Rac rac

Rac rac Église Rac �

26/01/2021
17/01/2021

Itariki 17 Nzero 2021
IJAMBO ni: UMUNYU WISI
MATAYO 5:13 Mur'umunyu w'isi.arik'umunyu,iy'ushize uburyohe,uba ukiryoshwa n'iki? Nta co uba ukimaze atar'ugutabwa hanze ugakandagirwa n'abantu.bantu b'imana twumve umunyu ufise agaciro, Ariko agaciro kumunyu nukuko umunyu ushirwa muvyo wagenewe. Umunyu none n'iki ? Umunyu nishengero.ishengero iyo ritakaje uburyohe, ISI nabari hafi yishengero Bose baba umururazi,ico twomenya nuko Imana igomba ko ishengero ricika uburyohe gushika aho umwijima wose uvaho Uburyohe buganza.menyako ahuri, warizeye yesu,uri ishengero.zana uburyohe ahatari Uburyohe.mu kugororoka,mu kwezwa,mu gutungana,mu bwenge,mu magara meza,mu butunzi,mu ngeso.uwo niwo munyu mwarahezagiwe.

Address

Gihosha
Bujumbura

Telephone

+25776163020

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rac rac posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share