V y u m v e Nibi

V y u m v e Nibi V Y U M V E N I B I
AMAKURU UTAZI
IVYABAYE KERA
UBUHINGA UTAZI
1 video https://youtu.be/7jnCe3uLTmI

Zambia ๐Ÿšจ๐Ÿšจ Umugabo wo muri Zambia ariko arashimirwa na benshi bivanye n'ukuntu yakiriye umugore wiwe avuye kwibaruka ๐Ÿ‘๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ...
24/11/2025

Zambia

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Umugabo wo muri Zambia ariko arashimirwa na benshi bivanye n'ukuntu yakiriye umugore wiwe avuye kwibaruka ๐Ÿ‘๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Uyu mugabo yakoresheje ibikoresho bisanzwe vyari hafi maze yakira umugore wiwe n'umwana mushasha muri buno buryo .
Abatari bake kumbuga ngurukanabumenyi bariko baramushimira kuri kino gikorwa ciza yakoze ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Vyumve nibi

๐Ÿ’กUburundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ n'urwanda๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Aka kanyaAmatara amaze umwanya munini yacitse bivuye Ku kibazo c'ubuhinga nk'uko ishirahamwe rij...
09/11/2025

๐Ÿ’กUburundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ n'urwanda๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ
Aka kanya

Amatara amaze umwanya munini yacitse bivuye Ku kibazo c'ubuhinga nk'uko ishirahamwe rijejwe gutanga umuyangankuba mu Rwanda ryabimenyesheje ku mihora itanga amakuru yayo. No mu Burundi nta nikp vyifashe.

๐Ÿ’ฅTANZANIA๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ :Abantu bashika 9.069 bafatiwe mu migumuko mu gihugu ca Tanzaniya, abashika 7.651 ni abanyamahanga bo mu b...
08/11/2025

๐Ÿ’ฅTANZANIA๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ :

Abantu bashika 9.069 bafatiwe mu migumuko mu gihugu ca Tanzaniya, abashika 7.651 ni abanyamahanga bo mu bihugu vya Uganda, Kenya, Rwanda hamwe na Sudani y'epfo. Murabo banyamahanga, n'ukuvuga murabo 7.651, harimwo abanyarwanda 4.742

๐Ÿ”ด๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Perezida Fรฉlix Antoine Tshisekedi wa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo yagirije mugenzi we Paul Kagame w'uR...
03/11/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Perezida Fรฉlix Antoine Tshisekedi wa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo yagirije mugenzi we Paul Kagame w'uRwanda gushaka kwigarurira uburasirazuba bwa RDC akabuhomeka ku Rwanda.

๐Ÿ—ฃ๏ธ Yabivugiye i Cairo, mu Misiri, ku wa 2 munyonyo 2025, mu kiganiro yagiranye nโ€™abanye-Congo baba i Cairo.

Mu birori vyo kurahira kuyobora Tanzaniya, Samia Suluhu Hassan, yahaye icubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi avuga ijam...
03/11/2025

Mu birori vyo kurahira kuyobora Tanzaniya, Samia Suluhu Hassan, yahaye icubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi avuga ijambo ryiza nk'uwuserukira akarere kose ka EAC.

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ—ณ๏ธ : Umukuru wโ€™igiHugu cโ€™Uburundi ๐„๐ฏ๐š๐ซ๐ข๐ฌ๐ญ๐ž ๐๐๐š๐ฒ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ข๐ฒ๐žMuri Tanzaniya ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿซถ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ.  Uyu munsi mu gitondo cโ€™uwa 3Munyony...
03/11/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ—ณ๏ธ : Umukuru wโ€™igi
Hugu cโ€™Uburundi ๐„๐ฏ๐š๐ซ๐ข๐ฌ๐ญ๐ž ๐๐๐š๐ฒ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ข๐ฒ๐ž
Muri Tanzaniya ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿซถ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ.

Uyu munsi mu gitondo cโ€™uwa 3
Munyonyo 2025, Umukuru wโ€™Igihugu
๐—˜๐˜ƒ๐—ฎ๐—ฟ๐—ถ๐˜€๐˜๐—ฒ ๐—ก๐—ฑ๐—ฎ๐˜†๐—ถ๐˜€๐—ต๐—ถ๐—บ๐—ถ๐˜†๐—ฒ yafashe indege
Aja Dodoma, Tanzaniya, aho yitavye
Ibirori vyo kwimika Umukuru wโ€™Igihugu
Wa Tanzaniya, ๐—ฆ๐—ฎ๐—บ๐—ถ๐—ฎ ๐—ฆ๐˜‚๐—น๐˜‚๐—ต๐˜‚ ๐—›๐—ฎ๐˜€๐˜€๐—ฎ๐—ป,
Aheruka gutsinda amatora no gutorerwa
Kuyobora igihugu mu kindi kiringo.

๐Ÿค Ibi birori biragaragaza ubucuti
Nโ€™imikoranire myiza hagati yโ€™u Burundi
Na Tanzaniya, vyerekana uburyo ibihugu
Vyโ€™abaturanyi bishobora gukorana mu
Mahoro no mu kwubaka amahoro mu
Karere โœˆ๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ.

Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ. Mu gihe c'amatora n'inyuma yayo Abanyagihugu ba Tanzaniya  batanguje imigumuko imaze kwonona ibitari bike v...
02/11/2025

Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ.
Mu gihe c'amatora n'inyuma yayo
Abanyagihugu ba Tanzaniya batanguje imigumuko imaze kwonona ibitari bike vyubumatswe imyaka mirongo.

Amatora ya Prezida ejo yarateye akaga kandi abari mu myiyerekano barasaze mu mabarabara Ku buryo budasanzwe๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ’”

01/11/2025

We are back

26/07/2023

Vyumve nibi: Amazina y'Abami bose batwaye Uburundi ukwari 18

Address

Bujumbura, Rohero, 9รจme Av
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when V y u m v e Nibi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share