12/10/2019
IZI NI ZO NYAZO : MIND Z'UBUGESERA
^
^
$
^
^
Twari turi mw'ishuli :
_
Mwalimu : good morning les Élèves !!
_
Diamond platnumz : HELLO mp3
_
Mwalimu : mbega muribuka ko ejo tuzokora ibibazo umunani (8 interros) ku musi umwe ???
_
Bruce melodie : TUBIVEMO mp3
_
The ben : mwali, ariko wandinze gato nkasubira i Bugande kuzana sheebah kuko niwe musa mbona ya BINKOLERA mp3
_
* ubwonyene mwalimu aca abona butera knowless yaramaze imisi itatu ataza kwishule.
_
Mwalimu : knowless, ejo na hirya y'ejo ntiwaje kw'ishule, wari hehe ??? (amukarira cane)
_
Knowless : ese UJYA UNKUMBURA mp3 ???
_
King james : eeeeh mwali, bwabundi nawe wARAMUKUNDAGA mp3
(abanyeshule batangura kumwagressa)
_
The ben : ESE NI BYO mp3 ???,
RAHIRA mp3 ??
_
Knowless : BYEMERE mp3
_
(ishule ryumvikanamwo urwamo rwishi tutazi ivyarivyo)
_
Mwalimu : ubona nka wewe usa nk'uko ngo uri knowless nogukumburako iki ??
_
José chameleon : AGATAKO mp3
_
(buri wese yarari mw'iryo shule yaratwenze kugeza naho akumbagara hasi bumvise inyishu ya kamiliyoni)
_
* umwalimu yaramaramaye kugeza n'aho yumva umengo yota akazi akitahira ariko yanka kwitetereza mu bana,
_
Mwalimu : (kubw'ibimaramare vyinshi) : mbe mwibaza ko muri mw'isoko canke mu kabare ???
_
Christopher muneza : turi mw'IJURU RITO mp3
(naje naratwenze n'aho atariho narindi)
_
Mwalimu (n'ibimaramare mu maso) : mwahageze mute ??
_
Meddy : SLOWLY mp3
_
* mwigisha ararira, amajambo aramukamana, arifata mu mugongo, arunama, arunamuka, eka hose biranka,
_
Mwalimu : ariko koko abanyeshule bo ngaha mwafashwe n'IKI KOKO ???
_
Kitoko : AMADAYIMONI mp3
_
ABANYESHULE BOSE BASIMBIYE HEJURU KUNTEBE, MU MADIRISHA, EKA NTAWAJANYE N'UWUNDI KUBERA KWICWA NO GUTWENGA GUSA.
_
Vyabaye kuva kera mwalimu ishule kera yaripirutsemwo yiruka,,, nubu ntaragaruka kw'ishule,
_
Bruce melody ni we yasigaye aritwengera ngo : twebwe NTAKINYA ! aaa NTIDUKINA mp3
__
Irishule mubona atari irya viziyo (vision) urahawe ikaze kuza kwiga kwiri shule iwacu uyu mwaka,
_
=} kora
N