iyi video ngiye kubereka ukuntu abantu bikika inyuma y'imbuga ngurukanabumenyi nka Facebook na whatsapp ...

Address

Boulevard MWAMBUTSA
Bujumbura
76605091

Opening Hours

Monday 09:00 - 22:00
Tuesday 09:00 - 22:00
Wednesday 09:00 - 22:00
Thursday 09:00 - 22:00
Friday 09:00 - 22:00
Saturday 09:00 - 17:00

Telephone

+25776605091

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when SaniGlob posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to SaniGlob:

Share