Amagara YACU, ubutunzi BWACU.

Amagara YACU, ubutunzi BWACU. Guteza imbere amagara yacu

*HÉMORROÏDES(INDWARA Y'IGISOKORO)* *Indwara y'igisokoro* ni imwe mu ndwara zikomeye cane kandi zibabaza kandi zisinzikaj...
20/10/2021

*HÉMORROÏDES(INDWARA Y'IGISOKORO)*

*Indwara y'igisokoro* ni imwe mu ndwara zikomeye cane kandi zibabaza kandi zisinzikaje benshi

*HÉMORROÏDE NI IKI?*

Ni indwara irangwa *n'ivyimba ry'imitsi* yo mugihimba gisohora umwanda mukuru *( A**s)* maze bigatera ivirirana ry'amaraso kandi rimwe na rimwe igasohoka hanze.

*UBWOKO BWA HÉMORROÏDES*

1⃣ *.Igisokoro c'indani ( Hémorroïde interne )*

2⃣. *Igisokoro co hanze ( Hémorroïde externe)*
*IBIMENYETSO(symptômes)*

*Kuri hémorroïdes internes:*

➖ Kuvirirana amaraso ugiye ku mwanda mukuru.
➖Gusasatwa ( démangeaisons) no kwakaka (inflammation) muri re**um indani.

*Kuri hémorroïdes externes:*

➖Udukomere kuri a**s
➖ Gusohoka kw'imitsi hanze
➖ Kwakaka kuri A**s (Brûlures)
➖Kubabara cane gose mu gisusu ndani.

Mu vyukuri iyo bigeze aho umurwayi aba abangamiwe birenze urugero kuko aba afise ububabare na cane cane iyo agiye ku mwanda mukuru.

*WOHITAMWO KWIVUZA GUTE?*

*Hari Inzira zokwivura:*

Kuja Kwa Muganga:

*baguha imiti y'ububabare canke ukibagisha.

*Kwibagisha* bikorwa mû buryo *butatu* bivanye nuko umuganga yasanze ikibazo c'umurwayi kimeze:

*1)* *Gukurako burundu* (Ablation compète) igihimba carwaye.

*2)Gukata ibice vyafashwe* ( ligature élastique des hémorroïdes)

*3)Gukuramwo aho amaraso yavuriye hakavyimba bakoresheje Rayon infrarouge*

❗Ivyo navyo bikaba bifise *ingaruka mbi nyinshi caane*

Wokwibagisha mugihe Inzira zose zanse atakundi uri bugire.

Gukoresha imiti k**a.

UMURWAYI YOKWIRINDA IKI?

➖ *Guterura ibintu biremeye.*
➖ *Ibirungo bikaze*(moutarde,ipiripiri…)
*Ibinyobwa bimwe bimwe* Icayi,ikawa,Inzoga,n'amafanta
*Indya zitera kugumbiza* ( Inyama,Amata,amagi,umuceri wera,imikate,amabenyi,ikirobeke,uburobe

*IMITI K**A IYIVURA*🥒🍾

Imiti k**a ibiheza ni myinshi caane dushobora gufashisha abarwayi batwituye.

Wipfuza ko twogufasha woca uturondera kuri:

Whatsap canke appel isanzwe: +25761224513 *HÉMORROÏDES(INDWARA Y'IGISOKORO)*

*Indwara y'igisokoro* ni imwe mu ndwara zikomeye cane kandi zibabaz

*INDWARA Y'UMUGONGO*_Indwara y’umugongo ni indwara ifatac ingingo z'uruti rw'umugongo ni ukuvuga aho agatirigongo kamwe ...
15/10/2021

*INDWARA Y'UMUGONGO*_

Indwara y’umugongo ni indwara ifatac ingingo z'uruti rw'umugongo ni ukuvuga aho agatirigongo kamwe gahurira n'akandi, ndetse igafata n'ibindi bice Vyegereye izo ngingo.

90% vy'abayirwaye vyaje kugaragara ko hari undi muntu wo mu muryango we wigeze kuyirwara(hérédité).

Ubusanzwe itangira mu bwana, ariko ibimenyetso vyayo bishobora kugaragara mu gihe c'ubuyabaga canke mbere yaho gato ikimenyetso gikunda kugaragara cane ku bafite ubu burwayi, ni ububabare (uburibwe bw'umugongo mu gice co hasi, cangwa mu mayunguyungu ahagana inyuma .
WATSAPP+TEL: *25761224513
#👉ESE IBIMENYETSO VY'INDWARA Y'UMUGONGO NI IBIHE?
(1) Kugira ububabare mu mugongo igice cyo hasi,
(2) Kuba ubwo bubabare ubumaranye igihe kirenze amezi atatu 3
(3) Niba hari igihe ubwo bubabare bukubuza gusinzira,
(4)Kumva ingingo zagagaye z’umugongo,
(5)Kugira umunaniro utari mwinshi.


Iy'indwara y'umugongo turayivura dukoresheje ingaburo k**a kandi igakira neza

Nawe niba ubana niyindwara cangwa haruwuzi ayirwaye watubwira tukamufasha
(*+25761224513 WhatsApp )

Rungira abandi ukize ububabare bwabenshi*INDWARA Y'UMUGONGO*_

Indwara y’umugongo ni indwara ifatac ingingo z'uruti rw'umugongo ni ukuvuga aho agatirigongo kamwe gahurira n'akandi, ndetse igafata n'ibindi bice Vyegereye izo ngingo.

90% vy'abayirwaye vyaje kugaragara ko hari undi muntu wo mu muryango we wigeze kuyirwara(hérédité).

Ubusanzwe itangira mu bwana, ariko ibimenyetso vyayo bishobora kugaragara mu gihe c'ubuyabaga canke mbere yaho gato ikimenyetso gikunda kugaragara cane ku bafite ubu burwayi, ni ububabare (uburibwe bw'umugongo mu gice co hasi, cangwa mu mayunguyungu ahagana inyuma .
WATSAPP+TEL: *25761224513*
#👉ESE IBIMENYETSO VY'INDWARA Y'UMUGONGO NI IBIHE?
(1) Kugira ububabare mu mugongo igice cyo hasi,
(2) Kuba ubwo bubabare ubumaranye igihe kirenze amezi atatu 3
(3) Niba hari igihe ubwo bubabare bukubuza gusinzira,
(4)Kumva ingingo zagagaye z’umugongo,

*SEZERA INGARUKA WATEWE NO KWIKINISHA* ✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼 * :+25761224513**LIVEN ALKALINE COFFEE NA C24/7 NIKI?* Ni ingaburo z...
12/10/2021

*SEZERA INGARUKA WATEWE NO KWIKINISHA*
✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼 * :+25761224513*

*LIVEN ALKALINE COFFEE NA C24/7 NIKI?*

Ni ingaburo zagaruye
Umunezero mu miryango ,cane cane mungo z'abubatse

Ubushakashatsi bwemeza ko *Liven Alkaline coffee na C24/7* zakoreshwejwe mumyaka 50 Ihise n'abantu bo mubihugu vy'Amerika y'epfo .Icobayikundira ni uko yatumye baryoherwa mu kurangura amabanga y'abubatse hamwe no mukugumana canke kugarukana ubushake (plaisir sexuel)
*Liven coffe Irimwo vitamine B1,B2 na C aho C24/7 irimwo ubwoko 29 vyama vitamine
*Irimwo ivyo bita fructose bitanga inguvu
*Ifise n'ico bita Alcaloyide naco gitanga inguvu haba kumugore canke kumugabo mugihe bahaye barangura amabanga y'abubatse* Ziratunze k**a bitaribike (sels minéraux) kuko Irimwo :calcium, magnésium, potassium, fer, zinc,cuivre,manganèse, iode,sodium,
Vyumvikana ko ikemura ibibazo vyinshi vy'umubiri.

Watsapp: *+25761224513*

•REKA TURABE IVYO LIVEN ALKALINE COFFEE NA C24/7 ZIDUFASHA:
👉Zirafasha cane cane abantu badashobora kurangura amabanga y'abubatse neza(combat l'impuissance sexuelle)
👉Zituma umugore agira amazi mugihe c'imibonano mpuzabitsina
👉Yongera inguvu umugabo n'umugore mugihe barangura amabanga y'abubatse (Endurance sexuelle)
👉Ifasha umugabo kudasohora intanga vuba (Éjaculation précoce)
👉liven coffee ifasha umugore gusama atakibazo (fertilité)
👉Zituma imikorere y'umubiri iba myiza (Équilibre les hormones)
👉Ifasha abahangayitse n'abafise agahinda (Aide dans le traitement du stress)
👉Ifasha abadamu bageze muri ménopause mugutuma impinduka z'umubiri wabo zidatera ibibazo
👉Zirafasha abadamu n'abakobwa mu kubarinda kubabara bari mumihango
👉liven coffee irwanya kwuma mugitsina gore
👉Zituma umugabo canke umugore agira ubushake bwo kurangura amabanga y'abubatse (stimule le désir sexuel )

*MN: KWIKINGIRA KURUTA KWIVUZA* @
PLUS D'INFO CONTACT: *+25761224513**SEZERA INGARUKA WATEWE NO KWIKINISHA*
✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼✍🏼 *Watsapp :+257 61224513*

*LIVEN

*💥💥💥💥🔥🔥🔥AMAKURU MASHASHA UGOMBA KUMENYA #*🔥🔥🔥🔥(+25761224513 )SINESITE NA ASIMA ZABONEWE UMUTI UZIKIZA BURUNDU💃💃💃💃Indwara...
11/10/2021

*💥💥💥💥🔥🔥🔥AMAKURU MASHASHA UGOMBA KUMENYA #*🔥🔥🔥🔥(+25761224513 )

SINESITE NA ASIMA ZABONEWE UMUTI UZIKIZA BURUNDU💃💃💃💃

Indwara ifatira inzira zubuhumekero itewe nudukoko twibasira tumwe muduce ndetse mudusabo twurwo rugingo kuburyo bukomeye cane ugatangura kubabara mugahanga,umutwe,mumazuru hanyuma ugahemuka insigane.

Bamwe babifata ukutariko kuko babwigwako zitakira ariko ukaba urwaye canke ufita umugenzi arwaye SINESITE canke ASIMA muhe amakuru canke wandike kuri iyi numéro WhatsApp ( +257 61224513 )

01/10/2021
Mwiriwe neza? Mbega Hari abagenzi woba ufise bagwaye izigwara  zidakira ukoresheje imiti yo kwa muganga: Diabète, Hypert...
26/07/2021

Mwiriwe neza? Mbega Hari abagenzi woba ufise bagwaye izigwara zidakira ukoresheje imiti yo kwa muganga: Diabète, Hypertension, Goutte, Arthrose(Problème d'articulation ,manque de Synovie, Rhumatisme , problème de dos ,....),Hémorroide ,Intestins, Estomac ,Asthme, Hepatite ,canke afise ikibazo ca Impuissance sexuelle(Faiblesse sexuelle ou Ej*******on précoce), etc..., Twebwe turashobora kubafasha, Ibihe vyiza. Tel
*What's app :+25761224513 .
Samuel Martin*.

Address

Smlhabonimana@gmail. Com
Bujumbura

Telephone

+25761224513

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amagara YACU, ubutunzi BWACU. posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Amagara YACU, ubutunzi BWACU.:

Share