07/11/2022
Uwutabona iyisi itera igana yitonde.Maze yihweze akagacapo!!!!!🤷🤷🏻♀️Boss wa Lumitel vyamusavye umwanya yubaka runo ruganda mubihugu bitandukanye kwisi.Ariko amaze kuruheza.Kiramuntu wese yisanga ariko akoresha Ama unité ya lumitel,yandika message za Lumitel !!!Ariko wumvengo wew ntibikeneweko urinda guteguza Boss yubatse urwo ruganda ariko wew ubwaw uza kwisanga uriko uramwinjiriza kandi atanabigusavye!!!! Akarorero Mu *Burundi* turenga *12millions* zabantu!!Dufateko *10millions* banditse message *imwe* ya *20fbu* mu *sekonda*(seconde) imwe. Ucuharura izo miriyoni cumi zabantu urwize na message imwe itwara 20fbu.( *10millions* x *20fbu* de *1* *SMS* *par* *seconde* !!!!!)Ucubona amahera twinjiriza Uwatanguje urwo ruganda rwa Lumitel.Kuba arumwe mugo abarikwakorana nabantu batandukanye kwisi!!!!Rero tujijuke maze tugende tureba ahisi igenda igana.Maze tugende twiga gukorera Murunani kuko niwo mushinge witerambere.👍👍👍
*Boss* *wa Lumitel* afata inguvu ziwe ndetse nizabandi bantu batuye kwinosi maze akabivyaza umusaruro.
Kandi aribintu bica mumuyaga abantu badashobora gutahura!!!
Kuber'iki ?
Yubatse uruganda kiramuntu wese ashobora kurwisangamwo kandi bikaba isogonda kuyindi!!!!
Rero tugende duhindura ivyiyumviro.
Mugihe umuntu ariko abereka umugambi urashe.
Tugende dukura *excuse* !!!!
Nyabuna turabe kazoza kacu kejo haza uko twobwirizwa kugaharanira.Kuko ureka gukora ivyoguteza Imbere ufatanije nabandi Murunani.
Turi hamwe twese birashoboka, wipfuza gukorana Nurundi gwaruka kwisi, Karibu muri groupe 👇👇
https://chat.whatsapp.com/KO6IAP7GPOA2pmzgcumQsa
Kuruwo wese yipfuz iterambere Karibu arahawe ikaze, kuko Isi iri igeze kumu vuduko munini witerambere.