Kinama Quartier Muyinga

Kinama Quartier Muyinga Turikumwe twese Birashoboka

Inama Y'Umutekano muri Quartier Muyinga yabaye itariki 15/05/2024.
16/05/2024

Inama Y'Umutekano muri Quartier Muyinga yabaye itariki 15/05/2024.

Umukuru wa Quartier MuyingaMunezero Cedric Yifurije Noël Nziza Abenegihugu Arongoye Muri Quartier Muyinga  numusi mukuru...
25/12/2021

Umukuru wa Quartier Muyinga
Munezero Cedric

Yifurije Noël Nziza Abenegihugu Arongoye Muri Quartier Muyinga numusi mukuru mwiza Kuba Christo Bose.

Aho ni muri Quartier Muyinga zone kinama Aho Urwaruka rwahora muburuhuko Aho rwari twagiye hamwe ruhabwa inyigisho zoguk...
11/09/2021

Aho ni muri Quartier Muyinga zone kinama Aho Urwaruka rwahora muburuhuko Aho rwari twagiye hamwe ruhabwa inyigisho zogukundisha uburundi Ubu akaba baranginje ivyo vyirwa Baciye bahabwa amakaye yishure Bibondo Tubifurije umwaka mwiza wishure mugiye gutangura umukama abaje imbere.

07/09/2021
APA Kazi tuuu
07/07/2021

APA Kazi tuuu

Ivyo vyari ibikorwa rusangi vyo kuwa 15/05/2021 vyari vyitabiriye abenegihugu
18/05/2021

Ivyo vyari ibikorwa rusangi vyo kuwa 15/05/2021 vyari vyitabiriye abenegihugu

Iteka nitungane kuri Bose muri Quartier Muyinga
14/04/2021

Iteka nitungane kuri Bose muri Quartier Muyinga

Address

Kinama Q. Muyinga
Bujumbura

Telephone

+25775369919

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kinama Quartier Muyinga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share