06/10/2026
RUYIGI, IKI NI IGIHE CAWE! 🔥
Woba warigeze wibaza uti: “Nokora iki kugira ntere imbere mu vy’ubutunzi, nkoreshe neza amahirwe mfise, kandi nubake kazoza kanje?”
None ntiwireke aya mahirwe akurengane!
📢 BUSINESS PRESENTATION – BURUNDI TOUR iraje mu RUYIGI!
Ni akaryo ko kwiga, kumenya amahirwe mashasha no kwagura uko ubona ubuzima ,amagara Meza,n’iterambere ry’ubutunzi bwawe.
Ntuzaze gusa kwumviriza…
👉 Ingo uronke ubumenyi bushobora guhindura uko ubona amahera,amagara meza n’iterambere ryawe.
👉 Ingo ubaze ibibazo nawe.
👉 Ingo uhure n’abantu basangiye inyota yo gutera imbere.
👉 Ingo utangure urugendo rwo kwubaka ubutunzi bwawe.
📅 Kuwa Kane, le 08 Octobre 2026
⏰ Saa 16h00 – 18h00
📍 Salle de la Paroisse – RUYIGI
🎯 Uyu mwanya ni uwawe. Ntuzohave wicuza ko utaje!
SHIRIRA KU MUTIMA:
👉 Amahirwe Iyo aje aho uri, yafata! 🔥
📲 TUMIRA n'uwundi muntu umwe ubona ko akeneye kumenya aya mahirwe.
RUYIGI, tubonane kuwa Kane! 🔥🔥
Andika NZOZA kuri +257 79 33 83 80 ou +25771242323