Consultant Archivistes Bibliothécaire Documentaliste

Consultant Archivistes Bibliothécaire Documentaliste Nos services archivage physique,électronique ,organisation et gestion des bibliothèques physiques

07/03/2026

🇧🇮 " Urugero rw'ubutunzi rwagumye ku bice 4%, ideni rya ku bice 16%, nayo igitigiri ngenderwako kigabanywa kugeza ku bice 10% "
--------------------------------------------------
🔴 Ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye ishirahamwe , mu gihe yariko ashikiriza iciyumviro ciwe ku cegeranyo giheruka gushirwa ahabona n'ibanki Nkuru y'igihugu . Faustin Ndikumana, yagize ati : " Nk’uko vyagaragajwe muri ico cegeranyo, biraboneka ko iterambere ry’ubutunzi bw’igihugu ryagumye ku bice 4%, ideni Reta yafashe ku bice 16%, igiharuro mfatiro ku mabanki cagabanuwe gushika ku bice 10%. Ariko ku rundi ruhande, inyungu amabanki aca ku ngurane zo zarongerekanye, amafaranga y’agaciro yariyongereye gatoyi, ivyo igihugu gishora hanze nk'ikawa biragabanuka, ivy’amabuye y’agaciro vyagumye hafi ku rugero rumwe "

🎙️ Arongera ati : " Ntibikwiye ko ibanki Nkuru igaragaza gusa ibiharuro yash*tseko ata nsiguro zerekana neza uko ibintu vyifashe mu buzima busanzwe bw’abenegihugu, n’ubutunzi bw’igihugu muri rusangi "

⏹️ Yibukije ko BRB ifise amabanga akomeye : gusohora amafaranga y’igihugu, kuyobora poritike y’amahera, kugenzura no gukurikirana ibikorwa vy’amabanki y’ubudandaji, n’ibindi bigo vy’amafaranga, kuba uwutanga ingurane ya nyuma ku mabanki y'ubudandaji mu gihe akeneye ubufasha

❇️ Yongeye amenyesha kandi ko ivyo bikorwa vyose bifise intumbero zibiri nyamukuru arizo : Uguhagarika iduga ry’ibiciro, kugira ibiciro bigume bihagaze neza n’ugushigikira iterambere ry’ubutunzi bw’igihugu, bisigura ko BRB ikwiye gushiraho poritike y’amahera ishobora gutuma haba uburinganire hagati y’imigendekere ibiri ikomeye mu vy’ubutunzi, kandi iyo poritike igashobora kugira ico ihinduye ku bintu bikuru bigize ubutunzi nk’akarusho k’umwimbu n’iterambere ry’ibikorwa

📌 Ku bijanye no kumanura "taux directeur", Faustin Ndikumana avuga ko vyari bikwiye gukorwa harabwe neza ibintu vyose bishobora gutuma iduga ry’ibiciro ryiyongera.

11/01/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Evans Maragia, Deja Cycy, Moze Sheta Kihongole

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Consultant Archivistes Bibliothécaire Documentaliste posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Consultant Archivistes Bibliothécaire Documentaliste:

Shortcuts

Share